Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuntu umwe yahitanwe n’amasasu mw’ishamba rya Rukoko - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umuntu umwe yahitanwe n’amasasu mw’ishamba rya Rukoko

Umuntu umwe yahitanwe n’amasasu mw’ishamba rya Rukoko

lundi 15 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Ayo masasu yumvikanye yari ay’abasirikare bariko bakizura mw’ishamba cimeza rya Rukoko barasanye n’umurwi n’abantu bitwaje ibirwanisho bahuriye muri iryo shamba.

Umurwi w’abo bantu bahuriye mw’ishamba n’abasirikare b’Uburundi bariko barakizura ntiwamenyekanye.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.