IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Abaporisi 34 barishwe, abagera kuri 293 barakomereka

Abaporisi 34 barishwe, abagera kuri 293 barakomereka

lundi 30 Munyonyo 2015, par egide

Ubushikiranganji bw’umutekano bumenyesha ko bwaranguye kugeza ku bice 90 kw’ijana ibikorwa bwari bwihaye mu bijanye n’ukugarukana umutekano mu Burundi muri uwu mwaka w’2015.

Muri uwu mwaka w’2015, umushikiranganji w’umutekano Alain Guillaume Bunyoni amenyesha ko kimwe mu bikorwa ubushikiranganji bwari bwihaye muri uwu mwaka wa 2015 ari ukurwanya ubukozi bw’ikibi n’iterabwoba. Ubwo bushikiranganji buvuga ko kuva hatanguye imyiyerekano mu Burundi, abaporisi bagera kuri 34 bamaze kwicwa n’abantu mu giporisi bita abagumutsi, abagera ku 293 barakomereka, harimwo abaharurwa kuri 8 bacitse ibimuga.

Mu kiganiro c’ugushira ahabona ivyaranguwe n’ubwo bushikiranganji mu mwaka w’2015, umushikiranganji w’umutekano Alain Guillaume BUNYONI yamenyesheje ko kuva hatanguye imyiyerekano yahavuye ihinduka imigumuko, abantu bagera ku 6229 aribo bamaze gufatwa, muribo abagera ku 4061 bakaba aribo bamaze gukorerwa amadosiye arungikirwa ubutungane bw’Uburundi.

JPEG - 65.3 ko
Alain Guillaume BUNYONI, umushikiranganji w’umutekano

Alain Guillaume BUNYONI umushikiranganji w’umutekano avuga kandi ko kuva mu mwaka w’2015, igiporisi c’Uburundi cafashe ibirwanisho bitandukanye vyari bitunzwe n’abanyagihugu batabifitiye uruhusha. Mu vyafashwe, havugwa inkoho 614 zo mu bwoko butandukanye, amasasu 31286, impuzu wa gisirikare 186, iz’igiporisi zigera ku 185, hamwe n’ibiyayuramutwe.


IGIHE

Messages

  • Un grand menteur du régime Nkurunziza. Plus de 500 policiers ont deja perdu leur vie, a cause de ce meurtrier minister. Et c’est cela la vérité qu’il cache et croit qu’on le sait pas.

  • kwitera ibiraka gusa abantu birirwa baricwa bunyamaswa nabitwa ngo bajejwe kubakingira.Bitebe bitebuke ukuri kuzomenyekana.Imisi yose agateka umunyagihugu arakarwanira ntikizana.Iyo abahutu bataja kurasa mwishamba abatusi borinze bapfa babacinyiza.Natwe tuzogumizako mpaka twikuyeko intwaro yagahotoro.Soyons unis.Tout est possible.La limite est le ciel.

  • HOW CAN WE BELIEVE IN SUCH BIG HEADED ! IF SO WHO AGAIN TASTS?

  • None ga bunyoni wubahuka ukavuga ko l,ancien president Bagaza adafise uruhusha rwo gutunga inkoho imwe imurarira, ivyomumarisha abanyagihugu kuva kuma blindé ariwe yabizanye mu gihugu, nta soni mufise mwebwe?????????

  • Bandanya igikorwa mwashinzwe turabashigikiye ahubwo muronderere hose n,ikiriri...izonyankaburundi muzituze mudatinya iterabwoba ry’abazungu bariko bironderera inyungu zabo twongera dushima ingingo zafatiwe arya mashirahamwe ariko ahinyuka .Abenegihugu twarabahinyuye ico bari bagamije ariko ntantambwe bazotera uwifuza ingwano izohera iwe iherere iwe nkuko President yabivuze noneho biriko bija ahabona
    n’ayo ikibazo c’abarundi kizotorerwa umuti n’abarundi ubwabo si abanyamahanga kuko ubwabo nabo bafise ibibazo!

  • BANDANYA MUTUZA IZOMBWA ZABAGIZIBANABI BASHAKA UBUTEGETSI BIHAYE TWE?ABAZURU NTAHOBODUCA NUMUSHBTSI TUZOWUSHIKURA NAHAMAKUNGUBISHIMIRIZA YOVUZINDURU TWOBEGERANYA

  • BANDANYA MUTUZA IZOMBWA ZABAGIZIBANABI BASHAKA UBUTEGETSI BIHAYE TWE?ABAZURU NTAHOBODUCA NUMUSHBTSI TUZOWUSHIKURA NAHAMAKUNGUBISHIMIRIZA YOVUZINDURU TWOBEGERANYA

  • Nabishe 72 twarabahevye kiretse abo ba PNB bacu twabuze tutanse turahojeje uburundi kuko bafiriye igihugu bitangira abanyagihugu ndasavye apemere Polisi yacu ko bofata akanya bakabibuka kuko nincungu zacu kandi ntimucikintege ntimurye inzoka munanirwe numurizo humura urugamba mwatangiye rugeze kumusozo bamujeri bageze ahogoterizuba fatane munda mugirurunani rwintamenwa natwe turinyuma yanyu kuko umutekano nuwatwese nimwadebukirwa twese tuzosubira nka 72 komeza muja imbere nakare murinkinzo zacu nvuzenti tugire PNB merci

  • Mbega ntasoni wumva ufise kuba umaze kwica abattu bangana uko ugaca uvyigamba uzopha kumwe herode yapha

  • Mbega ntasoni wumva ufise kuba umaze kwica abattu bangana uko ugaca uvyigamba uzopha kumwe herode yapha

  • Har’abantu bibaza ko atacobakorako. Nkuru wewe arihorera, akimyegeza. Nayo abo bakina na la communauté internationale,ni baza ko bibagira iyo bavuye niyo baja.Bi bikebuke kuko ndibaza ko atari ibijuju gushika hiyo.

  • Abo bahutu b’intagondwa bagomba kunywa amaraso y abatutsi uko bukeye uko bwije, bamenye ko bariko bakwegera akarambaraye abahutu benshi. Murazi neza ko mutazomara abatutsi, hama akari inyuma kazohinda. Ingwano y’abatutsi ubwo izotinda igaruke, ntimwibaze ngo vyararangiye. uwo muzosigaza azobabera ifuro ry igiti. Nobahanura kuronderera amahoro abarundi booose, mureke kwama muta ishavu ku batutsi babaretse ngo mutware, hama démocratie mwagwaniye mukayihinduramwo dictature na génocide. Ewe mwa bijujumwe. Ndiko mbwira izo ntagondwa zose, zitagira n’ubwenge ziguma zikwegera isinzi ry abarundi bakeneye kurya bike bakaryama.

  • NIMUBANDANYE MUSAKA IVYO BIRWANISHO NIHO UMUTEKANO WORAMA.

  • @Tuze (sindumuja). Abatutsi muzahorana amarira kugeza ryari wa gishwi we. Harya ngo murashaka ko Peter avaho hanyuma mugashinga i Burundi ya politique yanyu mu Rwanda yitwa( kona umuhutu) cyangwa(muhutu hinga mututsi nsarure). Murabeshya abarundi barakanuye bizabagora wa gipfayongo we.

  • yewee muzi gutukana gusa no gushakira impamvu aho zitari ,njye ndi umurundi ark ntago nahabaye cyane ark mbona bene wacu batekereza faux kandi igihugu bari kucyerekeza mw’icuraburindi mwemere mugirwe inama kuko ntamugabo umwe

  • Abobapolisi bacitse ibimuga,nibumvirize umunyenga

  • Je narababaye cane kubona hirya y’ejo nandika ntanga impanuro kur’iyo misore yahenzwe n’abishakira ivyicaro muri Leta hanyuma mukareka kubishirako. Muratubwira y’uko iyo site ari iy’abatutsi gusa hamwe n’ibipfamutima. Muramenya n’aho muzotuka Nye’icubahiro Petero Nkrunziza hamwe na Leta yiwe ivyo bitutsi ntaco bizohindura na kimwe.

  • turashimye uvuze aba police !hama aba civil bamaze gupfa nibangahe? ibimaramare gusa.

  • Igihe.com ni Site yashinzwe na ibuka yo mu Rwanda mumugambi wa Hima Tutsi -Tutsi empire. Muri make ni site y’abatutsi b’intagondwa . Ntaho itaniye na Iwacu Burundi, Rushyashya cg imirasire byo murwanda.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.