Home > Amakuru > umutekano > Rutana :Amazu 25 y’ubundarizo n’ibidandazwa vyarimwo vyahiye (...)
Rutana :Amazu 25 y’ubundarizo n’ibidandazwa vyarimwo vyahiye biratokombera.
Saturday 16 June 2018, by
Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga ibiza, Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko uwo mucanwa wadutse nk’igihe c’isaha zitanu z’ijoro, kur’uyu wa gatanu, igenekerezo rya 15 Ruheshi 2018.
Pierre NKURIKIYE avuga ko gushika mu gatondo ko kur’uyu wa gatandatu, icatumye uwo muriro waduka kitaramenyekana.
Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga ibiza, Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko amatohoza yamaze gutangura kugira hamenyekane icatumye uwo muriro.
Vianney BIKORIMANA
Forum posts
16 June 2018, 12:28, by Niyukuri
Nukuri iyonkuru yomu rutana irababaje gose ariko nibarabe hakore amatohoza yihuta iyonkozi yikibi ikamenyekana nimba vyakozwe numuntu? Naje ndi mu rutana.