Accueil > Amakuru > umutekano > Somaliya : Abasirikare b’Abarundi bakozweko igitero
Somaliya : Abasirikare b’Abarundi bakozweko igitero
mercredi 8 Ruhuhuma 2017, par
Abasirikare b’Abarundi barungitswe kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya bakozweko igitero n’abarwanyi ba Al Shabab, hagati mu gisagara kuri uwu wa kabiri. Amakuru ava muri Somaliya avuga ko abasirikare 12 mu bariko barakizura nibo bakomerekejwe n’igisasu, babiri muribo baca bitaba Imana, ivyo mu gisirikare c’Uburundi batemeza.
Igisirikare c’Uburundi kiremera ko abasirikare b’Abarundi batewe, ariko bakavuga ko abasirikare icenda aribo bakomeretse, batatu muribo akaba aribo bakomeretse bikomeye.
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa gatatu, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Colonel Gaspard BARATUZA yamenyesheje ko ico gitero cabaye nk’igihe c’isaha zitanu kuri uwu wa kabiri, abasirikare b’Abarundi bakaba barasanye n’abarwanyi ba Al Shabab mu kiringo c’iminota mirongo ibiri.
- Colonel Gaspard BARATUZA, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi
Abanyagihugu baba mu micungararo y’ahabereye ico gitero bagiriza umugwi al-Shabab ko ariwo wakoze ico gitero, kuko wari wagabishije kuzodurumbanya amatora yatanguye muri ico gihugu.
Muri ico gihugu ca Somaliya, bari mu matora y’umukuru w’igihugu kuri uwu wa gatatu, hakaba hafashwe ingingo zikomeye z’ugucungera umutekano. Abanyamiduga basabwe kutinjira mu gisagara ca Mogadishio, amabarabara nayo arugagwa kubera ayo matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe. Uwatsinze amatora akaza kumenyekana kuri uwu wa gatatu ku mugoroba.
Abakandida barenga 20 nibo bagwanira ikibanza c’umukuru w’igihugu, batatu ba mbere bagasabwa kuja mu matora ya kabiri, babiri ba mbere muribo bakaja mu matora ya gatatu ari nayo ya nyuma.
Umukuru w’igihugu w’ubu Hassan Sheikh Mohamud ari mu bitoza, bikavugwa mbere ko ashobora kuja muri ayo matora ya nyuma.
Ayo matora abera ku kibuga c’indege [ikibanza conyene cizewe ku mutekano], abashingamateka bagahuriraho kugira batore umukuru w’igihugu mushasha.
IGIHE
Messages
8 Ruhuhuma 2017, 14:50, par Munyaneza dieudonne norbert
Emwe ndaziko nabasoda babarundi batoroshe usanga nababateye baramerewenabi.
8 Ruhuhuma 2017, 14:58, par Mwumba
Ivyo bitero vy’abiyahuzi ko batevye kuvyegeka k’u Rwanda!!hhaahh
8 Ruhuhuma 2017, 16:37, par Mukristumurugendo
Ariko sha Mwumba, mbeburya birya urwanda rwakoreye uburundi vyarakunezereje?
Rekandakubwire nti’ Imana ikubabarire ahuri hose kandi nizereko bizoguharurwako kugatwe kawe.
8 Ruhuhuma 2017, 17:24, par umutoni
wowe wasama ngo uraseka abanyarwanda bo ni bapfira soudan na centra africa wowe mwumba ufite tete vide
8 Ruhuhuma 2017, 18:37, par Proud to be rwandan
Baratuza ko yibagiwe kubyagiriza u Rwanda?
8 Ruhuhuma 2017, 18:58, par Banzubaze
@Mwumba
Erega ni benewabo!
8 Ruhuhuma 2017, 22:27, par TOBIAS
ABASIRIKARE BUBURUNDI BABE MASO BABWICE UBUSHABABU BWOSE
8 Ruhuhuma 2017, 22:38, par Frak
Iyo muduha amakuru muze mwibuka ko hari abarundi batari muburundi nayasoma.
Ikirundi kizakirahinduka.uvuze NGO abasirikare bari gukizura ntivyorihera Bose gusobanukirwa ICO ibuzr
9 Ruhuhuma 2017, 01:21, par Mututsimwiza
@Mwumba(igiceri).Alshebab nibene wanyu b’ibyihebe. Ngira ubu uri kunywa urwagwa wa Mujeri we. None waretse kumena amaraso ukihana. Kuko uradusebya twe abatutsi.
9 Ruhuhuma 2017, 21:48, par NADALE
Abasrikal Bi Burundi Nintwari Al Shabab Bayivugutire Umuti Uyi Kwiye
10 Ruhuhuma 2017, 00:01, par Madjalibu
@Mututsimwiza na Umutoni mbe ko mubwira nabi Mwumba harico yabeshe?muri leta y’u Burundi akabaye kose ngo ni u Rwanda, erega Abarundi imbere y’Abanyarwanda turasuzuguritse, turazira DD ntakindi
10 Ruhuhuma 2017, 10:22, par Muduri
Mwumba=Petit mujeri.
10 Ruhuhuma 2017, 13:13, par Yoni
ABbo Basirikare Bo
10 Ruhuhuma 2017, 22:24, par Thaddée
Abasirikare Buburundi Babe Maso Barya Bagesera Ntibasubire Kubaca Muryahumye
11 Ruhuhuma 2017, 16:09, par JULIEN
@Mwumba= Genocidaire Tutsi qui a la nostalgie des massacre de 1972.
11 Ruhuhuma 2017, 18:53, par ISAAK
TULABAHOJEJE
12 Ruhuhuma 2017, 12:04, par Isaac
Babe Maso
12 Ruhuhuma 2017, 12:14, par Youn
Ni Bihe Pole
12 Ruhuhuma 2017, 12:23, par Isaa
Pole Sana
12 Ruhuhuma 2017, 17:16, par Butoyi
@muduri. None uhaze impengeri zi Mahama utangiye gutuka Mwumba kandi ari umu Sans Echecs(Al shabab) mwene wanyu !!! Ba MUJERI ntabwenge mugira....
13 Ruhuhuma 2017, 14:08, par Andoulaziz sheikh
Imana rugiravyose nyene inguvu nyene imbabazi ibongererez inguvu abavandimwe bacu bashobore kurenzako ibitero kurizo ngurube zabarundi bose bazosubir iwabo ari imirambo.
14 Ruhuhuma 2017, 21:29, par Tuyisenge
Turungikire Izindinkuru