Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’igihugu yakoranije inama nshikiranganji
Umukuru w’igihugu yakoranije inama nshikiranganji
Wednesday 19 September 2018, by
Zimwe murizo nteguro zitanu hariho iyijanye n’itegeko ritunganya gushasha ubushikiranganji bwo kwivuna abansi no gukurikirana abahoze k’urugamba hamwe n’itegeko rijanye n’iyinjira ry’igihugu c’Uburundi mw’ishirahamwe mpuzamakungu rikoresha umuyagankuba uva kw’izuba.
Iyindi nteguro yari ku rurwo rutonde n’irijanye n’umugambi wo kubaka inyubakwa ikomeye bita “Mall” hamwe n’ibindi.
IGIHE
Forum posts
24 September 2018, 19:01, by Sindayigaya cleophas
Nyenicubahiro nakomeze ibikorwa vyiza turamushigikiye