IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi : Amakinga 5 akekwa ko ari ayibwe yafashwe n’igiporisi

Ruyigi : Amakinga 5 akekwa ko ari ayibwe yafashwe n’igiporisi

vendredi 10 novembre 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko amakinga atatu yafatiwe ku mugabo azwi kw’izina rya NKURUNZIZA nk’igihe c’isaha icumi na zibiri z’umugoroba kur’uyu wa kane, aho nyene hakaba hatowe n’ivyuma vyinshi bifasha mu gukora amakinga.

Ayo makuru nyene amenyesha ko ayandi makinga abiri yafatiwe kwa Marius NTAHOMPAGAZE aba ku mutumba Vumwe nyene.

Abo bagabo uko ari babiri bose bari mu minwe y’igiporisi, ku mv z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.