Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge - Bururi : Abasore batatu bafashwe n’abajejwe umutekano
Rumonge - Bururi : Abasore batatu bafashwe n’abajejwe umutekano
jeudi 23 Ruhuhuma 2017, par
Abasore babiri bo muri komine Burambi, intara ya Rumonge bafashwe n’abasirikare mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu. Baciye bashikirizwa abajejwe igendereza mu Rumonge.
Uwutwara igendereza mu Rumonge aremeza ifatwa ry’abo basore, akavuga ko bakekwa ko batunze inkoho.
Uwundi musore agira gatatu wo muri komine Rutovu mu ntara ya Bururi yafashwe nawe nyene kuri uwu wa gatatu, abajejwe umutekano bakaba bamufatiye mu bunywero, ariko umuryango wiwe ukaba utarabwirwa ico yafatiwe.
IGIHE
Messages
24 Ruhuhuma 2017, 05:27, par Morodikayi Jon
Nonegayemwe biraciyingani, imisore yose itarimumbonerakure nukuyihereza kumacuniro? none babafatanye inkoho zingahe? niwa mugambi wa herode woguhonya abana bimisore bose bo mu Burundi.