Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umushikiranganji w’amasoko ntanganguvu yagabishije abadandaza banyegeza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubudandaji > Umushikiranganji w’amasoko ntanganguvu yagabishije abadandaza banyegeza (...)

Umushikiranganji w’amasoko ntanganguvu yagabishije abadandaza banyegeza igitoro

mercredi 7 Ruheshi 2017

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ku muhingamo wo kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 7 Ruheshi 2017,umushikiranganji w’amasoko ntanganguvu,amasoko ntanganguvu yamenyesheje ko kuva kuri uno wa kane ku bituro vyose bidandaza igitoro hazoba handitse ko bariko baratanga igitoro canke batariko baragitanga.

Muri ico kiganiro umushikiranganji Come MANIRAKIZA yagabishije abadandaza igitoro ko abo bose bashira igitoro mu bubiko baciye inyuma y’amategeko bazohanwa hisunzwe amategeko.

Umushikiranganji w’Amasoko ntanganguvu,ubutare n’agataka asaba abadandaza igitoro kwama bafise igitabo bandikamwo igitoro cinjiye n’igisohoka.

Haraheze hafi amezi abiri hibonekeza ubukene bw’igitoro mu gisagara ca Bujumbura, no hagati mu gihugu.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.