Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umusi wo kwiyandikisha ku banyeshure bazokwiga muri kaminuza y’Uburundi na (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Amashuri > Umusi wo kwiyandikisha ku banyeshure bazokwiga muri kaminuza y’Uburundi na (...)

Umusi wo kwiyandikisha ku banyeshure bazokwiga muri kaminuza y’Uburundi na ENS wamenyekanye

Thursday 23 August 2018, by vianney

Mw’itangazo umuyobozi mukuru w’inyigisho za kaminuza yasohoye kw’igenekerezo rya 22 Myandagaro 2018,Anastasie GASOGO amenyeshako abazokwiyandikisha bategerezwa kwibangikanya urukaratasi rwemeza ko batoye ikibazo ca reta Exetat mu mwaka wa 2017 hamwe n’ikarata karangamuntu.

Anastasie GASOGO avuga ko abanyeshure batoye ico kibazo mu myaka iheze batashoboye kwiga mu gihe bari baronkejwe ibibanza muri kaminuza y’Uburundi no kuri ENS bategerezwa kwandikira ubuyobozi bukuru bw’inyigisho kugira bemererwe kwiyandikisha.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.