Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubushikiranganji bw’ubutungane bwagabishije abacamanza barya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ubushikiranganji bw’ubutungane bwagabishije abacamanza barya (...)

Ubushikiranganji bw’ubutungane bwagabishije abacamanza barya ibiturire

mardi 29 mai 2018

Nestor KAYOBERA avuga ko, mu gihe hagiye gutanguzwa isekeza ry’ishirwa mu nzira ry’imanza, bahisemwo kugabisha abacamanza, kuko hari imyifato mishasha yo kurya igiturire yibonekeza mu gisata c’ubucamanza.

Umuyobozi mukuru ajejwe iringanizwa ry’ubutungane mu bushikiranganji bw’ubutungane, avuga ko abacamanza 21 bamaze kwirukanwa mu kazi, kubera ukurya igiturire, hakaba n’abandi bapfunzwe mu mabohero atandukanye, harimwo n’abashashe mu rubanza rumwe bose bapfunzwe kubera igiturire.

Nestor KAYOBERA, avuga ko ubu ico abarundi bakeneye, ari ubutungane bukora neza, butunganiriza bose, kandi ataho buhengamiye.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.