Accueil > Amakuru > umutekano > Lieutenant Colonel Ngendahimana : "Nta muntu abasirikare b’Urwanda (...)
Lieutenant Colonel Ngendahimana : "Nta muntu abasirikare b’Urwanda barashe"
lundi 31 Gitugutu 2016, par
Abajejwe intwaro mu ntara ya Kirundo bemeza umunyagihugu w’umurundi azwi kw’izina rya Ramadhan Nzitunga yahora aba muri komine Busoni, intara ya Kirundo yishwe arashwe n’igisirikare c’Urwanda. Ku ruhande rw’Urwanda bariyamiriza ivyo bagirizwa.
Nk’uko bishikirizwa na Marie Claudine Hashazinka, Musitanteri wa Komine Busoni, uwo Ramadhan Nzitunga yariko araroba mu kiyaga Rweru, ari kumwe n’abantu bantu babiri, akaba yarashwe n’abasirikare b’Urwanda kuri uwu wa gatandatu, igihe c’isaha imwe n’iminota mirongo itatu z’agatondo. Ikiziga c’uwo munyagihugu cakuwe mu kiyaga Rweru n’abaporisi b’Uburundi.
Igisirikare c’Urwanda cahakanye ivyo vyashikirijwe n’abajejwe intwaro mu ntara ya Kirundo. Lieutenant Colonel René Ngendahimana, umuvugizi w’igisirikare c’Urwanda amenyesha ko ivyashikirijwe n’Uburundi bitandukanye n’ukuri.
Mu kiganiro yagiranye na bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru IGIHE mu Rwanda, Lieutenant Colonel Ngendahimana yatangaje ko ata muntu ingabo z’Urwanda zigeze zirasa, ahubwo ko zarashe mu kirere kugira abarovyi b’Abarundi bari mu gice kitemerewe kurobwamwo, basigure impamvu bariyo.
Yagize ati : “Nta muntu abasirikare barashe. Hari abantu bagaragaye kuri Rweru ahegereye umupaka w’u Rwanda mu gitondo cyo kuwa Gatandatu. Abasirikare bari bacunze umupaka nkuko bisanzwe, bababonye kuko ari n’ahantu hatemewe kurobwamo, barasa mu kirere bashaka ko bigira hino ngo bababaze icyo bakora mu mazi.”
- Lieutenant Colonel René Ngendahimana, umuvugizi w’igisirikare c’Urwanda
Yabandanije avuga ko ingabo z’Urwanda zarashe mu kirere mu ntumbero yo kwihaniza, maze umwe muri abo barovyi b’Abarundi ava mu bwato arabegera abasigurira impamvu.
“Umwe muri abo ava mu bwato aza asanga abo basirikare aje kwisobanura. Banamusanganye amafi yari yarobye muri ayo mazi ariko andi mato abiri abari bayarimo bibira mu mazi basubira hakurya.”
Ku kibazo c’umunyagihugu w’umurundi wishwe arashwe n’ingabo z’Urwanda, Lieutenant Colonel Ngendahimana yagize ati : “Nta muntu abasirikare bigeze barasa, barashe mu kirere bashaka kubaburira ngo bigire hino kugira ngo bisobanure cyangwa se ngo basubire inyuma. Umwe muri bo araza n’ubu ashobora kuba akiri ku ruhande rwacu. Nta musirikare wigeze arasa umuturage uwo ariwe wese. Ibyo turabimenyereye ni bya bindi bisanzwe biba hakurya hariya.”
Tubibutse ko mu mpera z’ukwezi kw’umunani hari Abarundi babiri bishwe barashwe n’igisirikare c’Urwanda, ku butaka bw’ico gihugu. Abo bantu bari kumwe n’abandi bari bagiye kudandaza umwimbu w’imboga n’intore mu mpisho mu gihugu c’Urwanda.
Abo bishwe n’ico gisirikare c’Urwanda ni Fidèle Niyonkuru w’imyaka 25, hamwe na Jérémie Nyabenda w’imyaka 23.
IGIHE
Messages
31 Gitugutu 2016, 11:45, par Paul dusenge
TUZIHORA RINDIRA GATO UBBURUNDI SIKONGO
31 Gitugutu 2016, 12:27, par Medy One
Kagome Arasubiriye Kudukora Munda Ga Yemwe ?? Barindire Gato Abarundi Turi Maso!!
31 Gitugutu 2016, 12:31, par Rudahunga
Ntabwo ingabo zacu zica abasivire ni ngabo zikora kinyamwuga muzaze murebe uburyo ziba zihagaze neza i kigali ubuse abasirikare ba Kongo bahora bambuka umupaka bagasubizwa iwabo ko ntawubarasa mureke gusebya RDF ni gisirikare kiyubashye ku isi. Cyokoza nyine uzaza guhungabanya umutekano byo byo simbahishe RDF izamufugutura umuti ukarishye. Abarundi mureke amatiku turi abavandimwe
31 Gitugutu 2016, 13:01, par Karorero
Eeeeeee!!!!ukicokoza nduki usitow nduki,abanyaru bariko barawatsa bawatse neza ntibigiy kuborohera uwuza gusiga uramurorera kand akatarets kaba gasema nij mbibabwiy umus umugaba w’ingabo Nkurunziza yatanze uburenganzi tuzosiga atabuy rigerets kurindi ikigali dusige dushizeho governement nshasha.
31 Gitugutu 2016, 13:05, par kamaro
uru ruzingo KAGAME icorushaka kubarundi ruzakibonatu, azapime arase kabasirikare arabe nihazabonako turyamiyamajanja ruriyaruzingo tuzarumesa.....ngoyatu
31 Gitugutu 2016, 13:23, par Radius
Abanyarwanda bazokwama ku kinyoma ariko amakungu yaramaze ku bahinyura, rero Barundi nukuba maso kuburyo abo banyarwanda badasubira kuduca muryahumye muhagarare neza nka bene Ntare Rugamba. Urwanda ntanarimwe rwigeze ruzinda Uburundi. Abo basoda ba banyarwanda bataguye kwambuka baza mu mazi y´abarundi muce mu bimenyesha abasoda ba barundi bace babereka ico imbwa yaboneye ku mugezi
31 Gitugutu 2016, 14:18, par .
Nahoranumva bavugango ububutegetsi bwurwanda burungowe na Kagame ngobugizwe nukobesha ngoniyo bogutwara ikintu bakaba bakigifise ngoborahira bakarengwa ngontacotwatoye aharero ndavyeneye nabambere final yokubana nububutegetsi biraheze irageze bye bye.
31 Gitugutu 2016, 14:21, par Barris
Aka n´agasema Kagame ariko arikwegera ashobora kugira Heart attack kuri arya magara yiwe aca asezera isi.
31 Gitugutu 2016, 15:25, par vip
uburundi nurwanda konziko turabavukanyi kuricicuka mana tubake est frica yacu
31 Gitugutu 2016, 15:43, par Strong Rwanda
@Radius!batangurire wambuke tubamanyure,hari ibyo mutazi twe tuzi,izo nterahamwe turazizi imwe kur’imwe, tutawacoma
31 Gitugutu 2016, 16:08, par Alexis
Uwutazakabi Ahenera Umuriro Nibarendegere Harigihe Bazoryama Mugatondo Bazovyuke Basanga Vyahindutse Tuzobavugutire Nkawamuti Watuma Kirundo Hitwa Kirundo Abene Gihugu Ntibaribagira Kurwanisha Amacumu Ninkinzo
31 Gitugutu 2016, 16:14, par uwubakebuye
MUSHISHIKARE kugiriranira amahoro nt abantu bose.banyarwanda nimureke basha ntimusubire gusomborotsa abarundi.mbe aho mwarasa ngo bishikane mwari mu ntambara ?mwari mwarabigishije tactique militaire ko bari abarovyi?bwabundi ntagisoda muzi.ndabakebuye geza aho!abarundi barakara.WE ARE PARDON YOU
31 Gitugutu 2016, 17:50, par Cartier
ivyarivyo vyose aba basoda ba banyarwanda baratinya abasoda ba barundi kuko bacabiruka bagaturwa nayo.
31 Gitugutu 2016, 19:23, par Guhendahendabirase
Ndumiwe ahogupfuma badambikanya bakavuga ko arisanganya none uwonawe ngontivyabaye ngontawobarashe baganyuruza namugenziwiwe!
31 Gitugutu 2016, 19:38, par Jimm
Ni Bareke Kubesha Hubwo Abajejwe Umutekano Nibarabe Neza Kuko Abanyarwanda Barashaka Kudukora Munkovu
31 Gitugutu 2016, 19:55, par ZURU
MUTAMA ,WACU TUREKE,DUVYETE,IYONKARA,KAGAME,NABANDI,BAZOGIRICOBUBAHA TWIHANGANIYE,VYISHI,NUMUSUMWE,TWOBATWAMUKUZANI UBUJUMBURA AKANURA,CANKE,TWAHEJEJE
31 Gitugutu 2016, 22:01, par Emmanuel
Abanyarwanda Turazinanye Ahobihakana Ngontamuntu Warashwe Nigisirikarecurwanda Iyobumunya Umwebwari Ikindi Kandi Kandi Nibashishikare Barase Ariko Bamenye Ko Arinko Gupfukura Uruphu Ahorwiryamiye Kandi Imisiyose Sikuwamungu Shishikara Mutuvyo Nge Muzotubona Kuko Harigihe Mutwuvya Kumatwi
31 Gitugutu 2016, 22:33, par Nze
Banyarwanda Nukuri Simbabesha Ndabakebuye Nkabavandimwe Mureke Gukinisha Abarundi Uwomuntu Mwaramurashe Ariko Murasa Abasivire Abobasoda Sibo Twebwe Nimubandanya Tuzorungika Imbonerakure Kandizikoresha Izonkoho Zanyu KukotUvuze Ngoturungike Abasoda Ntabuye Narimwe Ryosigara Rigeretse Kurindi Ridasamburiwehasi Murwanda
31 Gitugutu 2016, 23:06, par IREMA MAWAZO
BABIKORE BIYEMEJ ARIKO NDABONA KO ABANYARWANDA ATAMVUGAKURI ZIRIMWO NO MUKUMUNANI BARIBARAHIYE KATARIBO BISH BARYA BARUNDI GEZAHO KAGOME W! UREKE GUKORINGW MUJISHO!
1er Munyonyo 2016, 00:09, par innocent
Abasangiye ubusa bitana ibisambo murarebe neza
1er Munyonyo 2016, 06:01, par jean
ntabwo u Rwanda turi abicanyi cg abakubaganyi.gusa twanga agasuzugura kaganisha k’ubushotoranyi. uwariwe wese uzashotora igihugu cyacu azakubitwa bihagije.ntazamenya ikimukubise.kandi nongere mbamenyeshe ko twababaye bihagije.ntibizasubira namba.never again.
1er Munyonyo 2016, 07:03, par Assassin
Yemw Kagam Ntiyumva! Arasubiriy Rindira Burya tuzomumesa Nigisoda Ciwe!
1er Munyonyo 2016, 08:10, par kana
Ntabwo muri maso ahubwo muri umunwa gusa gusa
1er Munyonyo 2016, 09:46, par FNL
Jewe murantwenza ngo u Burundi bworwana n’U Rwanda,amahera ya bourse muri Kaminuza y’u Burundi yakuweko,leta ntiihemba abasoda, umupfu ntiyinukira kweli,ujinga mzigo
1er Munyonyo 2016, 13:20, par Sabumukama Prudence
Nukwihangana’kuko ?Abobafashe Badahanwa urwanda rwo ntimurubeshere nikinyoma
1er Munyonyo 2016, 15:44, par Eric Nduwimana
Nivyo Kayemwe?
1er Munyonyo 2016, 20:50, par turaje
twababwiye ko u Rwanda tutazi kuvuga amagambo menshi cg kwirirwa dusakuza ahubwo ibikorwa birivugira nundi wese uzasomborotsa u Rwanda azakabona
1er Munyonyo 2016, 20:57, par RWASA
ABA NYAGWANDA NIMBWA
1er Munyonyo 2016, 23:36, par alia
haaaaa haaaaa ngo muzo mumesa kagame? none ko mutanyarutsa !!
2 Munyonyo 2016, 10:58, par hassy
Ibyo si ibisanzwe ko umuntu yarahasize ubuzima Mr.colonel.
2 Munyonyo 2016, 11:36, par 2h
Birababaje kumva nyakubahwa Colonel afise amabanga akomeye yo gukingira no kurokora inzira karengane ...aterekana na gato akababaro..kuri .kuriya muntu...yishwe..naho..bataba ari abasirikare be...Ariko si ibisanzwe...kuko ubuzima bw’umuntu bw ’ aratakaye...
3 Munyonyo 2016, 09:01, par Proud to be rwandan
Abarundi mu bigambo mbahaye 100/100 Ariko mu bikorwa 0/% , ngo muzamesa u Rwanda abo biyita ba zuru birirwa batukanira hirya ya kanyaru. Muzabanze mumese uwo mujyi wanyu wuzuye umwanda nizo plage zanyu mwitumaho. Mumese kwirirwa munywa ibiyeri mwubake igihugu cyanyu cyamunzwe na ruswa. Naho ubundi RDI Ni gisirikare kiyubashye nticyakwandavura. Gusa byobyo iyo uvogereye ukaza guhungabanya umutekano byo byo simbahishe kigukubita izakabwana. Zouru u Rwanda rwarabasize Kure kubera irondakoko mukivurugutamo . Mu bukungu, mu buzima, mu mibereho myiza, mu bikorwa remezo mu gisirikare ndabarahiye kuzatugeraho bizabagora nimutava mu matiku ngo mukore. Narangiza mvuga nti Abarundi bumutima turi abavandimwe
3 Munyonyo 2016, 09:43, par n
umunwa wo murahugira, ibigambo gusa
3 Munyonyo 2016, 18:19, par UMURUNDI
Ego muratunze ni vyiza.mugabo urya yarashe ntazosubire kuko si mwese mwamurashe
4 Munyonyo 2016, 20:54
abanyarwanda muri mbwa imihimbiri imisega amavyi,tuzobereka ubudasa mwese tuzoca tubamare,mwambwa zabatutsi!!!
4 Munyonyo 2016, 22:14, par Souavis
Ahubw Abarund Dusigay Dufis Umutim Wubukok Nitwebw Twiyicanir Hagat Yacu. Anyarwand Bogir Kuduh Indar Nuk Botwic
5 Munyonyo 2016, 20:06, par mutwicarabami
Umwani mwambutsa yabaji umwami rudahigwa ati kucyi urwanda ababirigi bavuga ngo rwanda urundi umwami rudahigwa aramubwira ati oya reka noneho tujye tuvuga ngo Urundi Rwanda hhhh mwambutsa ati hewe rekeraho atagira ubyumva reka bigume uko byahoro!! mureke rero abo bavuga ko bazatumesa buzirugira urundi rwanda
6 Munyonyo 2016, 22:43, par erik
emwe muri inkoz zikibi kandi nikuva imyaka abanyarwanda mwanye mukora ikibi urumva natwe abanyarwanda dukwiye kubatuza muburundi uraz nukuntu abanyagwanda bagayana
6 Munyonyo 2016, 22:44, par erik
emwe muri inkoz zikibi kandi nikuva imyaka abanyarwanda mwanye mukora ikibi urumva natwe abanyarwanda dukwiye kubatuza muburundi uraz nukuntu abanyagwanda bagayana
9 Munyonyo 2016, 06:06, par bizimana sebasian
abarundi nduku ndane tureke gutukana nugwanda kuko umubanyi niwe mudyango ibi byose bite gwa naporotike kugira twame tura dyana uwutizeniwe agowe nabavu kana tura dyana tukicana tuva inda imwe sakama ramaza muburundi aba je jwe umutekano nibabi rabe dukundane kuko ugwa nko ntigwubaka rurasa mbura nibarabe aba shinga ntahe nabafasoni babira be kuko muburundi igiporisi igisoda umutekano bara wushoboye nuko arubukene ninzigo turi nde icocose gihu nga banya umutekano ngahi hwacu muburundi nabamarayi ka badu fashe kurinda amahoro nimana yomwijuru uburundi ntikube irangi dyamaraso twakoziki kumana cotuma tudaku ndana tureke ubusazi uwuborewe adyame kuko tuvuga yamuhe beshi kuberi nzoga twihanure ndanabaramuca pore kuwuyafuye nugwa nda ntirudute mukaga nirureke ibibi dwanda =burundi turibamw?kumana ntanyungu yukwi cana
9 Munyonyo 2016, 14:31, par NTARE Shalom
Akanyaru kokurwaho, frontiere ikavaho, Urwanda n’Uburundi kikaba igihugu kimwe, je mbona ariho Afrika yoba ironse Umutima mwiza, uhereye kuri forme du coeur, gushitsa mbere no mumibereho no kwiteza imbere bikwiye...Capitale nziza yubatse nka za Nairobi canke za Washingtoni, igaca yubakwa hariya mu Bugesera ikaja hakurya no hakuno ya zanzuzi des Grands Lacs, I drapeau nayo igasa nimwe ya Dawidi, Afrika yoba yogoroye, kandi Umwami aganza isi yose yoca atwara araho murico gihugu..... ivyo biri hafi kuba... heheheeeee...
11 Munyonyo 2016, 14:36, par David
Ariko hari ibintu bitangaje. Iyo mbona uwo colonel narikumwibariza niba inyuma yo kurasa kw’ingabo z’urwanda niba abo barundi bari mu bwato nabo bararashe maze gurtyo tumenye ko uwo mwenegihugu wacu yishwe na benewabo. None barashe vyovyo ko numva avyemere barashe ubushaza canke amasasu yica?
Yihenze yarikuvugako uwo murundi yasomye nturi vyo yarikwigovyora bikumvikana.