IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge : Bane bafashwe mu matohoza y’abantu baheruka kwicwa

Rumonge : Bane bafashwe mu matohoza y’abantu baheruka kwicwa

mercredi 9 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Abantu bane nibo bamaze gutabwa muri yompi, mu matohoza y’abantu batatu baheruka kwicwa mu Rumonge. Abo bari mu minwe y’inyamiramabi bafashwe kuri uwu wa mbere.

Umukuru wa zone Ruteme amenyesha ko abo bose bafashwe baciye batwagwa i Magara, muri Komine ya Bugarama, mu ntara ya Rumonge.

Ayo matohoza ariko arakorwa akaba ari ay’abantu batatu bagandaguwe kw’igenekerezo rya 10 Gitugutu 2016.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.