IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Abantu indwi nibo baguye mu gitero cakozwe ku modoka ya Gen Prime (...)

Abantu indwi nibo baguye mu gitero cakozwe ku modoka ya Gen Prime Niyongabo

vendredi 11 Nyakanga 2015

Abantu indwi nibo bapfuye baguye mu gitero cakozwe mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 11 Nyakanga 2015,kw’ibarabara rija mu ntara ya Rumonge ku modoka ya Gen Major Prime Niyongabo,umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare.

Icegera c’umukuru w’igipolisi c’Uburundi Godefroid Bizimana yavuze ko igitero cakozwe ku mukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare ariko ataco yabaye,ariko babiri mu bakoze ico gitero bishwe harimwo n’umwe yafashwe.

Amakuru ava mu gipolisi c’Uburundi amenyesha kandi ko abasirikare bane bamucungerera umutekano bitavye Imana,harimwo n’umupolisi umwe w’igihugu yaguye muri ico gitero.

Ico gitero cabaye nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’iminota 45 z’igitondo,hafi y’ikiraro c’uruzi Muha,cabaye inyuma y’ukwezi kurenga,uwundi mu general Adolphe Nshimirimana agandagauwe,hari kw’igenekerezo rya 2 Myandagaro 2015 muri zone ya Kamenge iri mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Abo bicanyi barakwiy kumenyekana abantu bose tukabamenya

  • YAROKOTSE !! NDABABAYE CANE ! URAZI IVYO YAKOREYE NIYOMBARE ? YARAMUHEMUKIYE PE !!

  • NONE KO AMAKUNGU YASEMEREYE ATI ENDA NIMUGANIRE RETA IKANKA!!! NUKURI NABADO AKARINYUMA KARAHINDA!!!!

  • Sha twaratewe ntitwabimenya!!!!! Pole mon général!!!

  • muburundi dukwiyegusenga.

    imana izoduhana

  • NONE MURINZENDE NIMWIVANGURE MUTIVANGUYE BARABAMARA

  • Ndahaye Pole Umukuru w’Intwaramiheto z’Uburundi aho Imana Imurokoye mugitero Cinyankaburundi Zifise Umugambi Woguhekura uburundi abavye nibibondo. Mpojeje leta yuburundi ihejeje kubura abasoda n’aba polisi bari bajejwe umutekano w’Igihugu. Nkasaba ko Abobicanyi bihaye umugambi wo guhekura uburundi n’abarundi bocirirwa urubabereye mukutabinjiza mugasho kuko boba bagiye gutera ambutiyaje.

  • harakwiy ibiganiro kweri pe!amakungu arindiy gukiza ibiziga?

  • harakwiy ibiganiro kweri pe!amakungu arindiriye gukiza ibiziga?igihug cacu kigiy kuba idonzi!dufash basha nukuri!!

  • non.arik.mana!abobicany,tuzobagira.dut?mana.fashu,uburundi

  • ni hatari kweri!amakungu arindiriy gufasha ibiziga?nabona ko ibiganiro bikenewe kuko bazokwica umutegets hace haba ihonyabwoko nkuk vyabaye icenda na gatatu

  • ni hatari kweri!amakungu arindiriy gufasha ibiziga?nabona ko ibiganiro bikenewe kuko bazokwica umutegets hace haba ihonyabwoko nkuk vyabaye icenda na gatatu

  • Abo bose n’abandi bagipfa bazize ukurenga amategeko kwa Nkurunziza

  • Abobicanyi.baragowekukobashakaigihugu.bacishijemumaraso.ariko.iherezo
    .ryabo.rizobaribi

  • YABUZEGUPFA.IMBWA NIYONGABO

  • ooooooooooooooooh so SAD kabisa! abo bantu kakoze ico gikogwa cikabananira bakwiye guhanywa vraiment. mission failed kweli ? uyu mu DD ubundi ari munyongezo yari kuba yararangiye keraaaaa! any way abateguye ico gikogwa bategure kandi ikosora baccomplishing mission by another team . kdi abobo bayi rase bahanywe

  • emwe yemwe.président azohava asanga yaribesheye.yavuzek umutekano ugiye kugaruka turonke amahoro,none yiyumviriki nkubu?guhuma amaso abarundi namakungu gusa.navugeko vyamunaniya atange turuhuke.

  • nne tutabeshanya abobateye bajebava mwishamba?

  • Abateguye uwo mugambi bazicuza kuko ubu batumye Nkurunziza amenya umwanzi. Umwanzi wambere ni abasoda b’abatutsi bari muri camp Muha na camp Para. Abo bicanyi bashyigikiwe na Rukaraba Kagame bakaba bibumbiye mucyitwa Cercle Buyoya

  • Ivyu burundi nihatari!none bagomb ingabo zose zihere!bakwiye kwisubirako.Niyo ngabo ndayihaye pole yahabonye Imana.murakoze

  • ndabasabe gabanye ukwihangana tuzoshiduka twaheze tange akanya twikure umwasi kwizosi amerika ntituyitinye murazi muzehe gnl mwese bakabamara tuzojahe garure ubwenge twikingire hakirikare duhebe itiro turimwo ciza theoneste

  • HEW WAROKOTSE MUNYUMA TUZOGUFATA MPIRI NDAKURAHIYE ZEWAMBAVYE

  • Ijambo ry’Imana rivuga ngo uwicisha inkota nawe azokwicwa n’inkota.Bakiri mw’ishamba barishe n’uyu munsi bakomeza kwica?iyi ntwaro ntaco tutazobona.Prime amuhigira iki ko yamutabaye bagiye kumutembagaza ahaa biramugoye ariko yiruka n’umugabo afise ingabo?

  • Ariko ga mana yarokotse uyo mugesera koko????? Ndababaye cane ese ga basha abaje sibabandi barabira rudolfo? Urazi ingene yahemukiye NIYOMBARE? Reka ubwakabiri hoho ntazorusimba mudahevye iyo mandat chunga mze utaona. Uyu nawe wamashapo nka nyawivundwe ngo mubarwanyi hapfuye babiri ko mutaberekanye?mwebwe mwanka abatutsi none Rwasa ko mwanka ko akijako n’umututsi? Ntibava muntara imwe nico kijuju? Reka rero bagisubireko kugira kizosubire mumaboko yabahutu ndabarahiye erega iyo mwemera ntabwo cari kuzopfa gisubiye mumaboko yabo mwanka Domicien,Rwasa, sabahutu nabandi bari kuzoza bavuka mumigambwe yabo babahutu? Peter warikinze mugabougomba uzobizire.

  • Ivyobikoresho bakoresha mukwica babifateneza kuko nivyo bizoses amaraso yabo nabo!!

  • None ga yemwe Nkurunziza tuzomugenze gute ko abandanya kwica abasoda biwe?!!! Ndi Général Prime nanje noca ndamwihora nk´umusoda nyene maze akabona ko ntari akana. Murabona!!! Puuu!

  • Mbega nkurunziza weee, ntabwo ukunda uburundi nabarundi pe, kandi umaze igihe mu masengesho numugore wawe, urabeshya tu, uyu bahushije nagashinya nkakihene ninyinya nkiyurutozi rutunda umuceri, amaherezo nubundi muzogandagurirwa rimwetu.

  • ariko abo batutsi umunsi twabahagurikiye nimurindire iyo propaganda yukubeshera umukuru wigihugu twarayimenye

  • Nawe se yishwe n’abanyarwanda ra?

  • Ahubwo rero, jewe ndi umukuru w’igihugu, noca ntanga indwi imwe yo gukora amatohoza, bakaraba icatumye bamuhusha!!! Mbega basha ca GIPURIZO fidelité ari hehe, ko atavuga?

  • Ubu ntibigoye bica umuhutu hakicwa umutuci Ubu nisawa tuzora abajonyaruka guhera

  • Birababaje Birateye Agahinda Bafise Umugambi Ugayitse Wo Kutumarira Indongozi Nibabandanye Mwisho Bazobona Ingaruka Yavyo Iconashimye Nuko Harimwo Uwafasha Ukuri Kuzoja Ahabona

  • Souvenez-vs le mot:" Mchezo wandani."

  • Pole sana kaka yangu mungu atakuponya na yote

  • we wiyita uwubizi ntaco uzi uri musi yikitazi urinjinji gusa

  • None ingero yagereye mw’abandi we siyo agomba kugererwamwo Eka yemwe mu burundi namahorooo.

  • Iyomitwe ipfuye ubwenge ntaco muzoshikako abafashwe mwico gitero bazovuga uwabatumye wariwe

  • Rekandababwire mwebwemwese mupaga uvyubwicanyi, nabobabafasha gushira mungiro ubwobwicanyi, namwemwese mugirumunezero iyohagize umuntu apfayishwe, mugiye kwicuza mugihe kitarambiranye, mugiyekugira ivyago bitaribwigere biba mubindibihugu, bimwemurivyishi bigiyekubashikira nibibikurikira: Kubarimubindibihugu vyokw’Isi mugiyekwankwa urunuka babatekeze mutangire mumere nkabatigeze kubaho kugezanaho ibizobabibabayeko bizotuma abeshi mu Burundi bumvabaciyebazinukwa ibijanyena Politike muzomera nkumuntu afise ifuyifarini ingana nikiro noneho akayisuka ahagaze kukintu gishashe hasi kandihariho umuyaga noneho yahezakuyisuka akayoberwa iyoyafu yazimanganiye. Ababirirwabaraturira uburundi nabarundi bibereye mubihugu bitandukanye twumva aribeshi mumisi bazoshira nkifuyimijiro kandi ntibazoba bapfuye bazobabariho arikobazobabari muri conditions zibicane kugezigihe Isibazobona yababanyento ayamazumeza babamwo bazoyahunga baboneko ahababereye kuba arimumashamba. Ababona kobavugabakumvirwa namakungu bazotakaza icizerebimwebitaribwabeho. Izirazitatu bazofata Ni: Bamwe bazojamugihugu basabe imbabazi, abandi mubusho, abandikwinyegeza mumashamba, arikoharihobake bazopfa sinzi ikizobica icarico arikohazobaharimwo nuburwayi budasigutse intuntu nokubawariwifashe ugasigara atawuguha niryere etc. Ababariko baricarero ntibibazeko bishobora kuzijana bitabagiriye ingarukambi kw’Isi nokuwabaremye data watwese womwijuru ivyozivyondabipfuriza kukojewe ndabakunda ariko ivyobakora sindabikunda.

  • Burya ntimwishinge gusamara murabona abahigwa abaribo nababahiga namwe humura amaso bibe uko vyobaye akase umugaga ntigasibira ikuzi...(bagaca babateranya ngo murasubiranyemwo kugira baronke ingene babahonya babinyegeje mwo .......).

  • Uyu musoda ngo ni Prime wo menga nuwo kwa Habyarimana juvenal

  • mbe amapete abafirika biha bimaze iki? umuzungu yoba general hanyma n’umu DD inyeshamba ngo n’umu general. umupfu ntiyinukira. hama jewe Nkurumbi amaraso y’abanyagihugu ndiko ndasesa ni kw’izina rya yesu; mugabo ndagarutse yesu ni sekuru w/abayahudi, twebwe abafirika turi mu bwoko Ba-ntu rero ntidukwiye kwemera Imana tubicishije ku muco w’abazungu canke abarabu, aya madini y’abakoroni adukura ku muco, amazina tugahindura; dusubize igihugu ku muco, basokuru barabandwa kandi bari inyankamugayo; ubu turirimba yesu na muhamadi tukabesha, tukica, ubugome bukiyongera, tukiyongera ikiringo, ntidusonere amategeko. jewe ndi Nkurumbi Mavyarikwegera, Pierre ndarivuye ko niry’abazungu; mundekere kino kiringo ndihanuye nshaka kuba sebarundi, ntware igihugu nk’abami b’ubuRundi; dusubire ku muco, amagoti sinzosubira kwambara kugira nteze imbere impuzu kavukire, beneburundi biyumvemwo umukuru, umukuru afashe yongere akunde benegihugu, nivyananira gutegeka nzoca niha ubuki; amategeko, inyigisho ni mu kirundi, inamanshingateka ikoresha amahera bidakenewe, imisigiti n’amasengero birugawe kuko atari ubukoroni bibandanya kwigisha ntaco bimariye abafirika, bitwigisha kwisuzugura n’ugusuzugura umuco n’idini ndangakaranga; tubisubize agateka, dukosore aho bimwe bitoba bibereye tuvyoze tubisukure; hama amashure dushiremwo gahunda zijanye n’ubuzima bwacu kugira abaminuje baheze bazi ico barico n’ico bofasha igihugu cabibarutse. nuko dutunge dutunganirwe; naho Bagaza tutumvikana muvya porotike yari yagerageje, niwe mukuru yitaye ho abanyagihu

  • BAZOBAMARA IVYOSEbitegwanankurumbinarindirenawenebazomushirakumurongo

  • UWIYIT UWUBIZI NANAHIMANA,NDABASABIKINTU KIMWE IYOMWANDIKA MUBE MUBANZA KWIYUNVIRA IYO MWANDIKA NGONKURUNZIZA NIW ARASABASODA BIWE EE MUCUNGURIMI GWANYU KUKO NKURUNZIZA SI NKAMARIKO CANKE YOHANI RUDOVKO MAKURATA NABANDI ,UBWO BUJUJU MUBUTWARIWANYU ATARUKO NAHO MUZOHERA NKIFU YIMIRA

  • Murahunba ntabahutu Bose muzomara ariko mumenye yuko muriko
    Muracisha ubwenge.iryo ryose mukora turabibona mubona twihoreye mukibazango yuko atabwenge dufise.bandanya ariko umuti wabatutsi ugiye kuboneka nakagame wanyu ariko arabahenda yaba aruwundi yarikwinjira kubafasha biboneka.bandanya

  • ivyovyoseninkurunzizaza noneimanasengantiyunvacankenidagonezamananazikuzimuaboyahanvyenawearinyumanasengecanebihereubwobwicanyi

  • Iyo ndavye ibikorerwa i Burundi, ndibaza nimba abarundi boba baramenye Imana bikansiga.

  • IMANA.NIFASHE.UBURUNDI.NAYUBUNDI.VYANANIRANYE.PE

  • ARAGABE.UBWAKABIRINTAZORUSIMBA

  • Vyose Tubishire Mumaboko Y’ Imana Kuko Imana Ntiyanka Uburundi Yaburemye Ikukunda Ikunda Nabarundi

  • wewiyise bj mpiyama utinyimana wubahe namasengesho kuko urigitazi pe sabimana ikigorwe

  • Polenyakubahwa.Imana Isumbingabo.Igisigaye.Kore Nkasamusoni Umunaziri Mwabisezeraniwe Kuva 1972 _1993 gushikanubu ntimuzorangiza mutarokoye ubwokobwimana bwaribwarahotowe,nabarya ba fdrr bagorewemuririryashamba,kagame arimuminweyawe,kuramunzira,iyoshetani, FDRR batahe

  • Polenyakubahwa.Imana Isumbingabo.Igisigaye.Kore Nkasamusoni Umunaziri Mwabisezeraniwe Kuva 1972 _1993 gushikanubu ntimuzorangiza mutarokoye ubwokobwimana bwaribwarahotowe,nabarya ba fdrr bagorewemuririryashamba,kagame arimuminweyawe,kuramunzira,iyoshetani, FDRR batahe

  • Vouz pansiez qu’ils etaien t morts erreur?peter ninkona

  • Eee Nabandi Bazakumuherako Nkurunziz Koyavuze Ngo Harigitangaza Imanigiyegukora Nonenicokuza Arababura Aba Genelal? Oyanoneho Nico Uwamuhay Yamutegetse Kwarugusesamaraso Mpaka, Ikimbabaj Nuko Arabobantu Bimana Barikobarwa Mumporero!

  • Pole sana mutama pita ntabugeñzi agira mwese arabamara ñirubura kigongwe nanyina yomwica nahoyoba deniza yomwica atamushigikiye

  • Pole sana mutama pita ntabugeñzi agira mwese arabamara ñirubura kigongwe nanyina yomwica nahoyoba deniza yomwica atamushigikiye

  • ngaho da ngo mu burundi bategereje amahoro ahaaaa naba ndeba amaherezo aliko amaherezo nutabona yabona

  • ariko muhumure imana ni nkuru ntaco tuzoba,kandi niyo izohuza abarundi ikureho abatera desordre bose mugihe batihanye izane abatware bakunda igihugu bagiteza imbere badateza imbere inda zabo gusa gusa.KWICA UMUNTU NI NI KUJA MU MURYO WA GAHINI

  • ariko muhumure imana ni nkuru ntaco tuzoba,kandi niyo izohuza abarundi ikureho abatera desordre bose mugihe batihanye izane abatware bakunda igihugu bagiteza imbere badateza imbere inda zabo gusa gusa.KWICA UMUNTU NI NI KUJA MU MURYO WA GAHINI

  • None Boba Babafashe Bose .Nibihangane Abobose Bashaka Gutembagaza Izego Z’igihugu Imana Irababona.

  • Babuz Kukigandagura Uraz Amagorwa Batey Igihug Be Na Nkuru Mbi Baragaswera Banyina

  • @Jean Claude , liLI. Ndabashimiye kubwiyumviro byanyu byaburi gihe. Kuko mbona muri abatutsi b’umutima nkanjewe. Gusa mugabo abahutu bose baba kumusaga turaza kubagandagura.

  • Kebereza Keberezagoose

  • RABANEZA GUKO NAHO PRESIDENDA ATANGA IKIRINGO CINDWI IMWE YAMATOHOZA BIRAGARAGARAKO ABAFATWA ATARIBO BABIKORA ,MBEWOHERAHE UVUGAKO ABISHE ADOLPH BAFASW HANYUMA HAKAGUMA HIBONEKEZA PIK UP ZIRASA ABATEGETS? MBEMUNYUMVIRA IZOMODOKA ZAGISIRIKARE ZIKORESWA SIZO MUGI SODA CANKE IGIPOLISI C’UBURUNDI ?NTIDUHENDANE ABANSI BUBURUNDI BARIMUBURUNDI

  • amatohoza!!! aho abo bakeneye gufata baza bari kurutonde amatohoza yabo aba imbere yuko araswa!! yemwe lmana gusa!! hama prime akishika kujeba jeba baramugema piter nyafyina ntamimenyerano sha!!

  • muritonda ubu si 1993. ubu ho turi maso ntomuzotumara gutyo nyene ngo vyijane

  • Bashaka iki abo bicanyi ahubwo ntabwenge bashaka gutera uburndi?harikera

  • Abarundi tube maso ntihagire abaducanicamwo twarose amahoro tuyanyotewe

  • Abarundi tube maso ntihagire abaducanicamwo twarose amahoro tuyanyotewe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.