IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umutekano wasubiriye guhungabana ku musozi Rugari

Umutekano wasubiriye guhungabana ku musozi Rugari

lundi 9 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Iyo Gerenade yatewe nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro ntaco yononye, nk’uko vyemezwa n’abajejwe intwaro. Umuntu umwe yikekwa ko ariwe yayiteye akaba yafashwe n’igiporisi ku mvo z’amatohoza.

Mwomenya ko iyo gerenade igize kabiri itewe kuri uwo musozi wa Rugari, mu ntara ya Gitega, mu kiringo c’iminsi idashika indwi.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.