Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike asaba abanyagihugu kutitaba (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike asaba abanyagihugu kutitaba (...)

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike asaba abanyagihugu kutitaba amatora

vendredi 26 Ruheshi 2015

Amashirahamwe adaharanira inyungu za politike,ahamagarira abarundi bose kutitaba amatora adahurijweko na bose ategekanijwe gutangura ,kuva kuwa mbere igenekerezo rya 29 Ruheshi,2015.

Mw’itangazo ayo mashirahamwe yashize ahabona,amenyesha ko inyuma y’ivyasabwe n’inama y’amahoro n’umutekano y’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,ariko Reta y’Uburundi n’umugambwe uri ku butegetsi bikanka kubishira mu ngiro,ayo mashirahamwe asavye ko abarundi batokwitaba amatora atumvikanyweko na bose.

Ayo mashirahamwe amenyesha ko hatararengerana ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza afata ingingo yo kureka kwitoreza ikiringo ca gatatu,catumye haduka umutekano muke mu gihugu.

Amashirahamwe adaharanira inyungu za politike asaba amakungu hamwe n’abafasha Uburundi,kutaza gukurikirana ingene amatora azoba ariko aragenda,hamwe no kutemeza ibizova mu matora,adakurikije ibisabwa n’intwaro rusangi.

Messages

  • Mwebwe mudashaka dutora ni mureke kudutakariza umwanya mu kutubwira amajambo menshi twebwe turashaka gutora

  • Ariko ayomashirahamwe mengo asigaye abonamengo abarundi nutuntu twudukoresho twudupupe bikoreye maze bagashiramwo amabeteri maze ahobashakiye bagayfonta kukantu gakorana nutwo dupupe (remote) noneho udupupe tugakora icobashatse kodukora! Wewe urashobora kubwira umugabonkawe, umugore, umukobwa ngodakubwiye koribi nibi atanivwoba akosagasuzuguro? Mbesemwebwe musunvyiki abobenegihugu mufata nkudupupe?.

  • NIMUREKE KWIHOGOZA AMATORA ABENEGIHUGU NTAYO TUZITABA MBEGA TWOGENDA GUTORANDE? TWONGERE GUTORIVYICANYI? OYAYE NTIBIBAHO NIBEMERE BAYAGE BUMVIKANE BOSE HAMA TWITORE BAMUTAMA TWITEZEMWIVYIZA NONE NKUBU UMUNTU YOTORAND? NKURUMBI? CANKE JAKE? CANKE ABO KWA KOMSIRIYA? ABO NIBAMWE TWARABAHINYUYE BARUNDI TWUNGUBUMWE DUHINDURIBINTU TURABE MUBONA BIGUMYUKU TWOBA TURIKOTUJAHE?? IVYOVYICANYI TWABIRAMBIWE JEHO MBERE BINGEZE MUMUHOGO

  • NIMUREKE KWIHOGOZA AMATORA ABENEGIHUGU NTAYO TUZITABA MBEGA TWOGENDA GUTORANDE? TWONGERE GUTORIVYICANYI? OYAYE NTIBIBAHO NIBEMERE BAYAGE BUMVIKANE BOSE HAMA TWITORE BAMUTAMA TWITEZEMWIVYIZA NONE NKUBU UMUNTU YOTORAND? NKURUMBI? CANKE JAKE? CANKE ABO KWA KOMSIRIYA? ABO NIBAMWE TWARABAHINYUYE BARUNDI TWUNGUBUMWE DUHINDURIBINTU TURABE MUBONA BIGUMYUKU TWOBA TURIKOTUJAHE?? IVYOVYICANYI TWABIRAMBIWE JEHO MBERE BINGEZE MUMUHOGO

  • Murapfa Mutuera Igere Ariko Murabesha Turatora

  • Ntawoz murubw busum bwa faraon atagway m mutwe! Ikomerer mutam

  • None bahamagarira abanyagihugu kutitaba amatora hari abayoboke opposition igira. Nibitabire amatora niba ari abagabo turebe ko barenza 1/100. Abanzi ba Democratie buri gihe batinya amatora. Ndabona babaye ba Kisekedi b’i Burundi

  • NTIMUSARARE MUBWIRA ABUMVA NCUTI.BIKOMERA VYOROHA DUTEGEREZWA KUGWANIRA AGATEKA KACU.FARAO NABE UMUGABO <<DECISIF>>NTAZOTUMARA

  • ahubwo abasokoye mumatora ni batubwire, kugiratumenye uko tuzotora indongozi zacu le29/6/2015.naho amatorayo yageze ntagisivya, urukino mwaruteguye nabi.

  • ahubwo abasokoye mumatora ni batubwire, kugiratumenye uko tuzotora indongozi zacu le29/6/2015.naho amatorayo yageze ntagisivya, urukino mwaruteguye nabi.

  • Agahweka kamaze kubafata .bwira nyene abo rwanyv bangana 0,000000001 ko mwabagumuye bagahunga batumeko mushike umwe uratwengeje pacifique sha!

  • n,inkina mico s,amatora,hari amatora y,umugambw umw abaho nibumvikan si non ntaco azodushikanako ayo matora y,inkina mico.twebw abagumyabanga ntiturota tuyitaba.

  • kumwe mwaduhenda ngotuje mumigumuko murahenda abandi twebwekuwambere ntagisivya.kandi tuzotora oui?

  • ariko vitali urababaje,burakeye twumve wishwe na depression canke crise cardiaque,mbega irya mandat ya kabiri ya nkurunziza niyo yateye umudugararo mu gihugu cacu,abatutsi aho muri hama umudugararo,mwateguye kugira iyindi genocide y’abahutu mubita imbonerakure kuva kera ,ariko urarinda pe,ngo asokore,asokoye twoca tumwihanira twebwe nyene,amatora tuyareka?,mama jewe,tuzoyitaba mwebwe yareke kuko ntaco mwoyakuyemwo muziko ata banywanyi mufise,bandanya ukore rebellion hanyuma uze duhangane ,muramaramara,ababiligi mukorana ntibazoza,ariko abarundi ntidufise incuti z’ababiligi gusa,

  • Ikijujunkawe,kirarkagutoro.

  • Turasavye,turasavye,amashirahamwe,atuveko,nibategekemugo,iwabo,twebwe,abarundi,basigaye,badushisha,tuzotora,ikivyivye,cimene

  • Ntamatora tuzojamwo kuko siyo.ntakuntu amatora yoba atamahoro arimugihugu.abo bayaduhindiramwo batureke.birirwa baratwica badupfunga hama ngodutore?oyaha turazi ubwenge.ntamvura igwa idahita!

  • Ntamatora tuzojamwo kuko siyo.ntakuntu amatora yoba atamahoro arimugihugu.abo bayaduhindiramwo batureke.birirwa baratwica badupfunga hama ngodutore?oyaha turazi ubwenge.ntamvura igwa idahita!

  • Mb uwo mugabo atubwira ntituj gutora turabana agaburira nabwir barya yatway mumigumuko twoho turibonera ahubwo uwo mugabo yarasaz ni kijuju cank akoresha ubwoko arabwir umuryang wiw agaburira twebw twitungiw nisuka

  • abobabuza abanyagihu gutora nimba arabanyeporitike muriyamamaza dutore mwebwe kuko mwebwe muharanira inyungu za poritike ntakuntu mwobuza abanyagihugu kwitorera uwobipfuza

  • muzoyegeza imbere gushika ryari?;amategeko aratomoye tuyakurikize RER tu je gutora ikiba kibe nakare haburana babiri hagatsinda umwe

  • AREKURA AMAZURU! ABANTU B’AMAZURU NKAYO NIBITONDE KUKO BAKAWUCANA BAHONERA RIMWE! MBE UYO MUSHENZI ARACAFIS IVYO AVUGA? NABUZE UMUGORE WIW N’ABANA NA NYINA ASHIREKO MUGA ABANDI AREKE KUTWANGATWAKO! TWARABAHINYUYE!

  • AHUBWO AMASAHA ARIKWEZE NTITUZOBONA HARAGEZENGO TUBEREKEKO ARI AKARIMI GUSA.MBEGA ABO BAHANUZI BAVUGWA NDADAYE YAPFUYE BARI HEHE KO ATACO BAKOZE NGO BAMUKINGIRE.ABATUTSI IVYANYU BIRAZWI NTA NGUMIRIZA IGIHOSHO MUZOSUBIRA KUGIRA TURI MASO

  • VYANKABIKUNDATUZOMUTORA,NIBATERINTAMBARATUZOBAMESA

  • MBEGA.UWOMUROZI.ABUZA.BANTUGUTORB.ABARUNDI.NABOYAVYAYE.ARABUZA.UMUGORE.NASE.NAYINA.NTIBAZOTORE.HAMA.TUBAKUBITE.IMFUMFU.HAMA.AZOCE.AGOMORA.BABA.SANZESHEC.BASUBIRE.GUTURIRA.ABANTU.NAMAPINE.UBUHO.TUZOHERA.KURIWE.NUMUGYANGO.WIWE,

  • Abanka,amatora,nuko,buca,bakubitwa,impaga,nakare,uwuburana,adatsinda,ntanguvuagira,nkaba,

  • Yemw mashrahamw nimurke kujuragza abanygihugu barzi ico bazkora.kubwnyu igihgu cnyu mucipfurz’iki? muhranira inyungu zanyu muk8yitirira abanygihugu?nagra mwok8tab’amatora kugra ng’ibntu bihnduke.muraduhnda!

  • nkwavu venant
    Wari waranyitse mon ami,wari mu rwanda muri rebellion,ahantu uriko wikina amatavu kuri site barakwishe,umunsi bakumeshe ntuzongera kuvuga no kwandika,nukuli amatola niyo kandi mutaje ntagipfa twebwe turayajamwo data ntawobishinga,amai ntaramyoka,kumengo harabavye,isango ni ku wa mbere tora dd abandi bavuye mu matora,shirira!!!!!!

  • emma
    shaa dukure isura imbere ejo burakeye tuzinduke mumatora mutagiye tuzogenda. Hama mutwice nkuko mumaze imisi mubigira ariko mumenye mutikebutse natwe tugiye kwibagira isura zanyu? natwe tubaturire twonone nivyanyu nkuko mwagize,kuko mwarase amahoro

  • Ewe nijimbere kutiga biragatsindwa umuntu nkawewe agifise imvugo nkiyo menya kwanza aho igihugu kigeze va 1993 ubu turi muri 2015 ndakwibutse

  • Mbega basha, je nibaza ko urwo rukundo mubifitiye uburundi n’abarundi atari rwo. Ko muvuga ko abarundi benshi babashigikiye,akaba ari vyo mwirirwa muraririmba mu Burundi No mu makungu, reka rero tuze turabe les % ababumviye n’abagiye gutora. Niho tuzomenya ukuri. Nararavye % y’abahunze, nfatiye ko boba ari 200. 000. Bisigura 2.2%. None gabasha, musumvye induru 98%? Gerageza mwikebuke. Igihugu ni rwanyu nimureke kugitabura kubera kurondera amaronko. Murababaje , murateye isoni.

  • Reka kugumura Abantu ahokubwira bagakora imiromo yamisiyose.Twipfuza amahoro ntabwo tukokeza intambara ahibambeho.

  • Izo grenades mwirirwa muratera partout et sur n’importe qui ngo mushaka kw’intimida amatora. Ubu koko mubona harimwo ubwenge? Nimba vyabananiye, tera izo grenades mu mpangu z’abo muvuga ko bafukamye mu nda igihugu. Turira imodoka zabo mureke abo mutarikumwe bibereho. Biragayitse cane kumva abantu ngo mukundana igihugu, mukavuga ko muhagarikiye Amasezerano ya Arusha n’a constitution akaba arimwe nyene mu vyonona. Iyo ntumbero y’ishamba ntaho izobageza. Raba mwongeye kugira ikosa kutitaba amatora. Ubu twese turabavuyeko. Mbega mwibaza ko mwotera muva mu Rwanda? Hamwe abarundi nabo borekura za nterahamwe zigaca I Burundi ubona amaherezo ari ayahe? Please use your mindi before any action. N’ukuri ndabivuze nk’umijirisunk’umukirisu ndabahanuye. None harabuze izindi moyens atari kwisesera mwebwe nyene amaraso? Tekereza neza.

  • ASSO.AJETADEBU TWEBWE ABAJENE TURASHAKA AMATORA

  • Imana Ihora Ihoze Hahirwa Uwitondera Ivyagezwe N’uhoraho

  • s’il vous plait;mwebwe ivyomushobora kuba mw’ipfuriza igihugu sivyiza! gko ntimushobora kubuza abenegihugu kuja gutora kandi ari uburenganzira bwabo mwanka kwemera amakosa komwahenze amakungu n’abarundi muvuga ngo ntahomwegamiye muri politique arko mukabigaragaza muvyo muba mushikirije!n’uwutasomye aravye ivyomuvuga yobahinyura!mbe abenegihugu musigaye mutwita ibijuju?kuwambere tuzinduka mumatora mushaka mutugirire nabi ,arko bikozwe kwoba arukwicira urubanza,kandi ntamuzamu w’iyisi!

  • Mwotora mworeka igitsure c’UHORAHO kiri kunkozi z’ibibi,ariko umugororotsi azobeshwaho n’ukwizera kwiwe ,mwibuke ko igihoraho ari Imana gusa abantu twese turi ivyatsi

  • murakoma ngo mwotora gute muriko murya imiceri mu rwanda, nimwayihaga muzotaha hanyuma mugire amatora yanyu mu nzu kwa banyoko

  • sha wamugani ahobazohimbira umuceri bazotaha nibabe barafungura kurindira amatora amakungu atugiriye ngo nuko bahaye pacifique ivyashaka bazopfume batumara ubu nagufyina kandi twagira tubamenyesheko imisi yubujuju yaheze nukuri,nibaza murabibona, uwomutwa nshimirimana yahamagariye abantu kutitaba amatora arabona neza ko bayitavye, erega nimigumuko zari zirya 10000f ntikwari ukubakunda

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.