Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo gukundisha igihugu (...)
Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo gukundisha igihugu ku bamenyeshamakuru
Tuesday 30 October 2018, by
Murizo nyigisho zo gukundisha igihugu,umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yasavye abamenyeshamakuru gukoresha ubwenge mu mwuga wabo hamwe no gushikiriza ivyubaka igihugu mu kugiteza imbere.
Iruhande y’abamenyeshamakuru izo nyigisho zitabwe kandi n’abavugizi b’inzego zose z’igihugu hamwe nabo mu kigo kijejwe gucungera uko ibimenyeshamakuru bikora mu gihugu c’Uburundi CNC(CONSEIL National de la Communication).
IGIHE
Forum posts
4 November 2018, 19:32, by Manweri Nyabenda Batazira Bizoza
Andika hano Amahoro Nyakubahwa Petero Nkrunziza Ndabashimiye Kubikogwa Mwama Mwaranguriye Uburundi Nabarundi Kunyigisho Muherutse Guha Abamenyeshamakuru Mukwiye Kubahorahafi Kuko Abamenyeshamakuru Bameze Nkumuriro Wakira Hagufi Yishamba ( Bisobanura Abumva Nabavuga) Murakoze.
10 November 2018, 17:41, by Tugarukire Amahoro Prosper
Murakagira Iteka N’itekane Banyakwubahwa Kunyigisho Zogukunda Igihugu Mwama Muratanga.