IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi basubiye kurenguka imbere ya (...)

Abagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi basubiye kurenguka imbere ya sentare

vendredi 18 Kigarama 2015

Abagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015 basubiye kurenguka imbere ya Sentare kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 18 Kigarama 2015.

Abitavye imbere ya sentare bose bavuze ko batashoboye kuronka abashingwamanza babafasha kuburana, abandi na bo bavuze ko batararonka umwanya wo gusoma dosiye.

Abashingwamanza bahora bababuranira barahagaritswe muri ayo mabanga na sentare mu ntahe y’icese iheruka, ibagiriza gusiba gufasha abo baburanira ata mpamvu.

Abo bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi bamenyesheje sentare ko bandikiye umugwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu, CNIDH, ko wobafasha kurondera abandi bababuranira.

Sentare yaciye imenyesha ko, mu ntahe y’icese izokurikira, baba baronse inyishu ya CNIDH canke batarayironka, urubanza ruzoca rubandanya.

Bitegekanijwe ko abandi 21 barenguka kuri uyu wa mbere no ku wa kabiri.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Ko mubazana batagira amapingu kumaboko ubwontimubona ko bazohava babacika, ivyobimwenya bikwiye kurengutswa biboshe babiri babiri kwipingu imwe. Nihobitahura kwarimpfugwa karuhariwe nayubundihi umengo bivye igitoki.

  • Bobo Bashatse Guhirika Ubutegetsi Badashoboye Nukuburana Ahubwo Nibicwe Baribadutaye Mukaga Twebwe Abanyagihugu Dusavye Dushimitse Nukuri Nimubice Bobo Bashaka Gushika Kuki?

  • jewe ndabona umengo abobanyororo umengo murabatinta? igihe bategura gutembagaza intwaro haruwo baribagishije.inama?mbega komubahenda henda iyobaza gufatigihugu .ubu tubatugezehe?ntibaba baratumariye kubuhomba?abo ntakuburana nabamenja nibo ba garuye amagume bafatanije nabaterigi hugu nimubahane, igihano kibakwiye;

  • Jewe nararavye ukuntu baberewe na tenis vert nibipara namakofero yuburofa ndumirwa mugabo bihangane jewe ndabatanze nibabace amaguru bose bace babarekura mugabo siriro bamumene namaso

  • Mbonyifoto yabogusa chanunva shangashigwa iyobapfuma babicishainzara bakamusangayo mkuzimu sebujawabo niyombare

  • Laurent Gbagbo ategereje Nkurunzinza, Nyamitwe, ....

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.