Accueil > Amakuru > umutekano > Babiri baguye mu ntambara hagati y’abajejwe umutekano n’umurwi (...)
Babiri baguye mu ntambara hagati y’abajejwe umutekano n’umurwi utaramenyekana
lundi 25 Nzero 2016
Abarwanyi babiri b’umugwi utaramenyekana, baraye biciwe mu ntambara hagati yabo n’abajejwe umutekano,mu Komine ya Mugamba iri mu ntara ya Bururi.
Amakuru amenyeshwa na musitanteri wa Komine Mugamba Anicet Niyonzima,amenyesha ko iyo ntambara yatanguye isaha 9 n’igice z’ijoro ryo kuri uno w’Imana igenekerezo rya 24 Nzero 2016, ihera imbere y’isaha zitandatu zo kuri uno wa mbere igenekerezo rya 25 Nzero 2016.
Musitanteri wa Komine Mugamba, Anicet Niyonzima ,avuga ko abajejwe umutekano baronse amakuru ko hari umugwi witwaje ibirwanisho winyegeje mw’ishamba, baca baja kuraba, ari na ho bakozanyako.
Musitanteri wa komine Mugamba yavuze ko uretse abitavye Imana,abajejwe umutekano bafashe kandi ibifungurwa vyabo, n’ivyo bakoresha mu guteka.
Komine Mugamba n’imwe mu makomine yabereyemwo imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza hagati mu gihugu.
Hagati aho , nta gihe kirekire cari giheze umigwi FOREBU na RED Tabara,imenyesheje ko igiye kurwanya Reta ikoresheje ibirwanisho
IGIHE
Messages
25 Nzero 2016, 18:42, par NAHAYO
YEMWE ABOBAGWANYI TURABASAVYE BADUHE AMAHORO TUGIRE UBUKENE HAJEKO AMASASU?
25 Nzero 2016, 20:07, par kamaro
ariko ururwaruka CNARED yashoye kurisongoye ryintwaramiheto zuburundi ruzorihwa nande. ukwo nukwiyahura kabisa, ababatuma bibereye mumahoteri iburayi abandi bigaramiye ikigari, hama bakadogo nabo bariko bariyahurira kugisoda cuburundi!!. bavyiye nimumbaze mutabaye maso CNARED izobamarako ibibondo!!!!
25 Nzero 2016, 20:46, par SIRIVCS
NONEMWIBAZAKO.ARIBO.BATEYE.IYONTAMBARA.ARIKO.MURICUNGA.UBWANYU.<>
25 Nzero 2016, 20:57, par kabwa
reka nyene babahashe, gode komera !
25 Nzero 2016, 20:58, par kabwa
reka nyene babahashe, gode komera !
25 Nzero 2016, 21:01, par Evariste
bitebe bitebuke bizoja ahabona,ababikora bose bazoteba bamenyekane.
25 Nzero 2016, 21:57, par Mugisha
Twe Nkabanyagihug Twipfuza Amaho Kuk Bakwiy Kumvikan Hagat Murib
25 Nzero 2016, 22:42, par Jacques Mujanama
Mbega,kuki Mumarana Nkabatarabarundi
26 Nzero 2016, 01:21, par Rukeragutabara
Abarwanya uburundi bazahinduka ivu hanyuma rifumbire ubutataka bw’uburundi kuko ifumbire irakenewe kugira abanyagihugu bazahinge basarure byinshi.
26 Nzero 2016, 01:21, par Rukeragutabara
Abarwanya uburundi bazahinduka ivu hanyuma rifumbire ubutataka bw’uburundi kuko ifumbire irakenewe kugira abanyagihugu bazahinge basarure byinshi.
26 Nzero 2016, 01:27, par INTAGOHEKA
KURAJE KURAJE ARIKO INKONA NTIYARUZWA IZOBAMESA
26 Nzero 2016, 02:51, par Gasore christophe
Kibibita
26 Nzero 2016, 05:06, par WANGA
IRYO NIREMENTANYA
26 Nzero 2016, 07:54, par moon
cheer up the national army by putting God ahead and by trusting him; good work and have chance!
26 Nzero 2016, 14:19, par BANDYA
IYI MANDAT NIBAYIGWANY YAZANYE UBUKENE KABISA
26 Nzero 2016, 14:25, par abeli
nkurunziza koresha ubuhiga wahawe nimana natwe abanyagihigu abo bagutobera ubahashe unabereke ko mutagana nabo ubereke ko igihugu kari icawe natwe abanyagihugu ?
26 Nzero 2016, 15:28, par HABONIMANA GEDEO
UMWANYA NUMWANYA ABOBANTU BOMESWA.
26 Nzero 2016, 20:52, par J Pierre nsabi
Bashora abarundi kumacuniro, ntibabo
Na abobarungitse uko bapfuye!
Nabo nibaze bawote.bahenda
Urwaruka bihisha mubukene bwabo
bo babirabira kuri TV gusa
26 Nzero 2016, 20:54, par J Pierre nsabi
Bashora abarundi kumacuniro, ntibabo
Na abobarungitse uko bapfuye!
Nabo nibaze bawote.bahenda
Urwaruka bihisha mubukene bwabo
bo babirabira kuri TV gusa
26 Nzero 2016, 21:55, par PIERRE
MANA NTUDUHEBE TURARUSHE
26 Nzero 2016, 21:56, par PIERRE
MANA NTUDUHEBE TURARUSHE
27 Nzero 2016, 15:44, par cubwenge
Bravo ,bravo ahovyakabereye nikera.ntantabwe bazoduterana.Reka bahendwe nabariko binwera Heineken na brochette iburayi.
27 Nzero 2016, 20:32, par Gérard
Turakeje Ingabo Z’igihugu C’uburundi Zakubise Abobamenja Iyozibicabose Nihovyarikuba Sawa Turashimiyabatanzinkuru Yaho Abobamenja Binyegeje Abo N’abarundi B’umutima Bazebamukwo Kuk Baratahuyekowibikirikara Rikagutwika
28 Nzero 2016, 13:53, par NKURUNZIZA
BARIBESHA UBU ABARUNDIBOBARAZI IVYUMA BAZOTABARA IGIHUGU CABO
28 Nzero 2016, 16:53, par Bikomagu (patron w’ikuzimu)
Itangazo : Lenard Nyangoma amenyesha abarundi bose ko umugabo witwa CNAREC yarangije kuryamira ukuboko kw’abagabo (gupfa). Guhamba CNREC ni muntangiriro z’ukwezi kwa kabiri. Buri muntu wese uzaza muri uwo muhango asabwe kwitwaza agafuni . Murakoze !!
29 Nzero 2016, 10:49, par Sinduhije
@Bikomagu . wibagiwe mugabo ko baza bazananye n’ibiyeri hamwe n’urumogi.
30 Nzero 2016, 07:41, par jojo
Reka babamesure bibazako igihugu kitarimwo abagabo
30 Nzero 2016, 18:49, par bemba
Tabira ingiri zitumva umugambi wamahoro!
30 Nzero 2016, 18:59, par bemba
Tabira ingiri zitumva umugambi wamahoro!
30 Nzero 2016, 22:55, par journey
Mubikore mwiyumviye ntabarukwereka abandi ubuhinga bupfuye reka mbabwire ivyomwokora bifise akamaro:1.himiriza abana banyu kwiga 2.murime 3.mworore kijambere 4.mwige kudandaza 5.abafisuburyo gwizamahinguriro
Mureke ubujuju nkumbwo bwokwambura abana abavyeyi babo basanzwe atanico bafise basigara muvyago.no kwica abo bana ata political bazi wibukeko nawe utava umuvinyu ariko uva AMaraso
31 Nzero 2016, 15:09, par Rukeratabara
Nyuma y’urupfu rwa CNAREC undi migabo witwa MAPROBU yapfiriye muri Ethiopia mbere yuko avuka. Ba Sindumuja noneho amarira arabamara.
1er Ruhuhuma 2016, 07:26, par EVARISTE NIYINTUNZE
MAMA ABAGOMBA KUDUSUBIZA INYUMA?
18 Ruheshi 2016, 06:56, par ndayikeza eloge
none umutekano,ugezehe ubumurikomine yamugamba?ntakirahinduka?