Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > OP1 Nkurikiye Pierre > amasanamu > Umuririmvyi OP1 Pierre Nkurikiye yasohoye isanamu yururirimbo "AMAREMBO (...)
Umuririmvyi OP1 Pierre Nkurikiye yasohoye isanamu yururirimbo "AMAREMBO ARUGURUYE"
vendredi 28 Gitugutu 2016, par
IGIHE
Messages
29 Gitugutu 2016, 03:14, par tari
Izo ndirimbo zo kwitera amashurwe no kwihaya mukibi wo gira Ngo nizimwe zuwitwa bikindi ahahakurya yacu igihe ca 94 cihonya bantu ntakimazi
30 Gitugutu 2016, 10:44, par freedom
mbe numuvugizi windirimbo hahaha niyompavu atamenyako harabantu bapfa.izaraza atwihera igiteramo cumuziki bareke kumugora komera sha mutama
30 Gitugutu 2016, 20:31, par Nshimirimana Jbosco
mwoshobora kurundungikira?
1er Munyonyo 2016, 04:20, par RUGENDO
TARI JA MURUSENGERO BAGUSENGERE!! NAHO WEWE NABANDI BATEKEREZA UKO MURAGOWE!!!!!!!!
1er Munyonyo 2016, 05:44, par Hutsi
Freedom, ndagusavye umukureko urwamo uyu muvugizi wigi polisi cu Burundi bwacu.
Yoyoveragute abomwica komwabaturira kumutaga ryaka!?
Canke ntuzi kwabarundi hasigaye ariba team worker?
Harya uwotumubona nkumuvugizi mukuru mugi porisi cuburundi , ariko abobakorana kuvahejuru kurwego rwigihugu gushika hariya mwijezwamihana/nyumbakumi nibeshi.
Rekahubwo ncendamwisabira azokore akaririmbo karimwo amajambo avugako nubwo polisi yuburundi woyibona iriko iraririmba ntiwihende ngo woronka ahusesera nguje gukora ibara.
2 Munyonyo 2016, 20:42, par Nduwimana Erc
NEKONARINKENEYEINDIRINBOZIWENOZIRONKAGUTE
4 Munyonyo 2016, 19:51, par karanga
tubanje tukareka ivyo muriko murapfa, nuwanka agakwavu arazi ko kazi kwiruka. Rero uwo mupolici azi kuririmba nukuri, imana yamuhaye don yibintu vyinshi ; kuba umuvugizi, nukugira utugenegene, nukuririmba, kandi il est jeune. Kandi ugasanga muri mwebwe ntanakimwe muzi gukora mukaguma mwicaye. Uzobe rurangiranwa mugihugu turakeneye abantu nkabo. Erega urashobora nukuririmba utiriwe werekana ko urumupolisi navyo twobikunda, kugirango uzohore ugendera namakungu, uvugwe mumahanga, ube umustart
6 Munyonyo 2016, 06:33, par jamari
wwwburundi
9 Munyonyo 2016, 13:55, par jeyipori
indirimbo shasha com