IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ryansoro : Umutama w’imyaka 75 yatowe ikiziga mu nzu yiwe

Ryansoro : Umutama w’imyaka 75 yatowe ikiziga mu nzu yiwe

jeudi 28 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo mutama yari asanzwe yarapfakaye yiyahuye mu gihe atahuza n’abana biwe kuvyo yari yabasavye vy’uko yozana uwundi mugore, bikavugwa ko yoba yiyahuye kubera ishavu kubera abo bana biwe bari baramwankiye ko yozana uwo mugore.

Uwo mutama ashingurwa kuri uwu wa kane.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • ARAKARWANINKWI NAMBA ARAKAROGE ICO GUSA ABATAMA BAKURA NTIBABONE KO BAKUZE

  • Nabobana biwe ntandero bafise nantoya,sowawe ntaburengazira nabumwe ubufise bwokumubuza kwakora icumutima wiwe wifuje!, ariko urashobora kumubuza kwagurisha itongo nyumuryango,
    Ariko kumubuza kwanezereza umubiri wiwe never.
    Ndagaye nyakwigendera, kuko umuti wikibazo sukwiyahura, none koyiyahuye umugore yagomba ya muronse? ahimbambewe ahubwo yi teyibibazo bisumba nivyo yarafise kuko agiye kubazwa icaha cokwiyaka ubuzima.
    Nkaboneraho gukebura abantu babashingantahe , ntamugabo murugo nubwo yoba ageze muzabukuru ategerezwa kwihesha agaciro murugo, ntategekwe nabana,
    mbeko bamubuza ngontarongore nabonyene ntibakirongora barahevye?
    erega burya ntawubuzuwundi icatahevye, mubabegereye murabambariza kwa bagore babo babirukanye batakirikumwe iyo mihimbiri.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.