Accueil > Amakuru > Ubutungane > ABR imenyesha ko igiye kwitwarira Reta y’Uburundi na RTNB
ABR imenyesha ko igiye kwitwarira Reta y’Uburundi na RTNB
lundi 11 Rusama 2015
Umukuru w’ishirahamwe ry’amaradiyo asamiranira mu Burundi ABR Patrick Nduwimana amenyesha ko bagiye kwitwarira Reta y’Uburundi na Radio Televiziyo bikuru vy’igihugu,mu masentare ari mu gihugu no hanze.
Mu kiganiro yahaye abamenyeshaamakuru Patrick Nduwimana amenyesha ko hoba hari umugambi wa Reta ko ibiriko biraba mu myiyerekano,abantu bapfa barashwe,abakomereka ,abandi bagapfungwa bitomenyekana.

Patrick Nduwimana asaba abatanga infashanyo mu gista c’amaradiyo kugira amatora azogende neza,guhagarika izo nfashanyo zose kuko ataco zoba ziriko zirafashe mu gihe humvika iradiyo na Televiziyo vy’igihugu,hamwe na Radiyo televiziyo Rema FM.
Muri ABR, basaba Reta y’Uburundi kwugurura amaradiyo yose atumvikana hagati mu gihugu atakirinze gusabwa.
Mwomenya ko haheze indwi zirenga zibiri iradiyo RPA itumvikana mu gihugu cose,mu gihe Radiyo Bonesha FM na Radiyo Isanganiro nazo zumvikana mu gisagara ca Bujumbura gusa.
Messages
11 Rusama 2015, 14:52, par Nuwera
Nonenambuzi ubwengekoko ntubona aho izo radio zishika ayobabonye Ko amabarabara yahindutse ahogururirira imyanda, ntuheza ngukurikirane aho ayoma radio adashikira nkukubivuze kwibikorwa vyamisiyose bikorwa ukurikwanye, think about man do know that I mean? Ndakubaze kumenyekanisha ibikorwa vyamatora nukwirirwa muravugango amabarabara runaka yazibiwe ngonama pinoue meshimeshi yaturiwe!? Hariho umwanditsi ngaha Bujumbura yahamagaranye nabantu bariko bararindera ama pine yoguturira nonehobaramubwirango uzekuza gufatamaphoto ngokumasaha ayanaya ngoniho hazakuba umuriro wabayemwishi! Ayoniyo bakuru muvugako abarundi twahomvye? Aragahera.
11 Rusama 2015, 15:18, par buzokira nkurunziza
NINE AMARADIO NAYO BAYAHUGAKO IKI NIBIMARAMARE NUBUGURURE RPA UFUNZE RPA UBA WISHE IGIHUGU COSE NABA CNDD NTIBAMENYA INKURU TURATEYE IVYATSI INGENDO YA NKURUMBI ARONGOYE UBURUNDI KUMARADIO AVUGIRA ABANYAGIHUGU.
11 Rusama 2015, 16:24, par ukuri
NAJYE AGAHENGE NFISE AHONDI NUKO AYO MARADIO TUTAYUMVIRIZA,ARAGAHERA BURUNDU IVYAYO TWARABIBONYE IMIBOROGO Y’ABAVYEYI IZABAKURIKIRANA MPAKA, UBU IMPUNZI ZIRI GUPFIRA MUMA KAMBI ZIGARUTSE NIZO ZABA IVYABONA.
11 Rusama 2015, 19:34, par kaburantwa
Ubu oyo maradiyo yugaye dufise agahengwe
12 Rusama 2015, 09:14, par Ndag Pacifique
ahubwo baratevye kwitwara!ntivumvyikana ukuntu bobugarira amaradiyo namatelefone kandi badaheranye!!!abanyagihugu natwe tukicwa nukutamenya ibiba muburundi!mbe ayo matora yoyo avugwa yoba gute amaradiyo yugaye!impossoble!leta niyugurure hama babahe indaminisation.merci
14 Rusama 2015, 12:51, par ndarivuga ivan..
Uwuvuga ko ayo maradio yoguma uko yari,vyoba vyiza ko wokumva ngo duuu! usinziriye.sha wopfuma usamba kuko ni mu minota nkibiri isigara,gusa umuntu yoyikorera biramutse bibaye ukaronka ivyo werekana mwijuru.
20 Rusama 2015, 04:45, par Benigne
Ntibitangaj Ntankoko Yomwishamba Ibik Mumuj Ikagenda Idahinyutse Mbega Ayo Maradio Bayugay Baba Batsinz Amator?Ntibarusha Goliat Uguhakan Arik Yaragondojw Zizohor Ziteb Zivug Abo Nab Bavug Ngo Bafis Agahengw Bazokangk Gwabuzuriyek Zirish Mukik Ziraririy Mpand
20 Rusama 2015, 04:46, par Benigne
Ntibitangaj Ntankoko Yomwishamba Ibik Mumuj Ikagenda Idahinyutse Mbega Ayo Maradio Bayugay Baba Batsinz Amator?Ntibarusha Goliat Uguhakan Arik Yaragondojw Zizohor Ziteb Zivug Abo Nab Bavug Ngo Bafis Agahengw Bazokangk Gwabuzuriyek Zirish Mukik Ziraririy Mpand
22 Rusama 2015, 12:12, par Nelson
Leta yuburundi yerekanye ahihagaze ishaka kumara abana buburundi atacamira kuko kwugara ama radiyo yigenga nuko ariyo yababera intambamyi mumugambi wabo ugayitse.Kimwe gusa ibi biba nkurunziza abibona kandi agira ngo numusenzi arabesha Imana izobimubaza nkuko yavyirahiriye imakamba muri 2005.
25 Ntwarante 2016, 06:10
IGITUM BITWARIRA RETA