Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura : Uwari kw’irondo n’Imbonerakure nibo baraye bitavye (...)
Bujumbura : Uwari kw’irondo n’Imbonerakure nibo baraye bitavye Imana
dimanche 28 Ruheshi 2015
Inkoho nyinshi nizo zumvikanye mu gisagara ca Bujumbura, mu makaritiye atari amake, aho n’amagrenade yatewe, abantu babiri baramaze kumenyekana ko bishwe.
Izo nkoho rero zatumye abantu barara ntibuca, ndetse hamwe mu makomine yabereyemwo imyiyerekano, bakaba baciye bata induru ku munwa, abandi bavuza amafirimbi n’ibindi, abandi baja mw’ibarabara mu kwankira ko abaporisi binjira muri quartier hagati, kuko babagiriza ko baca babarasa.
Ayo masase menshi yavuze mu gisagara ca Bujumbura, abantu babiri baramaze kumenyekana ko bitavye Imana bahitanywe n’amasasu y’abaporisi mw’ijabe, umwe yitwa Patrick abamuzi bavuga ko yari umunyeshure muri kaminuza y’Uburundi, i Kiriri, mu mwaka wa nyuma. Mu muryango iwe kakabaari agahinda n’umubabaro.
Uwundi yitavye Imana aho mw’i Jabe ni Abdoul Prime, uwo nawe yahitanywe na grenade, abamuzi, bemeza ko yari Imbonerakure ya CNDD FDD.
IGIHE
Messages
28 Ruheshi 2015, 09:26, par FM
IMANA IMWAKIRE MU BWAMI BWAYO
28 Ruheshi 2015, 09:40, par james
none nkuyo aziz iki?yajakwirondo nkande?police kor icomwize.
28 Ruheshi 2015, 09:40, par james
none nkuyo aziz iki?yajakwirondo nkande?police kor icomwize.
28 Ruheshi 2015, 09:46, par NIJIMBERE
EREGA NIBAVUGEKO ARI IKIROBERI HAMA ABAJEJWE UMUTEKANO BABIRUKEKO BAREKE KWIVUGISHANGO AMARONDO AHO UWO YAPFUYE ATACO YARIKO ARAKORA NONEHO IRONDO NI URUGAMBA MURUNDI NONE NDABABAZE IYO YARI IMBONERAKURE YARIKO IRAKIZURA?
28 Ruheshi 2015, 10:10, par umwumvikano
RIP kuri abo bose bahitanywe n’ubwo bubisha, gusa ni ukwitonda kuko hari umu general yavuze ko bazotera muri ino minsi y’amatora bashobora kuba batanguriye bujumbura.
28 Ruheshi 2015, 10:10, par JEAN
EMWE MBONA BITAGIYE KWOROHA ASANGWA IYIMYAKA 5 BASHAKA KUDUTWARA YOHERA BIMEZUKU NTANUMWE AZOSIGARA ARIKO PORITIKE YABANANIYE PE!!! AHO BIRABATAYE KUWAMAZI
28 Ruheshi 2015, 10:11, par Kilosso
Ewe Burundi urababaje urateye agahinda.!
28 Ruheshi 2015, 10:22, par Modeste Bimenyimana
Abarundi Turarushe Nokwama Muntambarazidahera Amahanga Afashe Abarundi
28 Ruheshi 2015, 10:50, par nibitanga
amaraso yabo azobahumire
28 Ruheshi 2015, 10:51, par nibitanga
amaraso yabo azobahumire
28 Ruheshi 2015, 11:33, par Melchiade
Muraraba Neza Uyo Yar,umu El shababu Wo Muri Somariya Bazanye Gutoba Amatora Ngira Naho Bitaruko Niza Mbonerakure Zikizura Zitabifitiye Uruhusha Ni Bazirase Gose
28 Ruheshi 2015, 12:46, par Mumpe
KUKI MWEREKANYE UMUTUTSI GUSA? AMAHINYU.COM
28 Ruheshi 2015, 13:23, par John
Ay maraso yos ari kugatw ka nkurumbi iy shetani,uuuu sha buroca!
28 Ruheshi 2015, 13:35, par keza mireille
turahojej umuryang wabuze twonger twiyamirij bicabantu atac bapfa turabarundi twese
28 Ruheshi 2015, 14:05, par Mahoro
Imana ibakire mu bwami bwa yo. Aba umututsi canke aba imbonerakure Uburundi burabuze abana ba bwo. Kubera iki tutokwibaza ikiriko kiratuma abantu bahona, Nyenicubahiro NKURUNZIZA yari akwiye kwiyumvira ko ariko yumviriza abahanuzi babi na bo bakaba bangana abarozi agaheba iyo mandat ya 3 iriko iryanisha igihugu. ntawusomera induru ivuga, kananirabagabo ntiyimye.
ivyo ari vyo vyose kandi bitebe bitebuke Nkurunziza, Nyamitwe, Adolphe, Nduwimana, n abandi bazobibazwa.
Twizigire ko amaraso yasesetse akwiye. Muhagarike gusesa ayandi.
28 Ruheshi 2015, 14:06, par Nkundwanabake jean bosco
Patrick imana ikwakire mubwami bwayo,turahojeje numuryanga wabuze ntibihebure imana imana irikumwe nabo
28 Ruheshi 2015, 14:09, par kassory fofana
kubona hapfuye imbonerakure birahimbay !! shetani abakire mubwami bwayo !!! nibace ubweng!! babone yuk nkurumbi arik arabahenda!!.?
28 Ruheshi 2015, 14:13, par ana
ariko iby’abarundi ni amayobera ayo marondo ararwa n’abanyeshuri ,ababishinzwe bagiye hehe!! ni leta se ibashyiramo cg ni akazi bihaye ubwabo!!!kuki mwitobera igihugu koko!!!
28 Ruheshi 2015, 14:14, par bombo
murahumba ngo yari imbonerakure???toka twarabahinyuye,ntamu CNDD numwe akiba nyakabiga canke bwiza,jabe muca mumuturira Bose barahahunze,ntambonerakure nimwe ikibayo mwanicanyimwe...none bagenda kwirondo bacungana nande? umutekano urafise abawujejwe.ahubwo muvuge tubahebe mwitorere uwubarongora nimba mudakeneye gutwarwa na piter,Niko mwamye,abo bstutsi bamanye ubutagondwa,kandi nimwebwe mwavyikwegeye mwibaza ngo mwoshobora ama coup d’etat nokurwanya Leta,
28 Ruheshi 2015, 14:18, par MBONI
UWUMUGABO.AKORERA IGIHE.BAMURABE.UMUNTU ARATANGA.ICIYUMVIRO NTAGISHIRE.AHABONA HA
28 Ruheshi 2015, 15:35, par Nahimana Claude
Barundi benewacu ;nshaka ndabaremeshe mugume mwihanganye kandi mwubahe ababarongoye.Iyo nsomye amakuru Yo hiyo nicwa n,umubabaro kukuntu amakuru asa n,ayaca ivutu abarundi ngasaba ababijejwe Gufata ingingo zibereye.Nsangiye umubabaro n,ababuze ababo,nkibutsa abavyeyi kwama bitaho abana babo mukubigisha indero runtu.Kubijanye n,umutekano nsaba :-mukorane nabajejwe umutekano mukurwanya umwansi ahari hose.-kubinanye n,itangazamakuru;reta yarakoze ikosa kuko yahaye umwidemvyo mwinshi abanyamakuru ari naco gituma mwohagabira;A
akarorero RWANDA;UGANDA;KENYA SUDANI na Ethiopia nta radio canke ikinyamakuru kivuga ivyo reta itemeye gica cugarwa-Kurabo banyacubahiro bivugwako bahunze,ntibibatware umwanya kuko ico bari bashaka barakironse,yari amahera mureke bagende bazogaruka mubihorere.-kubijanye n,amashirahamwe avugako atari muri politike ,abo mubihorere nta gihugu bakunda kuko bakora iyo hari imidugararo amaraso aseseka aho umuzungu akabona kubahemba.-mbipfurize kuja mumatora mumaramaze abashaka amagaburanyama y,intwaro mfatakibanza .Nsozere ndabipfuriza kutifadikanya n,inkozi zibibi mufashanye nabintwaro n,umutekano mukudomako urutoke uwo wese mwiketseko ataneza abipfuriza.Barundi muzi mwahitiye murikanure kuko abansi nabo badashakako mwitorera indongoz;murikanure abababohoje murabaz;nkarangiza mbabwira nti: -Intibagira ntibana;-kahise gategura Kazoza;benewacu hakubura ubwenge wobura amafaranga..Uraba wumva birenge niwewe ubarirwa.
28 Ruheshi 2015, 15:45, par DESERT
Naho nkurunza bamuhenda bakagomba amaraso yabarundi bose arabesha
28 Ruheshi 2015, 16:15, par emma
emma
jewe ndahojeje umiryango yabuze ni mwihangane. Ana wavuze nabi kandi ndibaza ko wewe urikijuju, abobapfuye simbonerakure kuko nta mbonerakure irara irondo kandi munyakabiga nta mbonerakure isigayeyo zose zarahunze. Abapfuye nibabagumutsi.
28 Ruheshi 2015, 16:29, par emma
emma
jewe ndahojeje umiryango yabuze ni mwihangane. Ana wavuze nabi kandi ndibaza ko wewe urikijuju, abobapfuye simbonerakure kuko nta mbonerakure irara irondo kandi munyakabiga nta mbonerakure isigayeyo zose zarahunze. Abapfuye nibabagumutsi.
28 Ruheshi 2015, 16:54, par REMY ONE
IMANA ITUBABARIRE NTANYAGUPFA NANYAGUKIRA UMUHUTU,UMUTUTSI,UMUTWA TWESE TUR’ABARUNDI AHUBWO IBIDUCANISHAMWO NIBIHAVE MWIZINA RYA YESU.
28 Ruheshi 2015, 17:09, par Kabwa
Nimuz Tubemaso Ubundibwo Turahera Kuko Abodukingiy Nibo Batumaz Yemw Hasigay Ah,imana
28 Ruheshi 2015, 17:14, par Kevin
Imanibakir Mwijuru.Ntakund Ivyuburundi Ni Dange.
28 Ruheshi 2015, 17:23, par King
Mbe Mwibaza Ngo Urusoro Ruratora Barek Bamarane hari Imbonerakure Yopfa!
28 Ruheshi 2015, 18:32, par kiwi
nkurumbwa vaho genda just now! !!!!!!!!heeeeee!!!!!!!
28 Ruheshi 2015, 18:34, par NDIMUBANSI DEOGRATIAS
Birababaje kubona ikiremwa cimana gitaha. umukuru wigihugu nadukure murubu bwicanyi kuko niwe afise iryanyuma
28 Ruheshi 2015, 19:01, par Ezechiel Niyukuri
Abapfa Bose Imana ,izababaza ababica,kandi nabonyenebicaband Nabobazicwa Ejo,kuko,icumuntuyicisha,cose,nawe,nicazokwicishwa.Ndahojeje,umuryango,wabuze,nukuri,mwihangane,mwisi,nikobimeze,ijambo,ryi Mana,rivugango,twametwiteguye Kuko Tutazumusi Canki Saha
28 Ruheshi 2015, 19:53, par EMMANWERI.SOSUMMO
IMANA,YAKIRE,MU BWAMIBWABO,NDE MESHEJE,ABOBOSE BABUZE,ABABO,IMANA IBAHEZAGIRE,
28 Ruheshi 2015, 20:11, par francine
Pati imana ikwakire mubwamiyo’umuryango we naw wihangane ntakundi nibintu bibabaj cane ariko imana izadutabara
28 Ruheshi 2015, 20:30, par ABEDI HERMAMI
AMAKUNGU AKORIKI ABO BANTU BAGUMA BAFYA BOSE BAFYA KUBERA NKURUNZIZA
28 Ruheshi 2015, 20:52, par NKURUNZIZA VAKO
UMBWAMBERE ABAHUNGA NABABWIRA BASOME IMIGANI 28:1 NONE UBU NDABONYE ICOBAHUNZE.
28 Ruheshi 2015, 22:09, par fidelite
Déjà iyi titre ya article ntigira sens,ngo abaraye kw’irondo n’imboneakure,c’est qoui ça?None uyo munyeshure mugire mumbwireko yararanye irondo n’imbonerakure aca arapfa ,arivyo bishwe na nde?Abo ni ba batutsi batanguye kutwicira abantu mu ma quartiers uko bari babitanguye mu myiyerekano,abakijujuta ng ni ibibazo vya politique biri i burundi,kakarabe mu maso bwakeye mukanure neza,abatutsi barabadutse ,iga kwicungera nyabuna ,dent contre dent.
28 Ruheshi 2015, 22:20, par BIG EMMANUEL
IMANA NIBAKIRE MUBWAMI BWAYO.
28 Ruheshi 2015, 22:24, par nahimana Claude
Barundi barundikazi mwese inkoko niyo ngoma mutore uwabakuye mumashamba no mumyonga igihe BUYOYA na Pacifique bari bagifukamye munda mumisozi no muri KAMINUZA.Banyagihuvu CNDD-FDD na president NKURU NZIZA niyo nganda,ntimukajuragizwe nabahemu nka RWASA.NDAYIZEYE.MINANI.NTIBANTUNGANYA na Pancrace batacibuka icatumye bahungira mu RWANDA kuwari umukunzi wacu nyakwigendera HABYARIMANA Juvenal IMANA imuhezagire.Benewacu mbasaba muteriteka NKURUNZIZA na CNDD-FDD aho bukera mumaramaze ba mbonimpa na pacifique.
28 Ruheshi 2015, 23:01, par nsengiyumva
imana yarishuy es ivyo yagomba gukorera abandi wwe kuberiki ewe mana yacu zurishura murikigihe canyuma
29 Ruheshi 2015, 00:05, par aline
aba b
29 Ruheshi 2015, 07:19, par TUOMBE RUSENYI
NONE NKABO BAZIZE IKI?
29 Ruheshi 2015, 07:46, par Athanase
Patrick inzirakarengane ashike mubwami bw’Imana.
29 Ruheshi 2015, 07:46, par Athanase
Patrick inzirakarengane ashike mubwami bw’Imana.
29 Ruheshi 2015, 07:46, par Athanase
Patrick inzirakarengane ashike mubwami bw’Imana.
29 Ruheshi 2015, 08:02, par Prime
Patrick wiruhukir mumahoro!communaute estudiantine ntituzok8bagira.
29 Ruheshi 2015, 11:12, par Felicien
Mbegayemwe umulyangowe walahunze nonega abanyagihugu ashakako bogwamulico uwomugabo indayasumbijeubwenge allabashuka
29 Ruheshi 2015, 19:30, par DN940
Imana ibakire kndi yongere ihore abakoze ako kabi kabishe.Abanyehure ba kaninuza y’Uburundi turahojeje umuryango wabuze.
29 Ruheshi 2015, 20:16, par Niyonkuru
Sivyiza arakabona Bamwishe.Ntazize ubusa yarigukoriki?
29 Ruheshi 2015, 20:32, par Firmin
Aragahorakungoma.Ahoyankuyenihabi.
29 Ruheshi 2015, 21:01, par tuyisenge jackson
mananonenkuwo aziziki imananitugarukirepe nayo atarukoturahona abayo
30 Ruheshi 2015, 00:29, par Amédé
Fidélité. Uti abo ni ba batutsi batanguye kutwicira abantu? Ico nokubwira n’uko umusi Abatutsi bazotangura kubivuna, uzoca ubibona. Ibuka ayo inkotanyi zakoreye ingabo za Habyarimana. Mwoshaka mwokwitonda kuko ingorane ziri hagati yanyu, mureke kubishiramwo abatutsi.
30 Ruheshi 2015, 07:23, par bigirimana
manatabar abaw abaporis ndababazemukorer iman canke satani?murintumwayande?muribazako ibibiremwavyimanamurikomurica komutazobibazwambegamuraz agacirokumunt imbereyimana?nimugarukekumana isi mukorera iriko irashira
30 Ruheshi 2015, 12:05, par nzoga
Imana yaremye abantu izi impamvu ibaremye. Iyo ubishe ubarenganyije Imana niyo ifata icyemezo cyo kubarengera. Igira ingabo nyonshi. Nibona ko abapfa barimo kurengana, ababikora baxabyishyura
30 Ruheshi 2015, 19:37, par minani
hapfuye bangahe
30 Ruheshi 2015, 19:37, par minani
hapfuye bangahe
30 Ruheshi 2015, 22:17, par Nsengiyumva
Imiryangoyabuze Ni Yihangane Murakoze.
1er Mukakaro 2015, 13:11, par BABU
MBEGA UMUNTU APFUYE ABANTU BARASHIMA
1er Mukakaro 2015, 21:14, par Schadrack Nshimirimana
Mbega Munezerwa Nabapfa? Rorera Imama Igiye Kugira Icikorer Uburundi Muzotangara.
1er Mukakaro 2015, 22:07, par Misigaro Pacifique
Nukuri Ni Ibara Abantu Bariko Bicwa Bunyamaswa Burya Namwe Muragombagupha? Mugomba Twese Tuje Mu Buhungiro Vyose Kugatwe Kaw President
3 Mukakaro 2015, 18:46, par NININAHAZWE CLAVER
NTAKUNDI MBONA GUTER AMA GRENADE ARIHIGANWA BAMENYE KONABONYENE BAZOKWICWA NAZO.
4 Mukakaro 2015, 07:46, par Kabura
Musanzwe Muzi Ko Twaremwe Mwishusho Y’imana Kubera Iki Mushaka Kuzimanganya Ishusho Yayo Muzobibazwa ABabikora Nimwihane
6 Nzero 2016, 20:28, par NAHAYO JEAN
NAHAYO JEAN: KOMINE RUTANA.IMIRYANGO YABUZE NTAKUNDI NIYIHANGANE .