IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Agahengwe kabonetse mu gisagara ca Bujumbura

Agahengwe kabonetse mu gisagara ca Bujumbura

lundi 1er Ruheshi 2015

Mu makomine atandukanye y’igisagara ca Bujumbura ni agahengwe, mu gihe vyamaze kumenyekana ko abagira imyiyerekano bari mu karuhuko ku munsi umwe.

Ku va muri komine ya Kanyosha, ugashika hagati mu gisagara ca Bujumbura, imiduga ikora ukuri kwamye, nta myotsi yibonekeje mu makomine yo mu Bumanuko bw’igisagara canke abagira imyiyerekano. Eka no muri komine ya Nyakabiga, bagenzi bacu bariyo, batumenyesha ko ibintu vyifashe neza, abantu batekanye, eka n’imiduga ikura abantu mu Buraruko bw’igisagara ca Bujumbura, ikaboneka ku bwinshi.

Amakuru twagiye turakura muri bamwe mu batunganije iyo myiyerekano, bavuga ko impera y’iyinga yaranzwe n’imyiyerekano, yaba abayikora batashoboye kuruhuka co kimwe n’abasanzwe babacungerera umutekano. Batanze umunsi umwe kugira abaja gusuma basume, n’abandi bafise utundi bokora, badukore, bakavuga ko iyindi myiyerekano itunganijwe kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 2 Ruheshi, mu gisagara ca Bujumbura, no mu ntara zo hagati mu gihugu.


IGIHE

Messages

  • komere mwebwe mugira imyeyerekano yo kwanka mandat ya 3 ya nkurunziza. mbe ntimuramenya urya yariyavuze ko yahagaze nuwari yamutumye?

  • iyija kurisha ihera kunama!gikuru nuko tusubira kubura abacu kubwo gutahura nabi kwacu dusavyeko uku vyiriw vyoca vyigumira ukunyene kuko twatakaje vyinshi muruku kwez.

  • iyija kurisha ihera kunama!gikuru nuko tusubira kubura abacu kubwo gutahura nabi kwacu dusavyeko uku vyiriw vyoca vyigumira ukunyene kuko twatakaje vyinshi muruku kwez.

  • Amahera yabaheranye nahimwidadira gsakimwe kubera murintumva babarase mumaguru ntibasubirekurasa mumutwe babace ibimuga niho mwohaha

  • Mpore benewa! Arusha ntacavuyeyo kweli, ahubwo ziduke twitegurire amatora izi 45jrs ntizibapfa kubusa ngomusubire ku regrta nkambere. Murabona ko amapla yose yase!!! Nayubundi uwubona kwatoza ikivi ntaruhuka!

  • Komera ejo aho bukera ntimutangwe mumabarabara.ntimuryame iryumukondorazosi

  • TURASHIMYE KUMVA,ABAGIRA IMYIYEREKANO BATANZE,UMWANYA WUNOMUSI ,KUGIRA ABANTU BAGENDE KU SUMA ATANGORANTURASHIMYE KUMVA,ABAGIRA IMYIYEREKANO BATANZE,UMWANYA WUNOMUSI ,KUGIRA ABANTU BAGENDE KU SUMA ATANGORANE.

  • abo batutsi ntibahaha none nkubu babony ingene i gisagara gisa neza uno musi ejo bazoba baje gukora iki? nudukoko kweli! abahutu bari inyuma yabo nibaz ko babaciriy mukanwa

  • AHO NTIBOCA BAGEZA NGAHO KO AMAKUNGU YAMAZE KUBIBONA NATWE ABANYAGIHUGU TWABIBONYE NTIBABONA KO UMUTEKANO URYOSHE!

  • Turashimiye Imana Cane

  • komera ncuti mukunda igihugu guma mutubwira inkuru abangushi ko baduhekuy amaradiyo bibaz ko atankuru tuzosubira kumeny nibigu bitiz nkimbonerakur na police

  • None burya mw’ibarabara baharondera iki,bazotinda baruhe.Jewe nobahanura kubandanya imirimo yabo nayo ibarabara ntaco bazorikuramwo.

  • nivyo ndabakeje kuba mwaruhutse kugira musume ejo muzozanane inguvu zidasanzwe.natwe turiko twitegura ejo tumanuke kubafasha kwiyamiriza uyu mumenja.

  • Kubrek ibnt bimey gurya mugihugu? Ark intambara n.iyimana

  • mbe Ubu président ni Inde? ninde yumvirwa nabanyagihugu? biraboneka KO ari opposition na société civile. stop sindumuja

  • emma

    yemwe bantu muja mwibarabara rabe mwikebuke muve mwibarabara kuko iyongendo siyo izotuma haboneka ivyomushaka, guturira amabarabara nimiduga navyo musha mwobiheba kuko ntaco bizobashikanako bwirane mubivemwo nininahazwe na vitari nibareke kubahenda

  • Buzamurangika yo abahugu babo be nabagore bank bahendesha imikate abobana bo mwibarabara nizo mvusi.

  • Njye ndi umututsi ariko abanyapolitiki nka Pacifique cg Sinduhije baragapfa. Kuko mbere twari twimereye neza cane abana bacu boja kwishure none inzara iratumaze. Guhera iyi saha sinzosubira mwibarabara . Abo bigwa baduhenda twobatahuye. Nta mututsi nkanjye w’umutima uzosubira mwibarabara

  • Jew Ico Niyumvira Nuk Mu Gihugu Cac Hatagiy Haricarirwa Uyu Mutekan Muke Ntuzopf Uheze Kand Petero Nkurunziza Narab Igishobok Kugr Amahoro Agaruke Mu Gihugu.

  • Aho hantu ko ari heza. Nkuru ntarahabona ngo aikebere

  • Ndi Joseph Emwe Igipfa Kiburiwe Ni Impongo Uwuratubwenge Bwiwe Abariki Juju Abafisaho Bataha Borekimigumuko Imayibobo Zice Ziboneka Iherezo Zizoherera Mugasho’

  • None le politie ntakuntu nworeka pita manda yanyuma nkuko abisaba ariko.muhindur ceni hanz iyi taziba amatora psk iyo niyo izoduha kubaho neza twebw abanyagihugu bato bato kuko ndazi btawuzotsinda 65% mwes muzogabura ariko nimwaja muri reta twebw turoroherw can kuko ingingo izofatwa numuntu umw ayifata kuvyo yifuza ariko agafatwa na bos ndazi ndazi ifis inyungu kumunyagihung hama uwakoz neza tumushir imber ejo hazaza mrkoz

  • Murabazi turakuzi!!none gawamuhutu mubi nikunyo waruzi ngo muzoguma mwica abandi namwe muzuje inda zanyu!!eeh nabana banyu reka babihimberemwo nabo!mwari muzingo!!hakwiye igihugu kirarwamwo démocratie pana akagwi kishe igihugu kirarwamwo ubukene nubwicanyi!!dukeneye aho justice yigenga, dukeneye amahoro niterambere!!mwamburakimazi mwe zimbinerakure naba DD mwishe igihugu gikenye mwishinga kwiba, kwica, gusambana...!!ntamvura idahita na Buyoya yaragiye mwe muzumirwa muzopfa mwumye mwicuza kuko ibyo mukora numuvumo muzanira même vos enfants

  • @Mutabazi
    Ubu noneho ubaye umututsi????? Kuva ryari???!!!! Uranyishe. Ubwenge bwo biraboneka ko atari ikirenga. Hahahahahaaa!

  • @Mutabazi,
    Uri ikijuju usangwa ujanwa mumyiyerekano kubera ubwoko, uriko uhenda nde ibarabara wewe uvuga uko ntiworijamo tu es un extremiste naguhinyuye.

  • abanyamingabwe nibareke ngushira inyungu zabo imbere ahubwo bashire imbere inyungu nzabanyagihugu

  • No mwabatutsi mwe mwaretse ubu extremiste natwe tugaterera mukubaka uburundi. Uwumva andusha kuba umututsi w’umutima nakomeze yihereze ibarabara. None mubona gutwika abahutu n’imipine arivyo bizodufasha. Njewe mvugisha ukuri sindi nk’imihirimbiri yo kumusaga itavana amaboko mumpuzu. Ubwo abangwanya murashaka kujya muryo ivyo mutaruhiye. Njewe nzigukora sindi nkamwe aba paresseux.

  • nimureke anduware abatuzi kobatwaye iyaka 50000

  • Imyiyerekano n’ibandanye EAC vyarayinaniye gutora inyishu y’ikibazo

  • kubemera imana na kirisu batubwira ikigongwe, ariko umuntu asubiy kuzana aka95-96 twagira ngo abarundi bagiy kwiruhutsa, agatuma abagore kuja guta agashambara mw’ibarabara imber y’abana babo na basaza babo, twagira ngo nkumbur hagez aho indero yogarukirwa, kuzegembana amazirantoke mumayirabiri, guturatuza urwaruka n’abakamakare, gutera abantu agerenad kwica no guturira abantu mwibaraba ryaka riva, kwemera bagaturira igihugu kubera umwina w’ubufaranga babahaye canke bitez kuzonyonora, bakagirako bakiyita intwari, indongozi karuhariw, ibikoko bidakokoy, babitumwako... je numva umengo ikigongw comva kure. mugabo banyina, hagez aho ntamwana yiyamiriza i-nkurunziza, je ngira, sinzi, ... none twofata ko n’imana iba?minani asubiy gusimbira kuri rfi tanzania nka 93 murwanda, nti basi igihuna kirabitse imipanga n’imigano birasubiriye. ariko nzobagaya gushika impera. noneho urumva ngo wariyoba wewe yaziz kuba ibanki y’amajambo yari yabishikany itanzaniya yuko ari yama karitiy yabatutsi asubiy kwiha ibara. abandi msd.

  • Mandat Ya Gatatu Nti Mukoreko Muganire Ibindi.

  • none ayo ma quartiers twakuyemwo abageni,ko muyononye tumanutse tuzoyatembereramwo gute?tuzorira akabrochet he?nta vyanyu ntimubona kure !

  • Nkurunziza Turamwemera Kandi Tuzomutora .Mbemwomenya ko senateurs amercains bamwemeje!

  • wewe ushimira abakora imigumuko urikijuju pe!! mbega urazi ibimaze kwononekara ingene bingana? inzara ingwara ziramaze abantu

  • @wewe wiyita Jewe nawewe wiyita Uwubizi Murafise ubwenge kweli?Ndababonye Nkimburumburu ivyo Mutabazi avuga ntimubona kobirashe? nanje ndumututsi ariko nsindi gito nka pacifique na sinduhije nabandi batutsi bibigugu. Ariko Nomubihu Harimwo Imbwa Rwasa Minani, Leonce, Faustin, Rufyiri, Mbonimpa. Bameze Nkayambwa Mutima Wayaze.

  • TURAMUKIJE?MBEGA ABOBANTU BAGIRA IMYIGARAGAVYO BABITEGWANIKI BASHAKA KUGERAKUKI AHUBWO NIBITURUBUTUNGANE KUBERE UKOZ NKUKWI NSAVURIGIZE WOKWICAVYINSHA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.