Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge : Umukukuruke mu gisirikare (Ex-FAB) yatowe ikiziga
Rumonge : Umukukuruke mu gisirikare (Ex-FAB) yatowe ikiziga
vendredi 10 Ntwarante 2017, par
Diomede Bizimana, umukukuruke wo mu gisirikare ca Reta (ex-FAB) yatowe ikiziga muri komine Burambi, intara ya Rumonge.
Uwo yatowe ikiziga yari amaze indwi yose aburiwe irengero.
IGIHE
Messages
10 Ntwarante 2017, 11:48, par FNL
Genocide y’Abatutsi irabandanyije mu Burundi,UN yabivuga mugasimbira kw’isunzu ry’inzu, akari inyuma karahinda
10 Ntwarante 2017, 17:57, par Nini
Ahubwo,akazikabaheranye.Barambiwe,nukwirigwa Bahagaze Mwibarabara.Jenumva Arikokazi Basigaye Bafise.Bazinduka Kuraba Komwahejeje Gukoropa.Mucamubaha,akazi.
11 Ntwarante 2017, 02:47, par mzoyihera intagoheka
Basha nukuri petero Nkurunziza atabamaze bose! mwibuke koyigeze kuvuga yuko sewiwe bamwishe 72 nicogituma ya fashe intumbero yo kwihorera sewiwe. Ikivyemeza kwarivyukuri, ninde arumva Nkurunziza Petero yi yamiriza ubwicanyi buriko bukorwa ngaha muburundi? iyohagize uwunyurujwe nikiporisi ciwe baca agatorwa ikiziga, nawe ategura gutanga ubushimwe kubakoze icogikorwa kigayitse.
11 Ntwarante 2017, 10:03, par KARIMUNDA
NI BABIGIRE BAZOBIBONA!
12 Ntwarante 2017, 12:19, par fabrice
ewe birikunda akokarimi kawe kazogukwegera
24 Gitugutu 2018, 09:25, par niyonkuru shukuru
nitwihangane twese kuk twamukunda twese nitwihangane