IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Umutamakazi w’imyaka 83 yishwe akerewe

Ngozi : Umutamakazi w’imyaka 83 yishwe akerewe

vendredi 27 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Inyuma y’igandagurwa ry’uwo mutamakazi, abanyagihugu batwawe n’ishavu, bakubita uwo mugabo yari ahejeje gusesa amaraso y’uwo mutamakazi.

Uwo MACUMI Frederic akaba ariko avurirwa mu bitaro vy’i Kiremba, kubera amahiri yakubiswe n’abanyagihugu.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.