Accueil > Amakuru > umutekano > Urugo rwa Leonce NGENDAKUMANA rwasatswe n’abaporisi
Urugo rwa Leonce NGENDAKUMANA rwasatswe n’abaporisi
mardi 13 Ntwarante 2018, par
Iryo sakwa ryatanguye mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri, abaporisi benshi akaba aribo babanje gukikuza urwo rugo rw’uwutavuga rumwe n’ubutegetsi ruri i Kiriri mu gisagara ca Bujumbura.
Inyuma y’iryo sakwa, Leonce NGENDAKUMANA yatumenyesheje ko atacafariwe ku rugo iwe, akavuga kandi ko mu mugambwe SAHWANYA FRODEBu asanzwe ari icegera cawo, ata mugambi w’ugutunga n’ugukoreha ibirwanisho bafise.
- Leonce NGENDAKUMANA, icegera c’umukuru w’umugambwe SAHWANYA FRODEBU
Egide NDUWIMANA
Messages
13 Ntwarante 2018, 09:55, par Niyokwizera Felicien
Nivyiz Can K Atamugamb Mub Bafit Wogutung Ibigwanish Mu Mugambw Wab
13 Ntwarante 2018, 10:58, par Busurahende
Ni kuki baja kubisaka aho bitari aho bobisatse mubo babikwiragijemwo?