Home > Amakuru > umutekano > Rumonge: Abantu 4 bahagaritswe inyuma y’urupfu rw’umupatiri
Rumonge: Abantu 4 bahagaritswe inyuma y’urupfu rw’umupatiri
Tuesday 3 July 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako patiri Pierre Claver Wendo yitavye Imana inyuma y’umwanya muto avuye mu bunywero bita Ndiriki aho yariko arivuna inyota.
Ayo makuru avuga kandi ko umugore bariko basangira ikinyobwa n’uyo mupatiri yitwa Aline NIHOKUBWAYO hamwe n’abandi 3 bakora murubwo bunywero baciye bahagarikwa ku mvo z’amatohoza.
IGIHE
Forum posts
3 July 2018, 13:28, by Niyonizigiye Jeremie
Mu Makuru Y Uyu Musi 03/07/2018 ,havunzwe Amakuru Yerekey Umuganga Avura Ku Gigimiza,ntiyatanze Adress Yaho Akorera.