Accueil > Amakuru > umutekano > Amatohoza y’Uburundi yerekanye ko ibiziga vyatowe ku kiyaga Rweru vyavuye mu (...)
Amatohoza y’Uburundi yerekanye ko ibiziga vyatowe ku kiyaga Rweru vyavuye mu Rwanda
mardi 14 Gitugutu 2014
Amatohoza Uburundi bwakoze ku biziga vyatowe ku kiyaga Rweru yerekana ko ivyo biziga vyazananye uruzi Akagera rwisuka mu kiyaga Rweru, ruvuye mu Rwanda. Valentin Bagorikunda, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika avuga ko igisigaye ari amatohoza yo gupima ibisigarira vy’abo bantu kugira bamenyekane abaribo.
- Ibiziga vy’abantu batorwa babohewe mu magunira
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru kuri uwu wa kabiri, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika, Valentin Bagorikunda yamenyesheje ko amatohoza Uburundi bwakoze ahura n’ivyashikirijwe n’abajejwe intwaro mu ntara ya Muyinga, abarimyi bakorera hafi y’ahatowe ivyo biziga, hamwe n’insamirizi mpuzamakungu zakoze amatohoza ku biziga vyatowe bireremba ku kiyaga Rweru. Valentin Bagorikunda, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika avuga ko atawosubira gukekeranya, akemeza ko ivyo biziga vyazananye uruzi Akagera rwisuka mu kiyaga Rweru ruvuye mu Rwanda. Kubwa Valentin Bagorikunda, igisigaye n’ukumenya abo bantu baje bava mu Rwanda abaribo, ivyo navyo bikaba vyoshoboka bivuye ku matohoza y’ugupima ivyo biziga yokorwa n’abahinga mpuzamakungu, yaba abo muri FBI bamaze kuvyemera, canke abandi abaribo bose babifitiye ubushobozi.
- Valentin Bagorikunda, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika
N’aho Valentin Bagorikunda, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika yemeza ko amatohoza yerekana ko ibiziga vyatowe ku kiyaga Rweru ari ivyaje biva mu Rwanda, mu butegetsi bw’ico gihugu barabihakanye. Theos Badege, umuyobozi w’igiporisi mu Rwanda yamenyesheje ko n’aho amatohoza akibandanya, ivyo bamaze gukora vyerekana ko abapfuye atari abo ku ruhande rw’Urwanda, kuko ata muntu n’umwe aratabaza avuga ko uwiwe yaburiwe irengero. ACP Theos Badege ati : "Kugeza ubu nta nkuru n’imwe y’umuturarwanda waba waraburiwe irengero muri ako gace, yaba umuzima cyangwa se umurambo wabuze."
- ACP Theos Badege, umuyobozi w’igiporisi mu Rwanda
Egide Nduwimana
Messages
14 Gitugutu 2014, 18:44, par Rukoko
Yego rwose ikibyimba jimeneke, none kwanashyirahamwe yagateka kamuntu mu Rwanda iwacyu yanze kubivuga, nkabanyarwanda turashyimye rwose ayomatohosa yakozwe nabarundi.
14 Gitugutu 2014, 22:32, par Olivier NIMUBONA
Ndashima ivyavuye mumatohoza kuvyerekeye ibiziga vyatemvye mu kagera. Ariko urwanda narwo rwategerezwa kugira amatohoza narwo rukayashira ahabona kandi nkuko abarundi babisavye hakaza abahinga mva makungu babitiye ubuhamya kugira bafashe hanyuma ukuri kuje ahabona. ivyo vyofasha kugira ukuri kuboneke kandi ico nzi co ukuri ni kumwe!
14 Gitugutu 2014, 23:16, par Igipina
Ndafise ico nibariza... Mbe hari rapport y’iryo tohozwa yoba yashizwe ahabona? Turanyotewe kumenya uko iryo tohozwa ryakozwe, n’abarikoze. Hama Rukoko nawe, mbona baragusutse ngo uri caméleon... Ariko urumva, aho bigutekurukanira, ni hamwe uba uvuze ngo "Iwacyu" à la place ya "Iwacu", canke "Turashyimye" à la place ya "Dushimishijwe"...
15 Gitugutu 2014, 01:37, par murundi
Ntaho abanyagwanda bohaka ntaco vyofasha ntaho utoba waraciye mwinshuri ku vyerekeye ibyobiziga ntiwokwihenda mucamake urwanda gwemere bitarize kugora. None vyavuye hasi biraduga? Uyomukuru wigipori ntagorane canke ntatubwire ko bavuye muri tanganyika barazamuka haraho two Vyemera kuko turi ibijuju.
15 Gitugutu 2014, 06:28, par Bayaga
Mbe ayo matohoza mubona afise icoyishimikijeho?? None ayomatohoza kubera iki mwayakoze mwenyene . hama kubera iki mwafubye ibiziga. Hama uruzi rw’ akagera ntiruhura n’akanyaru kava i burundi!?
15 Gitugutu 2014, 11:06, par abijuru
amatohoza se mwakoze mwayakereye he?aho bukera muragaragaara jye mbagiriye inama nziza nizo FDLR mwazanye aho ejo murajyana nazo mushatse nazo mwazishyira muri rweru mukavuga u Rwanda kuko ndabona aricyo mugamije!izo mwikururiye ngo zigiye gutera u Rwanda zizajyana na regime yanyu bye bye ndigendeye
15 Gitugutu 2014, 14:15, par kage
abarundi sha ntibafyina ; barica bane muri bamwe bavana icongo hanyuma babajane hariya bari bahamvye bamwe bambere, hanyuma ugwanda rutsindwe uko
15 Gitugutu 2014, 21:15, par Kagabo Yussuf
Mbe abize geo akagera ko nta embouchir kagira kuri rweru ibyobiziga byageze muri Rweru gutte????? Ese ko muri jenocide mu Rwanda abatutsi babataga mu Kagera bagashoka kugeera Uganda naz medi terane kubera iki nta kiziga kigeze kijya muri Rweru ???? aho ntimubonakako abarundi mufise ikibazo ??? hama ko wumva bava i Rwanda, kubera iki mwahise mybafu ba mutaberekany??? Mwitondere amagambo adafite ibimemyetso !!" a ma raso yaba congoman azabakora mwaba CNDD mwe ..... murabon a urwanda runumye mukibazak rutazi uko mwabishe????ni aba congoman baba pfurero mwishe......none murabeshera u Rwanda???? documentation i twarabiziga mu RWERU twarabona....
15 Gitugutu 2014, 21:44, par Ban
akagera ko nta embouchir kagira kuri rweru ibyobiziga byageze muri Rweru gutte????? Ese ko muri jenocide mu Rwanda abatutsi babataga mu Kagera bagashoka kugeera Uganda naz medi terane kubera iki nta kiziga kigeze kijya muri Rweru ???? aho ntimubonakako abarundi mufise ikibazo ??? hama ko wumva bava i Rwanda, kubera iki mwahise mybafu ba mutaberekanye hama mwibza ko tuta z i ko ari a kingoman c nd d mwishe. turabzi pningene mwabatam u Rweru murek e kwitanganiza mukora amatohoza atabah o m ubeshya ngo bavuye Rwanda
muzohinyukabasha
15 Gitugutu 2014, 22:31, par Pascaline
Mbe abize geo akagera ko nta embouchir kagira kuri rweru ibyobiziga byageze muri Rweru gutte????? Ese ko muri jenocide mu Rwanda abatutsi babataga mu Kagera bagashoka kugeera Uganda naz medi terane kubera iki nta kiziga kigeze kijya muri Rweru ???? aho ntimubonakako abarundi mufise ikibazo ??? hama ko wumva bava i Rwanda, kubera iki mwahise mybafu ba mutaberekany??? Mwu
16 Gitugutu 2014, 01:50, par Abe Aha
Abo bantu bari kuri pouvoir i Burundi nizere ko babanje bakabitekerezaho mbere yuko bavuga amateshwa n’ibinyoma. Rweru yisuka mu kagera ntabwo akagera kisuka muri Rweru. Soma iyi Wikipedia website link ivuga ku kagera iragenda ikagera no muri lac victoria: http://en.wikipedia.org/wiki/Kagera_River
16 Gitugutu 2014, 06:32, par Saïd Hamad
Wewe wamunyarwanda we wiyita Kagabo Yussuf,ukiyita Ban,ukiyita kandi Pascaline!!!!!Ivyobi copier coller vyawe
bivane hano.Iyi ni site yabarundi ntabwo ari site y’intore inkotanyi.Aho nawe rero wigize ngo uri mukazi kokwidefanda ivyo mwagirizwa!!Nimwere zibarye kuko nimwe mwasotoye Uburundi.Reka rero babereke ico barico.Ivyo wivugisha ngo kagera ntabwo yisuka muri Rweru bababwiye kangahe ko haraho Akagera yameneye ubu ikaba yisukayo ntamatwi mugira.Aamaraso yabana b’urwanda mwari mumaze imyaka 20 munywa ubu mwahinyutse mwabicanyi mwe!!!!!Puuu ntimuzosubire kuza muravuga ngo duhuje imico namwe,ipuuuuuu twe Abarundi ntabwo turi abagome aho twokwica abantu tukababohera mumaguniraduhejeje tukabata mumazi ipuuuu ntamico dusangiye namwe mwabagomemwe!!!!
16 Gitugutu 2014, 08:44, par abijuru
Reka mbihere ubutumwa bwanyuma.nikomeze mwishinge abababesha ngo mugiye kuba aba stars mugusebya Leta yacu muribeshya.twarabasize ntanahotuzahurira mubanze mutegure amatora muzoba mumbwira ibizovamo.Buyoya araje agaruke abatware niwe abashoboye
16 Gitugutu 2014, 12:40, par Kobako
None Barundi benewacu, aha ntimuriko murabonako hari ivyo Leta y u burundi iriko iraduhisha? Akagera ntikigeze kisuka narimwe mu rweru jamais!!!!! mugomba murabaza abahinga muri hydrographie. mureke gutanako imyikomo mutazi ivyabaye.... birya biziga ni aba kongoman bishwe na documentation yuburundi babahora amahera yabo basavye!!!! babatwara mu rweru saa cenda yijoro. turazi nabarundi bahonotse bagira babicire ku rweru kubera babiziii. akagera ntikisuka narimwe mu rweru par contre ni rweru yisuka mu kagera. ntimurenganye u rwanda.
16 Gitugutu 2014, 14:03, par Miburo
Umve ndababaze ikibazo gitoyi...... Abahutu bo mu rwanda igihe bica abatutsi b abannyarwanda ko babata muruzi nyabarongo, abandi mu kanyaru bose bahurira mu ruzi akagera. None ko bashoka bakagera na Uganda, bakabarobera uganda nubu hari icibutso c’abatutsi bazize ihonyabwoko... kubera iki ntanumwe yigeze ashika mu rweru????? urweru nirwo rwisuka mu kagera!!!!! ibiziga ntivyazananye mu kagera mureke kubesha!!!!!! hama kubera iki leta yu burundi yaciye ifuba ivyo biziga ni kuki??? turanaziko hari abarundi bari muri cndd.fdd bariko batwara gufuba impuzu zanditseko ikinyarwanda ngo bazocebavugako bazananye mu rwanda kandi tuzineza ko harimo abakongomani n’ abarundi bari bafungiwe politique mu mpimba na ngozi bishwe na documentation.....u rwanda ruranumye muga mumenyeko rufise ivyorwicaranye mwe mutazi. DD vyabapfyuye none muriko murica abantu.... mbe mwari muziko abarundi 2 bahonotse burya bwicanyi bwo kurweru baciye bambuka mu rwanda???? mwari muziko abo barundi kugira bahonoke batanze ama dollars bagaca babareka bakambuka i rwanda baburiwe numwe mubakozi badocumentation. ngo baje bava mu kagera????????? sivyo nambaaaaa.
16 Gitugutu 2014, 15:37, par abijuru
Miburo,uri umushingantahe ibyo uvuze nukuri kwambaye ubusa abo bantu harimo abakongomani hamwe n’abandi bantu bari bashyigikiye sinduhije natwe turabizi.ikindi CNDD na documentation ibyo bariho barakora bizomenyakana vuba kandi umutego mutindi washibukanye nyirawo.bye nzabandora n’umwana w’umuyarwanda. rweru niyo yinjira mu akagera ntabwo akagera kaza muri rweru.aho bukera baravuga ko akagera kisuka muri tanganyika.
16 Gitugutu 2014, 16:17, par Said Hamad
Hahahahh ndabona za ntore inkotanyi zateye iyi site yacu aho rero morif ngo baje kujijisha.Abakozi ba Kagame murantwenza muraja ngaho mukagerageza kwandikamukirundi mwigira Abarundi muga wapi vyarabaniye twabahinyuye.Aho mwabereye abaswa ngo Rweru niyo yisuka muri Akagera!!Ni ryari amazi amazi yatanguye gutemba aduga?Hahah muri aba specials.Ubuswa gusa ngo mwigize abashakashatsi!!Gende mwishure mubanze mwige kwandika mwa banyarwanda mwe.Kagerayameneye muri Rweru kandi ntitukiri muri 94 turi 2014.Imirambo nayo bayihamvye kubwamagara yabanyagihugu yari en danger turabibasubiriyemwo nimba mutumva ikirundi naho birabasha.Pls ntimusubire kwandika ubusa hano.Nimuwunywe kuko abanyarwanda muriko murica DMI nabo bari bakeneye kubaho.Mujye guteka iyo mitwe yanyu iwanyu kigali kuko twebwe turabazi neza
16 Gitugutu 2014, 16:19, par Bududira
Ngomwarakoze amatohoza da!!!!! mbe komwanse guhamagara abanyagwanda mufatanye gutohoza!!!!
16 Gitugutu 2014, 21:08, par Munyarwanda
We wamugabo we wiyise Said. Ubwambereho nashakaga kukumenyeshako site www.igihe.bi ari ishami rya www.igihe.com hanyuma soma iyi web site: http:// en.wikipedia.org/wiki/ kagera_ River
urahita umenya ukuri. Ikindi dufite ururimi rwacu ntabwo dutinya kuruvuga ahubwo weho uriho uriyiita umurundi kandi tuziko uri interahamwe kuko mukirundi ntajambo umurambo ubamo ni ikiziga icyo kirundi cyawe ntikibaho. urinterahamwe kandi nawe amaraso yabatutsi azagukurikirana.
16 Gitugutu 2014, 22:16, par Majidi
Mbe muharira iki ko no mu ruvubu mwahataye 39. None ntimuvyibuka? Abarundi mummenyereye kwica mugata mu mazi!!!! None gabasha barya mwata mu ruvubu nabo ni abanyarwandi?
17 Gitugutu 2014, 06:46, par abijuru
reka mbabwire nubwo mwarara muteka iyo mitwe yanyu ntabwo izabahira kuko muri ibigoryi! mushobora mute gukoresha procureur ngo avuge ubusa mu ma radios??? conference de presse yo kuvuga ubusa umuntu muzima yemera kuyikora?ahubwo nimureke abahutu bazima n’abatutsi bazima b’iburundi bongere batware kandi iminsi yanyu irabaze kuko umwaka utaha muravaho nabi cyane.mubyanga mubyemera pouvoir ya kigali ntabwo yakora ibintu byo kwica abaturage bayo ahubwo ibimenyetso umunsi byagaragaye muzakorwa n’isoni.mwavuze ngo t-shirt zo mu Rwanda nibyo bimenyetso byerekana ko ari abanyarwanda?reka tuzababwire amazina y’abafurero mwishe ndetse nandi mazina y’abarundi mwishe turabazi murimo murashaka uwo mugwaho kuko murenda gupfa
17 Gitugutu 2014, 07:56, par Said Hamad
Wesha Munyarwanda,nawe ico utaramenya nuko propritaire wa Igihe ari umurundi aba muri Europe.Ivyo warubizi sha?Ntimubone ngo Igihe.com kivugira Kagame ngo muce mwibwira ngo niyabanyarwanda!!Hanyuma izo za wikipedia nazo umpa umenye ko rimwerimwezandika n’importe quoi,kandi sinzi nimba ivyo bavuga bikuraho ko akagera yameneye muri Rweru harashize imyaka.Mbega ko umengo ukuri kurabarya hahahahahahh.Nimwemere icaha mugisabire ikigongwe nkuko muhora mubigira kubahutu babanyarwanda ngo bemere icaha bagisabire imbabazi kandi mubabeshera ngo amagenosayidi.Hanyuma ivyo navyuvuga ngo ndi umunyarwanda hahahahah ndagutwenze sana man ngo ndi interahamwe!Uko niko mwamaze abahutu bo mu Rwanda mubata muri Rweru abagize chance nabo bagapfungwa mubita ngo ni interahamwe bivuze umuhutu.Ingo nanje rero muntore hanyuma munte muri Kagera kuko ndi interahamwe y’umurundi,bisigura ko ndi umuhutu w’umurundi.Twarabahinyuye mwabamenja mwe babicanyi.Ivyo vyiyumviro vyanyu bishaje vyaba sogokuruza banyu bisigaye bidusesema.Akantu kosengo jenosayidi,jenosayidi,nuwo ubuzima bunaniye avuga ngo nukubera ingengabitekerezo ya jenosayidi abahutu bamufitiye hahahhhh
17 Gitugutu 2014, 12:43, par Kanimba Fulgence(RWANDA)
abahutu tuzakomeza tubice bose bo gashira. Ndetse tuzasaba KAGAME maze atere mu BURUNDI yice abahutu b’abarundi nkuko byagenze igihe KAGAME yicaga MELCHIOR NDADAYE. Ibihutu byo mu Burundi ni ibibwa. Kuba KAGAME yarishe bariya bahutu se bitwaye iki ko ziliya ari interahamwe ,genosaid zishe abatutsi
17 Gitugutu 2014, 12:48, par Ange KAGAME(KIGALI)
si mon pere PAUL KAGAME a tue ces hutus,ca ce n’est pas un problem.Tous les hutus au Rwanda sont des genocidaires q’il faut abattre chaque jour.DONC donne la paix a mon PERE PAUL KAGAME
17 Gitugutu 2014, 14:08, par Kalisa(Kigali)
u Rwanda rugiye gutera u Burundi .KAGAME ashaka kwica NKURUNZIZA.Barundi mwese,mwitegure ico gitero cya Kagame
19 Gitugutu 2014, 14:45, par Mahoro
Abasoma izinkuru mwitondere abantu bariho bagumura abarundi cg abanyarwanda, turazineza ko hari ababyihishe inyuma ngo barebe ko Uburundi n’U Rwanda bicanemo, maze babone uko binjira bateze imyiryane, ariko nta mpamvu nimwe igaragara yatuma u Rwanda rwangana n’ U Burundi. Nk’uyu yiyise Kalisa ibyo avuga ntabyo azi, kuko Kagame ahangayikishijwe n’iterambere ry’ U Rwanda ayoboye ntacyo apfa n’ Uburundi ariko reba ibyo yanditse ngo arashaka gutera u Burundi, ntanyungu n’imwe u Rwanda rushobora kugira Uburundi bumerewe nabi. Kandi ukomeza gutuka President Kagame amutukira ubusa, ntakintu amushinja amenyeko ariho yikururira imivumo y’ubusa. Turifuriza uburundi amatora meza no kugira iterambere muri byose ntabwo tubifuriza intambara. Icyo ntareka kuvuga hano, nuko ukuri guca muziko ntigushya, nimwitonde amaperereza yimbitse akorwe(amatohoza), tumenye ukuri kuko biriya byakozwe ntabwo byemewe kuko byari birimo abarundi gusa nabo b’i Muyinga gusa kandi yaragombaga nibura guhuriramo n’ibihugu byombi. Uriya mushikirizamanza yarihuse, yagombaga gutegereza abanyarwanda bagafatanya. Mugire amahoro y’Imana