IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Imyiyerekano ibandanya kubera hagati mu makaratiye

Imyiyerekano ibandanya kubera hagati mu makaratiye

mercredi 17 Ruheshi 2015

Inyuma y’aho Reta imenyeshereje ko imyiyerekano yaheze, abaporisi n’abasirikare bagakwiragizwa mu makaritiye aberamwo imyiyerekano, abanyagihugu bayigirira hagati muri karitiye.

Haba mu Nyakabiga, Musaga, Cibitoke, Ngagara, Mutakura abagira iyo myiyerekano, bakaba baboneka hagati mu makaratiye yabo. Abo bariko biyamiriza ico kiringo ca agatatu rero, bakaba badashika neza mu mabarabara makuru, kugutinya kuraswa n’abaporisi, ariko kandi, bikaboneka ko abanyagihugu bagenda batinya amabarabara. Naho biri uko, hamwe hamwe imiduga iraturirwa canke amapikipiki, abantu nabo bagaterwa amagrenade.

Kuva iyo myiyerekano itanguye, abantu bakavuga ko n’ugusuma bisigaye ari ikibazo, aho ibiciro vyaduze, abadandaza bakaba baciye baduza ibiciro, aho nk’ikiro c’isukari ubu kigeze ku mafaranga ibihumbi bibiri n’amajana atanu, ibihuha birakwiragira nka hose, abantu bakaba bavuga ko ubwoba ari bwinshi.


IGIHE

Messages

  • Nibazunguruke Munyuma Imigumuko Niyahera Uzosanga Bakindira Munzu Iwabo Abakomeye Basize Bugaye Impangu Aho Niwamwibutsa Ngo Uzoher,iwawe Uzimirize Iwawe Mandat Yabo Ntiragera Simbonye Bategeye Bamwe Bamanuka Kwicir,amafaranga Mugisagara N,ababoyi

  • ahubwo nibabacirek amatara hamwe namazi kuko mwarasaze kandi fin defin muzobona ingaruka yavyo

  • NONE NTAKUNTURETA YOTORERA UMUTI ICOKIBAZO BAMWE BIYAMAMAZA ABANDI MWIBARABARA ?AHO ABARUNDI TUGWAYE NAHO AMAKUNGU NABE ARIHO AVURA AMAZI ATARARENGA INKOMBE

  • kuki mubesha ,iyo site yanyu yandika ibinyyoma ,jewe mba i Bujumbura, ntamigumuko ihari mu gisagara cose ,vyaraheze ubu niswa .

  • sha muri ivyitso ukuri ntimushako kuvurwa

  • Mana tabara uburundi kko burageramiwe pee!

  • abo bihorere n’urumogi banyoy rutarabavako

  • IMANA TURAZIKO ITANANIGWA TUZOBIRENGANA .ABARUNDI TUREME

  • abe mubari batuye hariya birirwa kwa sion burira imiduga ibashikana mu Rwanda no mu buganda, abasigaye nabo bagendera kubihuha bababwira ngo hari abazoza kubafasha muminsi iza ngo mazebaburizemo amatora,ahubwo reta nigabe,batazicana hagatiyabo kuko nabo ubwabo ntibumvikana.

  • abe mubari batuye hariya birirwa kwa sion burira imiduga ibashikana mu Rwanda no mu buganda, abasigaye nabo bagendera kubihuha bababwira ngo hari abazoza kubafasha muminsi iza ngo mazebaburizemo amatora,ahubwo reta nigabe,batazicana hagatiyabo kuko nabo ubwabo ntibumvikana.

  • BANDANYA MWISAMBURIRAKO NKIMBWA MUZOTINDA MUBONE....UWUTEMA URWIWE BAMUTIZA UMUHORO.
    AKATARETSE KABA GASEMA...INTABARIRWA IBWIRWA NUKO IJISHO RITUKUYE...IKIBARIRWA NI CUMVA ...ICEREKWA NI IKIBONA..KANANIRA ABAGABO NTIYIMYE.

  • NONE NTIYOREK ABAND BAGATWARA AHO UMENGO MUBURUDI NIWE MUTWERE AHARI ? NKAKUMWE ADATWAYE WOMENGO YOBA ABUZ UBUZIMA,NAHEBERE ABANDI KUKO UBURUNDI SI ICIBARE CA SE NA NYINA

  • MWE MWANDIKA KO IMYIYEREKANO IBANDANYA MURAYO MA QUARTIERS MWAVUZE NTIMURI ABAMENYESHAMAKURU MURAHENGAMYE MUKWIRAGIZA IBIHUHA MUBANDI. HARI ABA MANIFESTANTS NKABO WEREKANYE BAKIBONEKA NA HAMWE KO HENSHI BAHAGARITSE. WE WAVYANDITSE URATEYE ISONI NIWIKEBUKE. UMENYEKO ABABISOMA DUCIYE UBWENGE KANDI BAMWE TUVA MURAYO MA QUARTIERS TUBONA IBIBERAYO UBU NKO HOSE HARATEKANYE. IKEBUKE

  • @simbikangwa. Nibyo imyiyerekano yaraheze natwe dutangazwa n’abanyamakuru b’igihe.com , icyo nzi nuko iki kinyamakuru nta neza kifuriza abarundi kuko cyashinzwe na DMI ya Kagame. Ibihuha byabo babireke hano mu Rwanda be kwivanga mubibazo by’abarundi kuko bitabareba.

  • Imigumuko yaraheze kuko ubu ubuzima burabandanya kandi vyose ni bon!!!! bagumuka mumazu yabo nakundi kandi abarundi baramenye ukuri!!!!

  • BAZOGUMA BAKINDIRA AHO BARI NK’ISEKURO

  • abavuga ko vyaheze.ntabweng bagira bariko bariremesh bahenda abari mur manifestation ngo babireke,yaba mufis ubwenge mwoja kubafasha kuber bariko baharanira agatek k,abarundi bose bakunda igihugu cabo.

  • petero yanga yemera aratuviraho ataruko tuzakora ibishoboka byose kugera atuve kwizosi ntamutware utubaha amategeko nabarundi tugikeneye ko atuyobora.

  • nkurunziza nabiwe bamenyeko ntaho civilian peuple aratsindwa banga bemera nkurunziza ategerezwa kutuviraho ko ntamutware utubaha abarundi namategeko tugishakako ayobora uburundi nabarundi

  • Uwibazako imyiyerekano yaheze arihenda, kk ibarabara ryajenda ntirihita. namabusi aduga, ahubwo nimuve hasi twifatanye nabandi pita tumwomore.

  • Abagumutsi bo mwibarabara basigaje kwiyahura kuko ubu na Satani bakorera ntiyabumva. Cyangwa bafate ibirwanisho maze intwaramiheto zibirukeho ibirenge bibashuhane. Icyo nzi cyo ibyo kugumuka ubu byahindutse histoire kuko imigumuko yaheze!!! Abazungu hano muburayi babuze icyo bandika ku burundi none nabo bari kwicuza impamvu bagiye bakwirakwiza ibihuha.

  • NIBABANDANYE KUKO NDABONA INYISHU YABO IGOMBA KUBONEKA IMISIHE SIYISIGAYE EWE NKURUNZIZA NAGUKUNDA ARIKO KUBERUKUDAHANUGWA KWAWE NDAGUKUYE KWAMABOKO GENDA GENDA UBUTAKIGARUKA UWOMUDAYIMONI YAKWINJIYE YARAGUHENZE UWUGOMBA KUBAH NEZA UKUNDA GUHANUGWNIBABANDANYE KUKO NDABONA INYISHU YABO IGOMBA KUBONEKA IMISIHE SIYISIGAYE EWE NKURUNZIZA NAGUKUNDA ARIKO KUBERUKUDAHANUGWA KWAWE NDAGUKUYE KWAMABOKO GENDA GENDA UBUTAKIGARUKA UWOMUDAYIMONI YAKWINJIYE YARAGUHENZE UWUGOMBA KUBAH NEZA UKUNDA GUHANUGWA

  • mana dukureko shetan ahagaze kuburundi

  • Melchiade,ivyo uvuze ni vyo,hihihihiiiiii,bazosigara biyerekanira mu mazu ,burya sinzi ko murabibona,baja mw’i barabara ata pancarte nimwe bafise isigura ico bipfuza,muzorabe,baba bafise ibihiri,ama bombes artisanales,ama grenades,imipanga,abo ntibigeze bakora imyiyerekano pacifique,abo batutsi bo muri ayo ma quartiers yamaze abahutu bashatse gusubira kumara abahutu imana yaPeter yarakinze,basanze uburundi bwo muri 72 atari bwo bw’ubu,ubu rero ibimaramare birabishe batanguye kubesha ngo igipolisi cica abantu,barahumba nibahanwe abaturiye urya muhutu mw’i pine nyabuna na ba baboyi bicira mu ma quartiers ngo ni imbonerakure!
    Mbega ayo ma quartiers yiyereka mwibazako hari amatora bashaka?Ndabasavye,mbega abo ba representa iki mu gihugu?Abahutu mu kumbure muhagabire,muyakanure mwikingire abo batutsi bashaka transition basubire kuturya batwicayeko,ntimuvyemere,mumenyeko kandi hari rebellion y’abatutsi iriko irategurigwa mu Rwanda ,muyirindire avec courage et fermeté,ni abatutsi bariko barayitegura bakoresheje godefroid niyombare kubera ari umuhutu,mwa bahutu mwe ntimukangwe ,ntimwemere uwubazanamwo ingwano ,ntatere intambwe nimwe,nta kintu gishasha agiye kutuzanira ubu tudafise,ni igikoresho c’abatutsi maintenant ntimumukurikire kuko impembo yiwe n’abazokorana na we murayizi nimwe ya pasteur bizimungu na kanyarengwe alexi,rero mumuzibirire kure,umuhutu nkuyo ntimupfe mumuzira,apfe yijane,canke agaruke asabe imbabazi,nta kandi ka bahutu bama mu batutsi na vya birozi vyabo,ubwenge bwaracuramye!
    Iconyereka niyombare ariko akorana n’inkotanyi imigambi yo gutera son peuple,arababaje ,atume araba ahandi ahungira abarundi twari tumuzi neza none ndabira,noneko yashatse gukura peter biranka,agomba yirare mu banyagihugu ataco bamukoreye,ataco bazira?Nukuri mudahumba ntituzovyemera ko mudusubiza mw’ihumbi,amahoro tumaze 10 ans dufise ngo muyatwake mufashijwe n’abatutsi ata kindi bazi gukoresha atari kubaga abantu,inyama bakanika ku musozi,none abahutu dukore iki,natwe n’ukuvyiga ruzoce Imana plus question de mourir comme des cons,mwame mugavye umunsi n’umunsi,murereke mu ma quartiers ko mutinjiranywe ,ivyarivyo vyose abadshaka amatora murabazi!

  • barundi Nukuri nciye mbona ko hari bamwe mubamenyesha mukuru arababeshi je mba iBujumbura turasuma neza ntakibazo , turatembera , turaja mumisa, mbere namashure bariko bahamagara kusubira kwiga imigumukob haheze indwi 3 atamuntu agumuka. ikindi naco ego twarigeze kubona imiduga,amapikipiki n’ibintu yaturiwe nabobagumutsi kandi nabo bavuga ko baharanira agateka kabanyagihugu ese urumunyagihugu ufise ubwenge bukora neza abobantu wobaja inyuma?!!! ni ibitangaza!!!!!!!!

  • @mutabazi, uri igicucu cyomurwanda, ariko wowe ubahe ko murwanda dusigaranye injiji nkeya? iyo DMI ngo ya Kagame uvuga yashinze urubuga igihe murikumwe? wigira umurundi ubundi ukigira umunyarwanda, ubundi nabwo ngo uri murwanda none ubu ndumva uvuga ngo uri iburayi!!!!!! Wowe twaraguhinyuye uri interahamwe kandi nitugira amahirwe tuzagufata, ubundi byiza wareka kuvanga ibyabarundi ubizanamo abanyarwanda, ubuterahamwe bwawe buracyafite amoko niyo mpamvu urenga imipaka ushakisha amoko, twe abanyarwanda ibyo twarabirenze twifuza icyaduteza imbere, kandi nabandi nicyo mbifuriza.

  • IKIKINYAMAKURUGITEYE AMAKENGA!MBEGAMWOTUBWIRA ICATUMYE RADIYO BBC ITAKIVUGAMURWNDA?NAMWEBWEMURAGABA NIBA MUKORANANA VOAMWIKEBUKE.

  • fidelit- wewe uri mbonerakure abahutu mumaze kwica mwebwe na karwi ka nkurunziza abahutu buzuye muma kambi y’impunzi abo bose bishwe nabatutsi?canke nabatutsi babomoye mista reka a
    macakubiri yawe kuko wewe twariganye imyaka 4ikurikiranye warumunyamacakubiri rero ntuzongere ntanumwe urusha ubwenge ingorane s’amoko ingorane niikiringo 3 ca nkurunziza ndavuze muntwaro zose zahitiye aha iwacu intwa imaze kwica abarundi benshi abahutu benshi ni CNDD-FDD YIFASHISHIJE IGIPOLICE IMBONERAKURE N’INTERAHAMWE

  • mana rugira mumakaritiyese bizotangiki bamwibarabara nyabuna kuko NTAZINDI NCUNGU DUKENEYE

  • icombona.nibamurekeyitoze.ubwagatatunuwuzozantaco.azohindura.nonekobamwankabazomushirahe.kwarumurundiwiwacu

  • icombona.nibamurekeyitoze.ubwagatatunuwuzozantaco.azohindura.nonekobamwankabazomushirahe.kwarumurundiwiwacu

  • iciyunvirocanjenukotwojahamwetukarekagucanamwokukowihora.incuti.ukahonya.umuryango.nukuri.icondabasamuntereremumfashemuha.abandi.najendinyumayanyumunyibukamuzobamukoze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.