Accueil > Amakuru > umutekano > Bamwe mu bari mu murwi urwanya Reta bishikanye
Bamwe mu bari mu murwi urwanya Reta bishikanye
jeudi 16 Mukakaro 2015
Bamwe mu bahora bagendanira General Majoror Godefroid Niyombare na Ponsiyano Gaciyubwenge bishikanye, aho bavuga ko bari mu murwi urwana.
Caporal Nangame Déo matricule 67180 wo mw’ikambi ya Ngagara, yahora ari mu bacunze ubuzima bwa Gén Major Pontien Gaciyubwenge na Caporal Chef Nicimana Emmanuel matricule 66384 wo mw’ikambi ya Ngagara nawe yahora ari mu bacungera ubuzima Gén Major Godefroid Niyombare bishikanye, bivugwa ko bazanye n’inkoho zitanu hamwe n’ibindi bikoresho vy’ukurwana. Abo bavuga ko bahora bariko bararwana bakaba bapfungiwe mu gasho ko muri komine ya Bukinanyana mu ntara ya Cibitoke, aho boba bari kumwe n’abandi benshi bafashwe n’abandi bishikanye.
Abo bafashwe canke bishikanye, hakaba hari n’abandi kandi batari bake, bagikwiragiye mu micungararo y’intara zitandukanye, aho bivugwa ko biteguriye kubuza Petero Nkurunziza asubira kwitoza ubugira gatatu. Muri Reta bavuga ko abo batazobaterana intambwe. Willy Nyamitwe ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukiyru w’igihugu, avuga ko abo bashaka babigerageje kuva kera ariko vyabananiye, ko n’ubu batazoshika ku vyo bipfuza.
IGIHE
Messages
16 Mukakaro 2015, 13:50, par PHILIPPE.
TWE TWISHAKIRA AMAHORO GUSA.NTAKINDI.
16 Mukakaro 2015, 14:14, par Mbega!!!
Abobishikanye biraheze bazobaho uriko uwutishikanye buraca aritwa nyakwigendera ndasubiye kubibabwira kuko iconazejubona abasirikare Buburundi urinze wabicira umusirikkarenumwegusa bacabashirira mpaka, mwibuke Cibitoke babiciye umusirikare ukuntubaciye bahanagura, mwongeremwibuke mumisiheze abasirikare batandatu baconerekeye Kayanza ndabwire abasirikare ivyovaraye bahakoreye sinzipfandavyibagiwe! Umvabarabwiye abenegihugungo nimwigireyo mugende maganahariya kuri provensi ngohatuhikuntu tugombatwikorere ntababwire hahahaha nagiyenabona!!!
16 Mukakaro 2015, 14:28, par Patrao
Iyon,imitwe nyene yapolitique bananiwe abandi ntibazonanirwa ivyisi nukwitonda kandi bakavuga nguwitonze amira ibinoze
16 Mukakaro 2015, 14:47, par murudier@yahoo.com
iyo ni imitwe ya nyamitwe
16 Mukakaro 2015, 14:56, par BI
Jew ndatangazwa cane n’umuntu avuga ko hari abantu bishikany,ivyo n’ibihuha vyambay ubusa eka n’inikinyoma cambay ubusa.Hama Willy Nyamitw naw nomubwira nti:"Ico utarabona ucerekwa n’uko uramvye"avuga ko ata ntambw bazotera!Jew ndamusabira ko yobandanya yica amatwi.Vyiza yokumviriza abandi mu ntumbero yokubana neza kuko intabarigwa yabwiw n’uko amaso atukuye."Ibigiye inama bigira imana."
16 Mukakaro 2015, 15:20, par Ndayiserges
Ubwo nubweng bwa leta kugira bace integ aband system turayiz akaba arivyo nah boba bahemukiy igihug nka Peter
16 Mukakaro 2015, 16:29, par William
Murahendwa mubona kweri?
16 Mukakaro 2015, 18:51, par Samson
Nibareke Abarundi Baruhuke Ntakwama Muntamba.
16 Mukakaro 2015, 19:55, par jay
emwe nanje ndabonye ko ari imitwe ya fake kugeza ho reta ibesha bingana UK vraiment iyo in masturbation reta iriko irigirira yoyo asha henda two tujuju wifatiye murikumwe arik hariho abobidakunda.
16 Mukakaro 2015, 20:00, par Grace
Emwe basha!karashiz ingani muze muguma mubesh?ereg turazubweng ngab bishikany nabahz bacungera bande?abobo bivuz?abo mukwa12 nibobatari kwivug?aho mwabukaranga twar musi yurujo kimwe gus za murek kubesh kugra muhembw amaher mensh kk isi iraheraa kand ikabahenda kand nimuvugishukur kugra amahor abonek
16 Mukakaro 2015, 20:31, par Emmanuel Nsabimana
Namaho Mwese Muraba Ayo Makuru. Nanje Nashaka Kubaza Yuko Iyo Radiyo Yoturonderera Uwobibeshuza Y.Uko Bishikanye
16 Mukakaro 2015, 21:43, par nduwayo
burigihe babakubise ntimubura ivyo muvuga.ivyabo mwafashe turabizi.
16 Mukakaro 2015, 21:49, par Ntirenganya Emmanuel
AHO NISAWA NABASIGAYE NIBAZE TWUBAKE IGIHUGU CACU NTABANDI BAZOKITWUBAKIRA ATARI TWEBWE NYENYE ,NAKARE MUKIRUNDI BACA UMUGANI BATI ,UBUGABO BUTISUBIRAKO ,BUVYARA UBUBWA
16 Mukakaro 2015, 22:11, par mash
Murahumba Sha Aho Murikomuhenda Twembwe Abanyagihugu Ngumwafashe Abantu Politique Turazimenyereye Igene Zikorwa Ahubwo Buca Kabiri Mukavuga Ko mutama Niyombari Mwamufashe Iyosisi Teme Yanyu Twarayihinyuye Toriyindi Ubu Mufata Abanyagihugu Mukitsa Haherakanya Mukavuga Kwarinkozi Zikibi Zari Ziteye Uburundi Sha Nkurumbi Uzopfa Twarababaye Mugabo Kananira Bagabo Ntiyimye Kabiri Karazirwa.
16 Mukakaro 2015, 22:27, par SEGA
WOSANGA ARI ABANETSI.
17 Mukakaro 2015, 00:00, par turiyononere
ntaco
17 Mukakaro 2015, 00:13, par turiyononere
Journal igihe twabakunda ariko ntabantu murimwo! vuga inkuru ufise icemezo! utagifise bishireko vyitwe ibihuha!
Abo ba caporeaux woberekana amasura yabo nizo nkoho bazanye? honte pour le journal! ne publisher meme pas ariko mumenyeko muri abagabo niryo! nivyo muzohora mwandika mudasavye imbabazi abasomyi tugiye keamamaza ikinyamakuru canyu kuri internet, whatsap eka hose bsmenye ivyanyu boye kwonona amahera yabo bugurura site yanyu! sibiri kwiga ingene inkuru zitangwa ataco zishe ahubwo mwungutse ubushingantahe bwivyo mukota!
17 Mukakaro 2015, 01:21, par Munyagihugu
Birazwi nezako ubu uwufashwe wese na documentation canke polisi canke imbonerakure aca yagirizwa ko yari mu mirwi irwana. Uwufashwe agerageza guhunga canke uwihenze agahunguka aca yitwa umu assaillant aho ni iyo agize Imana ntiyicwe. Abapfunzwe bazira imyiyerekano baza barasohora umwumwe bakavuga ko bafatiwe ku rugamba. None abo ba AT ba Niyombare na Gaciyubwenge ko mutabafatiye hamwe na ba sebuja? Bahuriye he mu kuja mu barwanyi no mu kwishikana? Reka reka murahenda imbonerakure nyene zipfa gukwirikira zidashizemwo ubwenge !
17 Mukakaro 2015, 05:44, par Kevin
Izo nimbonerakure zishikanye,kumwe mwaduhenda muri cibitoke ngo naba rebel kumbe mwishe imbonerakure zanyu zomowe na MONSCO muri congo,politique yaba DD ninkiyinzoya twarabahinyuye.
17 Mukakaro 2015, 05:52, par j
ubwo ga barundi bene wacu aho mwaseseye amaraso ntimuza muruha nimureke izo ntambara abana buburundi baruhuke.urya uwawe ukinovora intuntu. intibagira ntibana kandi igihugu cuburundi nigito ntikizobakwira nikito
17 Mukakaro 2015, 15:13, par IRANZI
UKO NUKURI KABISA NI BAMUREKE YITWARIRE TWAMUHAWE NIMANA NIWE IMANA YABONYE KO ABISHOBOYE IVYUBURUNDI
17 Mukakaro 2015, 23:32, par alice
nimuze duseng kuk ivyabaye nimana yagovye guhishura
18 Mukakaro 2015, 07:26, par j
tubirindire
18 Mukakaro 2015, 15:31, par Kajekurya bihere ngende
Cndd niyo yitera ntivyunvkana ubwo nububesh yaherey kera ibesha emama ngo coup.d.etat ariy yayiteguy vyiz nav kunteb kar
18 Mukakaro 2015, 15:40, par Alexis Lucky
iyo mbonerakur muyihor iki? hend abandi
18 Mukakaro 2015, 15:45, par Kajekurya bihere ngende
Cndd niyo yitera ntivyunvkana ubwo nububesh yaherey kera ibesha emama ngo coup.d.etat ariy yayiteguy vyiz nav kunteb kar
18 Mukakaro 2015, 19:44, par Saïdi
Ivyovyo Murabivuga. Ivy’imbonerakure Zigeramiye Abantu Komutabivuga??
18 Mukakaro 2015, 23:57, par Hjk
Nyamitwe Arabeshaaaa!
19 Mukakaro 2015, 19:28, par alachoux
ko tzko nyamitw yarashw na adolph kand atar muburund ivy vyovy leta ibikur heh? nkurumb natekan azokukuruka!