Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uwahoze ari buramatari wa Bubanza yagenywe kuba umwunganirizi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Uwahoze ari buramatari wa Bubanza yagenywe kuba umwunganirizi

Uwahoze ari buramatari wa Bubanza yagenywe kuba umwunganirizi

Friday 5 October 2018, by vianney

Uwahoze ari buramatari w’intara ya Bubanza Tharcisse NIYONGABO yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati

Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu rimugena inomero 100/149 ryo kw’igenekerezo rya 4 Gitugutu 2018 rimenyeshako Tharcisse NIYONGABO agenywe mu mabanga yo kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.