IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi : Imifuko 63 y’umwavu w’ikizungu yafashwe igomba yinjizwe muri (...)

Ruyigi : Imifuko 63 y’umwavu w’ikizungu yafashwe igomba yinjizwe muri Tanzaniya

lundi 30 octobre 2017

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi n’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE amenyesha ko iyo mifuko yafashwe igomba yinjijwe mu gihugu ca Tanzaniya n’abantu indwi hakoreshejwe amakinga yabo indwi.

Pierre NKURIKIYE avugira igiporisi c’Uburundi amenyesha kandi ko abo bantu indwi bafashwe n’ayo makinga yabo,ubu amatohoza akaba yamaze gutangura.

Umuvugizi w’igiporisi akavuga ko ico gikorwa cakozwe mu ntumbero yo kurwanya urudandazwa rwa magendu.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.