IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gabriel Rufyiri aratangazwa n’uko Guillaume yagize imyiyerekano ata ruhusha (...)

Gabriel Rufyiri aratangazwa n’uko Guillaume yagize imyiyerekano ata ruhusha ntihagire uwumukoma

lundi 26 Nzero 2015

Bamwe mu barongoye amashirahamwe adaharanira inyungu za poritike bashitse aho Guillaume Harushimana yagira imyiyerekano imbere ya RPA, baneguye inyifato y’igiporisi aho kitakoze nk’uko gihora kibigira iyo ayo amshirahamwe agize imyiyerekano kandi afise uruhusha.

Gabriel Rufyiri abona ko abanyagihugu badafatwa kumwe imbere y’amategeko kuko igihe Guillaume Harushimana yagira imyiyerekano imbere ya RPA ata mu porisi yigeze amuburabuza kubera iyo myirekano atari yasabiye uruhusha. Gabriel Rufyiri avuga ko iyo ayandi mashirahamwe ateguye imyiyerekano bayisabira n’impusha mu nzego zibijejwe kandi n’impusha bakazironka bahora baburabuzwa n’igiporisi.

Mwomenya ko igihe Guillaume yagira imyiyerekano imbere ya RPA afise isandugu n’umusaraba yari kumwe n’aba porisi basa n’abamucunze ariko igitangaje n’uko ahavuye ata mu porisi n’umwe yasubiriye kuhaboneka kandi hari abantu isinzi bari gushobora guhungabanya umutekano muri ico kibanza.

Ikindi mwomenya n’uko abanyagihugu batari bake bagwiriyemwo abagendesha amapikipiki n’amakinga bari bahagaze imbere ya RPA bavuga ko bari baje gushigikira insamirizi yabo.


Cherif Nkeshimana

Messages

  • Gabriel Rufyiri, erega ntuhave unanigwa kubandanya kuvuganira abanyagihugu kuko nturi wenyene twese tukuri inyuma.mbivuze kuko watangajwe n’uko wabonye aba polisi bari bahari kandi bacungereye umutekano wa Guillome kandi yari yakoze imyiyerekano atarupapuro yarafise none ntuziko Guillome ari Leta?Leta mugukora imyiyerekano yosaba urupapuro nde?Babikoze kuko bazi ivyo bariko barakinga.Ariko ....................................iraharuye.

  • Ivyo bavyita agasema: je nabonye vyinshi, uyo mu Guillaume nta minsi asigaje. Aho bukera igihugu c’URWANDA kirerekana ko ifoto y’uyo mugabo itigeze yinjira mu ma mashini yaco kuri arya mataliki. Uyo mugabo azoca acirwa urwa ba Nzarabu, Kaziri n’abandi...

  • Ehe izo sura zabo ngo bagomba batere ubwoba abamenyesha makuru rero...mwanterahamwe mwe ,,mwabicanyi mwe..yagiye ngaho ahitana aba taxi velo bo mukamenge abemerera kubasororera kugira nawe aboneke ko afise abamywanyi.........mwabimenabanga mweeeeeeeeeeeee

  • AKA KAGABO KAZI NGO PETER NA ADOPHE BAGAKORESHEJE NGO KAZOROKOKA NGO KAZINGE IFARANGA KEMEREWE!!!!????KARABAZA ABANDI KUMVE ..YOOO AHO NI BAYIIII BAGUHENZE NGO GIRA MANIFESTATIONS ARIKO NABO BAMEZE NK ABANA !!!!NI AMARASO ABABIRA MWO NTA KUNDI BOGIRA ..ARIKO WEWE BAYIII ADOPHE ARAKURYA BAGUSANGIRE NA PETER UMUPFUMU MUKURU WA DD ...PSAUME 108 MURI KUMWE DISI WE..INTERAHAMWE NTA MAHORO HOOOSE

  • Uyo yiyise COOCO,yogabanya agatima k amacakubiri,kuko abonye isura y amazuru agaca ayita abicanyi aragowe kuko carafashwe,niyo FDD yovaho uzotogwa wese uzosanga afise isura nk irya ubona,ukinda ugaramye....urakicwa n agashavu bikunaniye uduge muri nord wambuke akanyaru uzoba wisanga mugabo bobo ntibafyina,ntiberekwa liberté d expression.

  • abo ba dd murenga nubwo burabarengeye ayo maraso yabantu azobabiramwo basha,nkababazwa nizo mburakimazi zabomy inyuma,akarinyuma karahinda,ako nagasema

  • Guillaume, ariko arisema we nyene : ehe Maregos, Nzarabu, Jean Petit, ............aho uragiye bayi! iyo sandugu ubike ahadata mu misi mike abawe bazoyikenera, tu ne fais que diminuer les dépenses de ton enterrement.

  • Mbe kimasa uzi gute ko ntari umuhutu??? Navuze isura zabo baboyi yatoye mwibarabara mukamenge.......Usanga nawe uri umuta taxi velo Genda Ludolphe abacape mwe ntawe muzi sha murambaza jewe........nubu nomukanya twarikumwe nabagenzi biwe npfampfe......nariko ndabasuma amajambo we vuga make ........Fin de fin kizotahira umututsi wumutima ......numumenyesha Mana wumunyarwanda yarabibonekewe...abicanyi bazama arabicanyi ako mwishamba ntigahera

  • Heee mutama turi inyuma yawe ivyo uvuga natwe ntidutahura mugabo tumenye ko IKINYOMA KIMARA UMUNSI NTIKIMARA UMWAKA,,,,,

  • Uwobugabo ivyoyakoze birumvikana nonekoyategereje kwamashirahamwe adaharanira ivyicaro amuvuganira nkuko asanzwe avuganiranabandi akabura uwutagira nasenge arisenga.

  • ewe ivyuburundi biragoye none rufyiri niwe ajejwe kuraba abafise uruhusha nabatarufise namba mutahababutse murafise agahinda mugabo turacabatwara

  • ewe ivyuburundi biragoye none rufyiri niwe ajejwe kuraba abafise uruhusha nabatarufise namba mutahababutse murafise agahinda mugabo turacabatwara

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.