IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Abantu 50 bafashwe hamwe n’ibikoresho vy’igisirikare n’igiporisi (...)

Abantu 50 bafashwe hamwe n’ibikoresho vy’igisirikare n’igiporisi bitandukanye

jeudi 28 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Abo bantu bari mu modoka zitatu zo mu bwoko bwa Hiace zose zikorera mu ntara ya Rumonge, ariko zikaba zari zivuye mu gisagara ca Bujumbura, bafatiwe muri zone Kizuka iri mu ntara ya Rumonge. Abo bantu bamanukanwe i Bujumbura kuri uwu wa kane, ku mvo z’amatohoza.

Abo bantu bose hamwe ni 49 bakaba bafashwe nk’igihe c’isaha zitatu z’ijoro, mu gihe bari bageze muri zone ya Kivuka, komine n’intara ya Rumonge. Uwundi agira 50 yafashwe mu gatondo ko kuri uwu wa kane, abajejwe intwaro bakavuga ko yari kumwe n’abo bandi bafashwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu. Muri abo bafashwe, harimwo umusirikare wo kw’ipete rya Capitaine yatorotse igisirikare c’Uburundi.

Bose hamwe bagizwe na 22 bavuka i Bururi, 12 bo mu Kayanza, babiri b’i Ngozi, babiri b’i Makamba, babiri bo mu gisagara ca Bujumbura, babiri bo muri Bujumbura bita rural, babiri bo muri Mwaro, umwe w’i Muramvya, hamwe n’abadereva batatu n’umwe bita "Convoyeur".

Abo bantu bafatanwe inkoho zine zo mu bwoko bwa Kalashnikov, gerenade indwi, amasasu 1669 akoreshwa ku nkoho Kalashnikov, udusandugu indwi twuzuye amasasu y’inkoho Kalashnikov, ibikono (Chargeurs) 12 vyuzuye amasasu akoreshwa ku nkoho Kalashnikov, imyambaro y’igisoda 11, imisipi y’igisirikare 12, inkofero imwe y’igisoda, imyambaro ibiri y’igiporisi yo kwirinda imvura, imyambaro itatu y’igiporisi kijejwe gucungera inzego (API), imyambaro 38 y’igiporisi, ipantaro imwe y’igiporisi, imyambaro 39 y’igisirikare (Tenue de combat), ipantaro zitanu z’igisoda, imyambaro ine yambarwa mu myimenyerezo ya gisirikare (Tenue d’exercice), imyambaro itandatu y’amashesheti y’igisirikare, hamwe n’udutu 12 tw’urumogi.

Abo bantu bavuga ko buririye imodoka mu zone ya Kanyosha, mu gisagara ca Bujumbura, bakaba bari bagiye mu ntara ya Bururi.

Bose uko ari 50, bamanukanwe mu gatondo ko kuri uwu wa kane i Bujumbura n’iyo miduga barimwo, hamwe n’ibikoresho bivugwa ko bafatanwe.


IGIHE

Messages

  • Ncuti Nkunda!! Mwiyunvira Inta Mbara Mugihugu C’uburundi Muragowe!!! Kagame Yarabahenz Ngira Ntimwanyunzwe Komeza Muz Natwe Nayo Kuri Micombero Aracar Meshi, Ntakinya Dufise Abo Nabo Nibabagaburire Isamake Muri Tanganyika Atakigongwe!!!!

  • Ivyobintu bisizubwenge

  • JEWE NDUMUNYAGIHU GU WO MURUMONGE NDAFISE AMAKENGA MBEGA AHAHANTU BAFATIWE MUKIZUKA BABE BATANGIRI RIYE KURYA BURAMBI NTIHABE HARABADUZE IBURAMBI KUKO NAHONYENE UTWOTURWI TURAHAKUNDA KANDI NINAHO JEWE NDUMUNYAGIHU GU WO MURUMONGE NDAFISE AMAKENGA MBEGA AHAHANTU BAFATIWE MUKIZUKA BABE BATANGIRI RIYE KURYA BURAMBI NTIHABE HARABADUZE IBURAMBI KUKO NAHONYENE UTWOTURWI TURAHAKUNDA KANDI NINAHO MVUKA

  • IZONJAVYINTIMUZIREGEZE,KUGIRANUWUFISEICOCIYUMVIROKIMUVEMWO!!NTIGWITAHA!!!!

  • NAMA NABABWIYEKO ZIMUJERI ATANTAMBWE MUZODUTERANA MUMENYEKO KIZIRA KUROTA WARUZ INKONA

  • UMUNTUWESE AZOKWITAMBIKIMBERE YUMUGAMBI WAMAHORO AZOKWIBONERAKO UWITWA FARCONE 50 TURAJE NABANDI MUKUNDA KUDAMBWA NGO MUZOTER IGIHUGU MUMENYEKO IGIHUGUSIKIZIBA NIBENGA

  • Barundi, badanya mucungera umutekano wanyu ntihagire inyanka Burundi zibahenda kubera ubwoba hanyuma nashaka kwibutsa Kagame ko kurya yishize ku butegetsi biciye mu maraso nawe arafise umunsi wiwe aho bazomuhonya ivyo ni kubimenya kandi ikintu cose kirafise iherezo. Ntabitotsi afise kubera kwikanga urupfu rwise.

  • ewe barundi mbega iminsi yose muvuga ivyo mwatoye mbega mubesha nde ga mwabinywamaraso mwe, ubu naho buca twumva ko ari kagame yabatumye murapfuye nabi muzopfa mwiruka nka kayini mubura guteza imbere igihugu canyu gishitse aho umwansi ashaka ngo kagame niwe abatuma kwica benewanyu. jewe narababwiye ntaminsi isigaye mutaje kgukubura amabarabara yi rwanda nimwagira imana mukakaronka hiiiiiiii

  • Abo Nikubakubita Bavuge Neza Iyo Bari Bagiye Nibacire Birarura Kandi Ngo Ntawuraba Nyina Aho Aryamye Aba Yarenze Akarimbi Mubahashe Agaseruka Mucakira

  • Barabafashenyene harihonabandi bimirije gufatwa.
    Hano hanze haruduhungu nutugabo twishinga gucupiza amaherayatwo bayaha ngwabokurwanya Peter Nkurunziza twaritumazimisi tuvuga ngo mumasaha 72 ngomu Burundi haraba ikintu, tugenzitwatwo natwo twirirwa turahendabantu ngotujamumasengesho yokwisonzesha tumazimisi ngotubonekerwa ngomukwezi kwa 8 kwuyumwaka ngwimana yatwo ngwigomba kwihesha icubahiro ngwabarwanyi batere uburundi bitwaje ibirwanisho.
    Benewacu ndemeye ivyobavuga nivyo baribamaze kumenya kwibikoresho vyagezeburundi batangiriyeko amahera yokubigura.
    Namba muhira ndababesha nimukurikirane kuma Facebook nama whatsapp murabona ivyovyose ndababwiye.
    Harakaramba uburundi nabarundi nasebarundi H E Petero Nkurunziza.

  • YOOO EWE BAVYEYI MUTAHAANUYE ABANABANYU MURAMBUWE KWERI WEMWE GWARUKA NDABAHANURE UMWASI WANYU SINKURU NZIZA .OYA .UMWASIWANYU NI UWUBAHEND,AKABAHA IMBUD’AHOKUBAH’AKAZI GOMUKORE ABAHEMBE AJAKUBICISHA KAGAME ARABAHENDA CANEGOS MURWAND’ATITWUBAKE URWANDA GOMUBURUNDI BOMORA KUGITUBEHONABI OYA TUMWIME AMATWU IYOBWAKAGAM !!

  • Ugwanda Nirureke Uburundi Imana Iradukunda.

  • Yewe muntu wiyita Wineza, erega sivyiza kwica umwasi wawe!Nivyo yuko izo nkoho bari bafise arizo kwica ariko naho biruko uwohora imbwa gusutama yozimara. Erega bantu bose bafise ibirwanisho baba abarwanya reta canke abayikorera babifise kugira vyice! Ahuwo igikwiye bose bakwiye kwihana bakemera Yesu akabahindura nayo kwica inkozi z’ikibi duhereye mumyaka yashizeyakera za 65 kugeza ubu, abantu benshi babaye abasirikare n’abapolisi kuva ico gihe bohava bicwa bose kuko amabi bakoze nimnshi kandi nubu bakibandanya! Kubagaburira ifi zo muri Tanganyika siwo muti! Umusi umwe nawe abasi bawe bazokugaburira inyo, ibuka ko atawubura umwasi kandi vyongeye ijambo ry’Imana rivuga ngo ivyomwipfuza ko abandi babakorera namwe abe arivyo mubakorera! Bipfurize ineza nawe abandi bazokwipfuriza ineza. Kora ineza wigendere izogusanga imbere nayo niwakora inabi izogukurikia! Uwudaharira abandi ivyaha vyabo canke amakosa yabo nawe ntazoharirwa n’Imana yaremye isi n’ijuru.
    N’igihe co kwihana noguhinduka!

  • Njyendikubona police yuburundi isigaye bidasanzwe rwose mbese ndikubone barinogusumba bamwe twamatwumvise bampuza mahanga rwose mbankuroga!

  • ahubwo.niberekane.abandi.kuko.sibonyene.kagame.yarabahenze..nabandi.bazofatwa.kuko.abarundi.twarambiwe.nintambara.mubahane.atakinya.kuko.izonkoho.zokwishe.igihugu.cose.

  • Ubu Ho Mwatekereje Babanyarwanda Barovandika Ubu Bari Hehe?Ivyo Birwanisho Biva Kwa Kagome Nta Handi.

  • Bazomarikwi bacanira amabuye

  • bwakeye barundi kuba abarundi bahisemwo kwicana ninzara kuko imana yatugabiyigihugu natwe twese dushaka gutwa iyo ngorane niyakera cane kuva kubatway’uburundi nubu nibo bagikokeza intambara abo nabo nta neza bariko bararondera hasigayubutungane naho bavuga ngo subwoko nimurabe iyo politic iva ok

  • Aba bantu barazira ubusa, ubu ntabo bagiye kuburirwa irengero, amaherezo yibi bintu aba dd bakora muzaba muyabona

  • MENIBWA IYOMIHIMBIRI IDASHAKADEMOKARASI YARABIVUZE MUZEHE KOBUZOHERANKIFU YIMIJIRA

  • @Uwineza, Kagame umubonye he muri ino nkuru?

  • Ahubwo Abari Kubutegetsi Bararaba Neza Kuko Bashaka Kubwihagira Bonyene Kandi Hariho Nabandi Bagomba Gufungura.Nico Gituma Bahitamwo Kubirondera Kunguvu.

  • fata izombwa canke muzicakishe amapine nkuko babidukoreye,izombwa zititawaza ahubwo zikuruta!harikera mugenda mumashama uko bishakiye ubu oyaaa!ndababwijukuri amase yakera ntagihoma urutaro!!!

  • we bunyoni, we kanzungu ,we nkurunziza hagarika gusesa amaraso y’abana b’igihugu. mbe murazi ko muriko murihekura. abo ba jeunes bobabereye abakwe

  • ivyo numukino 96aba DD Baja mukibira naza hiace? ntakiroberi kigendera mumiduga bazi uwobagwana uwariwe. mbegigisuma Liza kwiba kiza nimodoka? nahokibakiyifise kiyisiga kure twaragowe twebwe banyarucari tutize muga iyumutsima ugiye gusha urawubona nibindi bikino bizoza abaramvye muzoba mumbarira

  • CAKIRIJAVYI BASHAKAKUBEGA UBWOBATACUNVYE BAGWAYE ABADAYIMONI BOKWIYAHURA TUZOBAFATA MPAKA KUWANYUMA BAJANE KUMWE WOKUMUSAGA

  • CAKIRIJAVYI BASHAKAKUBEGA UBWOBATACUNVYE BAGWAYE ABADAYIMONI BOKWIYAHURA TUZOBAFATA MPAKA KUWANYUMA BAJANE KUMWE WOKUMUSAGA

  • Wewe Wiyita Kamikazi Rose Niwitond Bizogufasha Nubwo Wba Warahunze Umenyko Hatabuze Numwe Wiwany Rero Haro Bobaherko Aho Wagye Gtora Ubkorotse Mugwanda Ngo Udusumb Ijiki?Hewe Rindira Icutarabna Ucerekwa Nukuramba.

  • nn mutohoje mwaranz arabagnmb kuj mubarwany nimurabe mutabar ighugu cacu tugr kubura ibiribw tugr nindwano ret nifash amaz atararenga inkombe

  • NONEGAYEMWEBARIBAJEGUTERUBURUNDI NABARABARUNDI? IMANIDUFASHE

  • NIBAFAT,IZOMAWA NTANTAMBWE BAZODUTERANA

  • Ewemwe Nigorane Kubona Umutu Agerageza Kurondera Abantu Yotwara Kugwana Arihenda Yooo Turahagaze Nka I

  • Ntakindi Bakwiye Nimubice Kuko Nabo Baribagiye Kwigisha Ubwicanyi Abandi.

  • Ntakindi Bakwiye Nimubice Kuko Nabo Baribagiye Kwigisha Ubwicanyi Abandi.

  • Nibareke barohera nkifu yimijira.Bakina numuntu yavuye mwipoli.Naba bakubite intahe mu gahanga.Nabandi babone isomo.Nta ntambara muburundi igishoboka nuwubipimye ntarengana.Jewe mbabazwa nabo bagihendwa.

  • Irementanya nkurunziza na karwi kiwe babonye bahinyutse kuko igisata ca ONU gishinzwe agateka kamuntu caraye cemejeko nkurunziza na karwi kiwe bahera imyimenyerezo imbonerakure muri congo none bariko bararonderera kuzimanganya ibimenyetso mugushaka gusamaza
    Amakungu babeshera urwanda mukuvugako bafashe abarobi kandi atarivyo

  • Irementanya Ryino Reta Turarimenyereye!!Twes Turazi Ingen Robelion Igenda.Ntibaduhende!Eeew Rwanda Gwaragowe!!

  • Ikibazo abashaka gutera Uburndi bagize ni uko umenga Imana nta kibanza ifise. Vyongeye bapfa amafaranga kuko ata ntumbero bafise

  • inkozi yikibi, umwasi wigihugu, jew ico novuga nibicwe

  • Eh uca mukuzimu uca mukirere utwaye ibirwanisho ntantambwe muzoduterana

  • Aba Bashenzi 2 Bimburabwenge ; Uwiyita PATRIOTE Nuyu TARI Ni Udukoma Dukuga Ataco Turi Bugereho ! Imbga Y’umukoma Niyo Iguma Ikuga Umwanya Uwariwowose , Mbe Ako Kavuga Mubwinshi Ngo Twese : Turamaz Kumenya Lobelio , Twagatumye Kutuvugira ? Kitari Nako Kadyohewe Namaby ? Kurota Inteko Mva Makungu Ni Ukurota Ibyaboze ! Kuko Muburundi Hari Abagabo Ndizeye Ko Uwuzoza Wese Tuzomwotsa Tukamuha Inkona . Nibampe Mi 50 , Tuzorasa Kugeza Ima Rya Amaraso Ryanyuma Rikorotse

  • Izo Mujyeri Ziguma Zishigikira Kuba Mu Amabyi ; Kwiyumvira Ko Inteko Mva Makungu Zizoza Ngaha Iburundi Ninkokwiyumvira Gushyira Amabyi Mugikombe ! Wesha Mujyeri TARI , Imvugo Ya Ibihuna Uzayijyana Mu Iwese Ko Ariho Tuzaguhamba % , Turiyamirijye Bakavamahanga , Bashyaka Kuza Kuducyamo Ibicye , Uburundi Ntibumere Nka Libia , Abakunda Uburundi Kandi Tuzopfuma Dupfa Hako Uburundi Bugaruka Gutwarwa Nabadagi , Turiho Muduhe Mi 50 Tuzorasa Kugeza Kuma Ryamaraso Ryanyuma Ritibutse

  • Izo Mujyeri Ziguma Zishigikira Kuba Mu Amabyi ; Kwiyumvira Ko Inteko Mva Makungu Zizoza Ngaha Iburundi Ninkokwiyumvira Gushyira Amabyi Mugikombe ! Wesha Mujyeri TARI , Imvugo Ya Ibihuna Uzayijyana Mu Iwese Ko Ariho Tuzaguhamba % , Turiyamirijye Bakavamahanga , Bashyaka Kuza Kuducyamo Ibicye , Uburundi Ntibumere Nka Libia , Abakunda Uburundi Kandi Tuzopfuma Dupfa Hako Uburundi Bugaruka Gutwarwa Nabadagi , Turiho Muduhe Mi 50 Tuzorasa Kugeza Kuma Ryamaraso Ryanyuma Ritibutse

  • hhhh ,,,, utazi kugera ntagereranya ? utazi gusoma ntanamenya kubaza ? ubwo muri iyo nkuru hari President w’u Rwanda wanditsemo ? Yewe ntana presidend w’i burundi wanditsemo ,,, yewe ntana ijambo aba dd ririmo ,,,, iyo umuntu yicara agahimba abatari mu nkuru yanditse we mumwita iki ? Ese wowe wandika ibyo udasomye mukuru wiyita iki :? Ge hari icyo nkubonamo ariko Ndavuga kuko mumuco wi’iwacu i Rwanda twihutira kumva no gusoma ariko tukirinda kuvuga ,,,,,,,,

  • Ngobafashe ikirobere iryonirementanya ryateguwe na reta, izo nizambonerakure bahereje twatudendedende twuduhera go babafashe irementanya. jewe mudwi heze navuye ibujumbura mfata ibarabara Bujumbura makamba,igi porice nigisirikare bari buzuye watambuka gatatoya mukaba muhagaritswe nukuri ntakirwanisho wovana ibujumbura ngugishikane Bururi ! nkamutambara, murebwe mumonge yose ntiwocaruka nguri mumahiyaci. ukwibirwanisho bigenda canke bisafirishwa birazwi cane, nabo bariko barivugisha ngo bafashe ibirwanisho, barazi bakiri mwishamba barazi uko babisafirisha bavuye murikongo, canke muri Tanzania. ntamurobere afatingendo zimiduga uwo ntaba arumurobero, umurobere umuduga wiwe nikirenge azokwinjira imodoka iyo yatsinze urugamba, ukwo nukurementanya kwabobantu bankurunziza.

  • Qu’il pleuve, qu’il neige, le régime Nkuru finira par céder sa place. Des victimes, oui, il y a en aura, beaucoup même. Mais fin de fin, les Burundais jouiront du beau temps ensoleillé...
    Nkuru pense-t-il être éternel? Prend-t-il le temps de penser àsa fin? M. le Président veuillez prendre le temps de lire le livre d’Ecclésiate.

  • umugambwe uri kubutegetsi muburundi warigeze kuba ufise igisoda muri congo. twebwe turabonako intambara izova kuburongozi bubi bwa cndd efdd ukonuguhumamaso abarundi itohoza ritangurire mubutegetsi hanyuma rije kurundi ruhande.

  • Ico Nobivugako Nibazo ko Mwobagirira Ikigonge Ok

  • amatohoza nakorwe intahe ikore .

  • Aboba Sanibaratinibahanwe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.