Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bamwe mu bari bapfungiwe muri BSR barekujwe n’inguvu z’abanyagihugu
Bamwe mu bari bapfungiwe muri BSR barekujwe n’inguvu z’abanyagihugu
mercredi 13 Rusama 2015
Abanyagihugu isinzi bishikiye kuri BSR, ahari hapfungiwe bamwe mu bagiye bafatwa mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.
Abari bahapfungiwe barekujwe n’isinzi ry’abanyagihugu, baca baritahira, ariko hari abandi benshi bari bamaze gutwarwa mw’ibohero rya Mpimba, batanaciye imbere y’umucamanza.
Abanyagihugu bakaba baciye babomora iyo nyubakwa, baturira bimwe mu bibaho imbere ya BSR. Abaporisi bari aho ari benshi, ariko ntaco bashoboye gukora, kuko batekereje, barareka inzu zabo, abanyagihugu barazugurura, baraba ko atabakiriyo.
Aristide Nizigire
Messages
13 Rusama 2015, 18:07, par Nkunduburundi
Burundi bwa Nyaburunga warapfunywe ntiwapfuye!!!!!!
13 Rusama 2015, 19:08, par gode froid
Abarundi barahejeje kwiyambik agahuzu zibay inyigish kuri ba farawo .b igir imana ngo tuba pff kami ré , baramaramaye
13 Rusama 2015, 21:00, par uncle
muri intwari vrma.Imana ibahzagir.
13 Rusama 2015, 21:52, par niyombare
BARUNDI ndasemereye,kudete ikurikigwa nubwicanyi bukabije, gerageze uwo piter ntiyicwe kuk ivyokurikira ?
13 Rusama 2015, 23:42, par alex
ntakindi gikwiye.nugushir uburundi,mubiganza,vyimana.natwe tugafatanamunda.ntidukomezeguhendwa,kunyungu,zabanyeportik.mana,zigamabarundi.
14 Rusama 2015, 00:34, par sancho
JW mba mu gihugu Ca Angola nd’umurundi akunda igihugu ciwe,sinzi ingene no shimira Uhoraho Imana ya Burahu,Isaka na Yakobo.ariyo y’u Burundi bgacu ihejj kubohora abarundi niyo ntwaro mbi ya CNDD FDD ,IMANA yacu ihabge icubahiro
14 Rusama 2015, 08:58, par Emery
Rindira Nabandi Tugiye Kuza Kubafasha Turekuze Nabarikuzira Ubusa Kumusaga
14 Rusama 2015, 09:18, par BANKURUNAZE NUMERY
ICO NIYUMVIR NUKO BAGIZE NEZA KWUGURURIRA BARYA BANTU KUKO HARIHO ABAZIRA UBUSA.KANDI IKINDI NACO NUKO BOFUNGUR ABARI MU MPIMBA NABO.
14 Rusama 2015, 09:26, par nkeshimana dominique
wibaza kwinyishu yibibazo biri mu burundi ko yoba ifiswe nabo banyagihugu haba namba nyabuna leta nireke kwirengagiza ibintu ibibona ikemure izo ngorane hakiri kare.
14 Rusama 2015, 17:35, par Jonas
Nkurunziza petero, yizigiye abapfumu na barozi (satani), none ahindutse ikivume kuruta kayini. Ubujuju buragatsindwa!
14 Rusama 2015, 17:35, par Jonas
Nkurunziza petero, yizigiye abapfumu na barozi (satani), none ahindutse ikivume kuruta kayini. Ubujuju buragatsindwa!
15 Rusama 2015, 21:27, par Ndumurundi mubandi
Abobantu bahogwa ubusa none nimba presida pita akunda imana na banyagihugu biwe kurya bamutoye bamukuna, ntiyobareka bakiyamamaza kugirango nimba batazosubira kwiba amatora no kubabgira ngo bacemwo bacemwo ntibabona ngo bakubiti gere ryanyuma pita yaraziko abanyagihugu bahumye canke batumva? None hageze aho kwitoza ngwazitoza nareke abatwarigihugu nibenshi kandi bagikunda wewe nabanyagihugu bamaze kumuhinyira ntakabahore ubusa kuko bari muri demokarasi nibayigine.
16 Rusama 2015, 14:18, par ibigoyemakungu
Abarundi mushoborakubamwihenda mwibwirako mufisebwenge busumba ubwabya bikoko bya Habyarimana byitwaga abajep nanubu isi iyibubutse igira ubwoba.byakoze ubutwali mumugi wa kigali 1994 amasasu ashize, bihungisha abaturage, kagame iyobyibutse ahamagara amakungu ngomufashe. mwitonde ibararitagwa
17 Rusama 2015, 20:34, par CHANCE
IMANA IDUSHEAMATORA ABE MEZA.DUTANGURE NEZA.MURAKOZE!
17 Rusama 2015, 20:36, par CHANCE
IMANA IDUFASHEAMATORA ABE MEZA.DUTANGUREAMASHURE NEZA.MURAKOZE!
18 Rusama 2015, 09:57, par chance
ico jeweniyumvira ko petero yorekera abandi.dutangure amashure,n’ibindibigatangura neza.
18 Rusama 2015, 09:57, par chance
ico jeweniyumvira ko petero yorekera abandi.dutangure amashure,n’ibindibigatangura neza.
21 Rusama 2015, 23:04, par MANAYUMVA JOJO
icombona nuko abo bafunguwe boca bigisha abandi kwigenza neza kko mugasyo ntawe haryohera
29 Rusama 2015, 19:04, par NDAYIKENGURUKIYE JONAS
NIMUREKE BASHA KUDURIRA UMUNYAGIHUGU YOKORA IVYO HARI IG POLICE?UBU KO NTA JMBO DUFISE! IVYO NIBINYOMA