Accueil > Amakuru > umutekano > Amasasu niyo yasamiranye mu micungararo nka yose y’igisagara ca (...)
Amasasu niyo yasamiranye mu micungararo nka yose y’igisagara ca Bujumbura
mardi 2 Ruheshi 2015
Inyuma y’umunsi umwe w’akaruhuko, abakora imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, ntiborohewe.
Abaporisi binjiye mu makomine yari asazwe aberamwo imyiyerekano, aho amakuru ariko aradushikira, atumenyesha ko inkoho nyinshi ziriko ziravuga, bamwe bafashwe, abakomeretse canke abahasize ubuzima ntiturabamenya. Muri kmine ya Cibitoke, Nyakabiga, Musaga na Kanyosha, inkoho nyinshi zavuze muri aka gatondo, ko ku wa 2 Ruheshi, aho abaporisi bariko barabuza abakora imyiyerekano. Abanyagihugu bo muri izo komine bakaba binyegeje mu mazu, aho atanumwe asohoka, kugutinya guhitanwa n’amasasu.
Muri izo komine rero nka zose, abaporisi bakaba binjiye mu makaratiye hagati. Muri komine ya Kanyosha, akaba ariho muri uyu mwaka amasasu menshi ariko aravuga. Aho bita ku Muco aho mu Kanyosha, abaporisi barashe rwose, abasirikare nabo, baca barakinjura, nk’uko izo nkuru zemezwa n’abari aho nyene.
IGIHE
Messages
2 Ruheshi 2015, 13:15, par PACALINE KEZA
OYA Vraiment nuko nukutamenya ico bakora;ubu hoho naho atawuba ahagaze kwibarabara;Bahita batera la cryimogène mu rupangu.ko batubujije ayo ma principale yabo;nti twayubahirije?Ubu hagez aho badusanga mu rupangu;ejo naho bazodusanga mu mazu..............Kand naho muturwanya;mumenye ko twese bituraba;uno musi nitwebwe;ejo ni mwebwe.Les policiers;ni mukore akazi kanyu mwisunz amategeko ntibabahende.
2 Ruheshi 2015, 13:27, par Dede
Nibave Mwibarabara Bemere Ibiganiro Kuko Bamw Bazohasiga Ubuzima Badashits Kuco Barondera Kandi Ufis Ubuzima Ntaco Abura Icataronse Uyu Munsi,ejo Arakironka
2 Ruheshi 2015, 14:21, par mutabazi
Izo mbura mukoro nibazereke. Harya ngo Kagame niwe bateze amaso!!! Nibahebe kuko adashobora gutinyuka kandi ntarakira umuhahamuko yavanye muri kongo.
2 Ruheshi 2015, 14:28, par emma
emma
izo vampaya ntizova mwibarabara ahumbwo nibazirase mumitwe ntibavune amaguru gusa nibasare president wacu ategerezwa kubatwara vyanka vyakunda twabonye mushaka intambara namwe muzoyibona ni muyirondere basha!!
2 Ruheshi 2015, 14:40, par Nsabiyumva Isaac
turasavy bahebe iyo migumuko kuko abariko bagira ingorane ni twebwe bene gihugu Ubu ntitukironka aho ducisha utwo twahora dushorera i Bujumbura uwo banka nibacish mû biganiro nom mû matora nayo ahandiho iyo nzira ntaho izobashitsa.
2 Ruheshi 2015, 15:05, par manzi
ntimworeka gutukana na nkurumbi arivyo yirirwamwo mwabinwamarasomwe buca mumaramara ukuri kugiye gutsinda abo barasa nabo ntibazi icobakora ikimbaza nukwejo bazoba bavuga ngotwarahenzwe wait end see
2 Ruheshi 2015, 15:54, par ninja
nibahashe izombwa zirirwa mumabarabara baca utwo kurya iyo mihimbiri
2 Ruheshi 2015, 16:07, par Nakwanbia
Nibahagarike iyonigumuko kuko bayipanzenabi ahokubangabira uwobavuga Ko ariwebayigirira ahubwotwasanze twebwe benegihugu aritwebwe barikobarakomesha cane cane twebwe tubamumabarabara arimwo abitabiriye iyomigumuko narayengiye mumabarabara atitabiriye imigumuko nasanze bamereweneza gusumba ahombabitabiriye imigumuko, ugiraguti ugiyegusuma ukumvango ahantabaje gusuma kugira baronkinguvu zokwisamburiko nokwizibirirako nkifuku? Nanje ndamaramara ariko abeshibaranzi kondi muribaba PORONA banka cane umigumuko.
2 Ruheshi 2015, 16:20, par mutabazi
Izo mburakimazi nibatware imwe imwe zizacika intege. Hanyuma bazikatire imyaka 30.
2 Ruheshi 2015, 17:45, par Passi
None ga Mutabazi Kagame yaraguhahamuye ku buryo umubona ahantu hose ? Ivyo bavyita hallucinations! Kagame ntaho ahuriye n’ako kajagali kanyu, ariko nimukazanamwo interahamwe bwo muzamubona ureke uko uri kwivugisha!!
2 Ruheshi 2015, 17:52, par Ncutichrisjpierre@gmail.com
Nuwuharanira Gutwara 3eme Mandat Siwe Yotukana Uko Kwawe NAKWANBIA Mwe NINJA! Reka Guhendwa N’ibihe Ahubwo Nseng’ Imana Ikize Igihugu Ibintu Birangire Atamaso Yandi Asesetse! INKUBA IRABIJE NTUVUGA NGO MARA ABANSI N’UMUKUNZI BIRAJANA.
NTUNYANKIRUBUSA!
2 Ruheshi 2015, 17:59, par Forty One.41
Ahubwo Nuko Abenegihugo Aribo Turiko Turagwa Mumporero,dusabe Abo Vyega Na Canecane Abanyepolique Bave Mwibarabara Bitegurire Amatora Kuk Ariyo Azocurubanza.
2 Ruheshi 2015, 18:09, par ninja
emwe muzomaramara hinge ahubwo muzobe murahunga barabatwara pe murarota muja kubutegetse ndabasetse
2 Ruheshi 2015, 18:12, par rutumo jean
kubita gose izo ntumva bashaka kurya ivyo batabiriy akuy je mbabazw nabahutu qui suivent moutonnement alors que les tutsi veulent forment l’empire hima
2 Ruheshi 2015, 20:28, par vianney
Mana turasavye usnngere igihugu caw nayahandiho kirarwa mumanga
2 Ruheshi 2015, 20:44, par wibabara odette
Hewe nimumenye ivyanyu ivyaKAGAME mubireke kuko wewe n umugabo sinkabo barwanira imyanya bamaze abene gihugu mbe wewe uratako ukavuga imyaka nyawayo ataye yakoze iki atarukwiba igihugu maramarira hiyo birabananira ngo KAGAME ni musambe neza
2 Ruheshi 2015, 20:52, par peter Claver
Kwinjira mumakomine singorane, kuko police ijejwe umutekano naho abajamwibarara ababahenda baba bwire biyizire nabo. Nakaretweho bayarucari mandat ntituzi icobisigura, kandi na constitution ntabwo baribayitubwiye ibirimwe atari kutwigishango tora "Ego" canke"Oya".Kubwanje abo babigize mbere nibabisubiremwo hanyuma bongere baduhende ngo vuge ego canke oya. Owampango ndababaze nozicatumye bstareka ngotwitorere presidant? Mbegiyo badashirako Petero Nkurunziza wombwirako abanyagihugu bamushaka barikwitwara? Hoho nimba tutamushima ntituzomwihoza 1993 umuambwe warikubutegetsi kowatsinzwe? Mureke twitorere abaturongo turekanyotew gutwara bicishije mugusesamaraso batembagajinzego zitorewe nabanyagihugu.
2 Ruheshi 2015, 20:55, par akimana nadine
mbegaho gusenga ngwimana itabaruburundi.muvuga ivyamoko?murahindurimvugo,twarabahinyuye.ivyamoko ntibirimwo.mbonamwib arabara bavanze.ahubwo senge cane.hamimana izobikora bose batangare.
2 Ruheshi 2015, 20:55, par akimana nadine
mbegaho gusenga ngwimana itabaruburundi.muvuga ivyamoko?murahindurimvugo,twarabahinyuye.ivyamoko ntibirimwo.mbonamwib arabara bavanze.ahubwo senge cane.hamimana izobikora bose batangare.
2 Ruheshi 2015, 21:37, par Kitopis
Abarundi turaciy ubweng umuntu wes ndazi arabna igikwiy gkorwa nkurunziza narekur ivyafis nivyishi ntanzara izomwica kirazira btayeko numurisansiy ntakazi azobur narek kwitaranya nabarundi kubera abntu batatu cnk 4 niyumv ivyabarund bamusub arek kwic amatwi isi twayisanz aha tuzoyisiga nivyayo vyo ntaco azokurako kuvyafis azopfa abisiga aha biribw nabatabrondey bizotum yicuz imber y’imana ati iyomenya naho btagikunda ico nomusab narek kwishinga abntu bamuhenda kuk numugabo nurugo aragubats niki gihugu nacubak kucubaka abarundi bashka narekure iyo mandat hama uburundi butekane abarundi batere imbere.
2 Ruheshi 2015, 21:41, par peace
Haruwugize ngo kagame ntaho ahuriye nibiri kuba muburundi, uwo ntacazi akajagari kose kari kuba iburundi ni kagame na museveni nibo bariko barateza akavuyo muburundi.
2 Ruheshi 2015, 23:05
Mana Dutabare Non Aho Kwira Ngobaganireku kibazo C.Uburundi Nubu Ntibarumva Impanuro.Bibaza Ko Inyishu Ari Gusanga Abantu Kubarasira Muhira N.Ukubafata Iyo Si Inyishu
3 Ruheshi 2015, 09:20, par karwanyi
umuhahamuko wa barundi c,abacongoman c,wabuze icuvuga,abanyagwanda bararenze, icogisoda canyu cagwanye he,uretse kwirukankana abaseville badafise ink’oho,shaka amateka ya kagame sha,arachapa hana mchezo kandi namwe nimumutumira azabazanira amahoro abakize izo ndwara za moko zidafise umumaro,ubutegetsi bubi nibwo buzana ivyovyose,abenegihugu bose nibamwe kandi bose nibeza kandi bose nibo bafise ubudahangarwa kuko nibo bahaububasha bwumuperezida,ntabwo arigisoda kimurinda,plz watch out from the box you burundians!!!
3 Ruheshi 2015, 13:06, par mAjos
Ivyo bazobibazwa umusurizina gusa Imana izigame uburu ndi nabarundi
3 Ruheshi 2015, 14:45, par turabona
reka mpere kuri yu yiyita gagwanyi ahubwo ngira nia " ngo kagwayi" Ngo Kagame niwe yogarukana amahoro muburundi bw’abarundi???..... birasesemye ntanuwobirandira iri ikijuju, uyu nawe yavuze ngo mumyiyerekano ngo harimwo amoko yose YES nibabana bo mwibarabara, yamisore yibujumbura yibirara, bamwe abobose turazi ko bahendereza ama juisi nimikate hama bakababwira ngo bandanya bafatanije nabatutsi, gusa ndababwire Barabira hafi bibibintu biragara neza ko atamashirahamwe aharanira agateka kabana kari muburundi aho atanakimwe babivugaho nigitangaza gukoresha abana murubwo buryo! kandi bitebe bitebuke bizoja ahabona. ikindi vyukuri nimuce hirya canke hino twarabahinyuye Manda bavuga nimbarutso gusa ahubwo jakumigambi yanyu, abarundi tuvuze bati " HAZOSIGARA UWUFISE INGUVU"
3 Ruheshi 2015, 14:59, par tangura
ikibabaje naba banyagihugu bahamagarigwa kuja mwibarabara bari kurondera icorirenza, mbe konzi ubuzima bwibujumbura bugeye hakaba haciye iminsi bamwe mubarundi baba ibujumbura babwiwe ngo baje mumabarabara amazu bapanze bazoyabarihira? abana ubu batarya canke batakironka ico bashaka kuko abavyeyi bari mumabarabara kunyungu zabanyepolitike aho kuja kukazi, tudahendana murizo kartiye 4 canke 5,6 zibujumbura kugihugu cose uko si "ukuronderera amata ku ingumba"
3 Ruheshi 2015, 20:15, par NIYOKWIZERA DIEUDO
What Are They Doing? Contesting Or Protesting The PETTER’S Third TERM In This Election?They Can’t Unless PETTER WANTS
3 Ruheshi 2015, 22:14, par aric
MANA HINDURA UBWENGE AWACU UTIBAGIYE NIMITIMA
4 Ruheshi 2015, 04:11, par POSI
NONE GA BARUNDI BENEWACU?NINDE AZOTUBABARA KOTUTIBABAYE,SEBARUNDI NAWE TURAKWINGINZE KANDI URABISHOBOYE,WARATUNEJEREJE NUBU BIKORE,NUBIKORA BIZOGUHEREKEZA AMAHORO MURUGENDOGWAWE,KANDI BIZOKWAMUZA UBUGINGO BUHORAHO,PAPA WABARUNDI BIKORE%
2 Mukakaro 2015, 21:48, par nsanzugweze.GOROdien
nabajamwibarabara ntibahura nibemereibiganiro niwomuti wavyose.