Accueil > Amakuru > umutekano > Gaspard Baratuza:" Igitero cakozwe mu ntumbero yo gucanishamwo (...)
Gaspard Baratuza:" Igitero cakozwe mu ntumbero yo gucanishamwo igisirikare"
vendredi 11 Nyakanga 2015
Umuvugizi w’igisirikare Col Gaspard Baratuza amenyesha ko igitero cakozwe ku mukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto cari gifise intumbero yo gucanishamwo igisirikare c’igihugu.
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru,inyuma y’umutaga kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 11 Nyakanga 2015,Gaspard Baratuza yamenyesheje ko ku ruhande rw’igisirikare batatu bitavye Imana, mu gihe babiri mu bagize igitero nabo nyene bapfuye,hamwe n’umukozi mu bushikiranganji bw’umutekano ariko atari umupolisi.
Muri ico kiganiro ku bamenyeshamakuru, Gaspard Baratuza yavuze ko inkoho imwe yo mu bwoko bwa lance-Roquette,inkoho 2 zo mu bwoko bwa kalashinkov nazo zafashwe.
Colonel Gaspard Baratuza avugira igisirikare c’igihugu yasavye abasirikare kuguma bafatanye mu nda.
Mwomenya ko ata mumenyeshamakuru yaronse umwanya wo kubaza ikibazo muri ico kiganiro.
Van Naris Mugisha
Messages
11 Nyakanga 2015, 18:16, par Nzobandora
Igisirikare gicanamwo gute?Ba muza murageguza iyo muvuga!!!Urashobora kwibaza intore zimaze gupfa muri ico gihugu !!!Uburundi ntibwaciye bwubama mugenzi!!!Erekana neza ingene uwo Prime apfuye ibara ryoba riguye turabe hama ngira nabo batera bokwirinda ako kabi!!!Murabura kugaba ahandi ho arabamara kumwe Buyoya yamara abiwe bose yabanza guha ibiti!!!!
11 Nyakanga 2015, 18:40, par rutumo jean
konera muvugizi
11 Nyakanga 2015, 18:43, par JUSTICE KURIBOSE
"Uwo rukarisha rwo munwa"kuva aho imbonerakur hamw n’interahamw ziberey impfuvyi,nta muntu azigenzura zirica,zigakiza uwo zishaka"mchezo wandani uzobamara"
11 Nyakanga 2015, 19:11, par None?
Turabizi mutama ntiwirurwe urahogora, ariko bagiye gutangara uwavuzengo uwuzowaca uziheriwiwe uzimire iwewe ntiyabeshe. Abasirikare sabana kubaza kwicabatakizi. Tugiraturacaberekako uwushaka gucanishamwo abarundi yihenda bagaca bihatira kubirondera ivyocanishamwo abarundi ariko ntituzosubirayo ndongeye kubibabwira nimuronderere ahandi twararyanye kubwamoko ntanyungu twarosemwo ntacotumarero dusubira mubintu bitigeze bigira icobitwungura kiretse amarira namaborogo gusa.
11 Nyakanga 2015, 19:25, par Kinindo
Ufashwe cyangwa ucyetswe ajye ahita yicwa. Kuko gufunga inkozi zikibi nibyo bizakora kuri Nkurunziza. Nimubakubite urusoro kuko iyo umuntu ashaka kukwica ukamutanga umukanira urumukwiye
11 Nyakanga 2015, 19:36, par ferdinand
ahubwo se aya magambo yumuvuvizi wansabaga ko ariyo atuye inkeke, ngo gusamburigisirimare nigihugu njye numva ari gutera abanyagihugu ubwoba kiruta kubamuriza
11 Nyakanga 2015, 19:53, par Biziyaremye Vital
none murabobateye igitero ntanumwe yobayafashwe?
11 Nyakanga 2015, 20:05, par KANURA AMAZI AZA YARENZE INKOMBE KURI EX FAB!
EWE YUDA GASUPARI BARATUZA URAKENYEYE WEMERA GUHEMUKA NKA GACIYUBWENGE !KUBERA UTWO DUFARANGA PETER AGUHENDESHA KANDI PETER AHAYE AHONYA ABASODA BA EX FAB KUMUSI KUMUSI! NAWE BANDANYA UMUSHIGIKIRA NIYAMARA GUHONYA ABAHOZE MURI EX FAB BOSE NAWE AYO MAHERA YOSE AGUHA AZOKWICA SHA HAMA AYISUBIZE! AHO MUBURA GUHAGURUKA NGO MWIFATANYE NA GODEFROID NIYOMBARE NGO MBE MUHENDWA NATWADUFARANGA TWO MURI SOMALIA? MBE MUZOTURIRA HEHE NIMWAMARA GUTAKAZA IGISODA? BANDANYA MUJEBAJEBA MWIYOBAGIZA YUKO PETER AFISE INTUMBERO YUGUHONYA ABAHOZE MURI EX FAB AZA ARASA UMU DD AKOMEYE NKAKURYA YIYICIYE ADOLPHE AGACA ATA MUMVUTO ABA OFFIIERS SUPERIEUR BABA EX FAB BARENZE 20! MBE NKAHO UREKURA IYO MI HAHA WIHENDA YUKO UFISE SECURITE? UHAYE WIYOBAGIZA UMUGAMBI WA PETER WUGUHONYA EX FAB HAMA NGO AGACA ABASUBIRIZA NIMBONERAKURE ZICANZE N’INTERAHAMWE ZI RWANDA! NAMWE BANDANYA MUJEBAJEBA MUZOTANGARA UMUSURIZINASHA! IBUKE WAMUGANI UVUGA UTI UGOMBA GUHEZA UMUGANDA W’INKWI UZA URASOKORA KAMWE KAMWE MPAKA UGAHERA! AHO NTIMUBONA YUKWARIVYO AHAYE AKORA KUBAHOZE MURI EX FAB !
11 Nyakanga 2015, 20:06, par burundi
mukomere kumuheto batama,mucungere neza ivyo mugisagara natwe abanyagihugu ivyaruguru tuzovyimenyera. uzoduterana intambwe 1 ntazaduterana iya 2.
11 Nyakanga 2015, 20:12, par James
Turabamenyereye Bamuvuga Ukuri Iyo Ni Muceze Wa Ndi Mwazifashe Hehe
11 Nyakanga 2015, 20:13, par James
Turabamenyereye Bamuvuga Ukuri Iyo Ni Muceze Wa Ndi Mwazifashe Hehe
11 Nyakanga 2015, 20:13, par James
Turabamenyereye Bamuvuga Ukuri Iyo Ni Muceze Wa Ndi Mwazifashe Hehe
11 Nyakanga 2015, 20:50, par Bucuti
C’est un système!uwuzoramba azobona!
11 Nyakanga 2015, 21:07, par Emma
Wewe Noguhanura Gutanga Imihoho Kubera Ibibera Muri Urwo Rwego Ntavyo Uzi Canke Ube Winumira
11 Nyakanga 2015, 21:38, par kayanza siti
abitavyimana ibakire imiryangoyabo yihangane kwisi nikobimeze twese niyonzira
11 Nyakanga 2015, 21:45, par mpawenimana
jewe ikibazo fise ikibazo caje nuko prezinda na.prime ntibahuza kuko igihe bakubita kudeta kudeta amazina yasomwe prime yarimwo munyu akigarura yararwaye kugezeho kudeta irata ariko ntanagashimwe abadi barashimiwe ariko we ntibamushiye
11 Nyakanga 2015, 21:53, par nzisabira
Mubintu biba ngaha muburundi ntibigitangaje cane.Kuko ahanini vyagize Abarundit B’indandende.Bemeje bakaja gusubira guha ubutegetsi nkurunziza.Wewe arabonako ariwavyish kuko umusi yovugako ahevye manda yagatatu.Niwomunsi hocahabonek amahoro muburundi.Nashakambwir abagiye gufasha muriyireta yuzuyemwo ubwicanyi mvuganti:Uhezakugoka ibigori bikera
11 Nyakanga 2015, 23:08, par freedom
nukuri ni ninde irikwiraba muburundi.mana garukir uburundi
11 Nyakanga 2015, 23:09, par Vincent
Bazohinyuka.Wait And See!.The Time Will Tell Us.
12 Nyakanga 2015, 06:34, par admune
ahubwo umuti ni mwumvikane nayo inkoh iyo ziva hatugaye,muzokwam mwazifashe kuko nabo bahora bazibatwara.reka guvura ingaruka vura ikibituma kuko utwara ikigwanisho kimwe hakaza10
12 Nyakanga 2015, 07:36, par Kariyo
Mbe Umukuru W’ Ingabo Mutazi Abamuteye, Abotera Igihugu Bo Mwobamenya? Kandi Mureke Gufyina Kuko Biraboneka Ko Mugisoda Gari Ibibazo Bikomeye Cane.
12 Nyakanga 2015, 10:31, par NIYONKURU
NON ABOBAGWANY BAJE? BAVAHE.AMATOHOZ MUYAGEJEJ HEHE?NTANUMWE BAFASHE AGIKOMEY?
12 Nyakanga 2015, 12:28, par Niyonkuru Anatory
Mutama komera nayo abo bashaka kuduca muryahumwe ntibashobora kuko Imana niyo mushobora vyose,nibacire birarura ntayo baja,komera nyakubahwa.
12 Nyakanga 2015, 14:02, par yaya
Mubacanishijemwo nawe urabifiswmo uruhara mukwemera amafuti yankurumbi
12 Nyakanga 2015, 18:58, par faustin
Mana fasha uburundi,nacane cane ,igihugu c’uburundi
12 Nyakanga 2015, 19:11, par ruriye abandi rutakwibagiye
Ego kabisa bose nico kimwe mugabo barabesha
12 Nyakanga 2015, 20:47, par Mulashi
Muri iki gihe, ibivugwa vyose biteye amakenga n’ubwoba ariko imana yo irabizi ido n’ido.
13 Nyakanga 2015, 13:23, par yoyo
Muta rekura
13 Nyakanga 2015, 14:15, par nahayo
Nimuze dukomeze amasengesho imana ihangaze uburundi n’abarundi .
13 Nyakanga 2015, 14:27, par NAHAYO
Mana mushoboravyose turagusavye uhangaze uburundi n’abarundi.
13 Nyakanga 2015, 20:56, par kamaro
mbe ko mutatubwira ivya 1er secretaire d’ambassade y’urwanda i burundi?
17 Nyakanga 2015, 16:52, par DEOGRATIAS
Kubera iki iyogapfuye umuntu wumunyagihugu batarondera ababikoze umuntunumuntu.
17 Nyakanga 2015, 21:10, par NIYONKOMEZI EVARISTE
IFOTO YIWANJE
18 Nyakanga 2015, 23:00, par Ndikuriyo
Ariko Imana yumva vyinshi. Iyo uriko uravuga ngo uvugira igisoda ntugira nisoni? Igisoda gisigaye gifatwa ni Gipolisi kikicwa ni Gipolisi mugahora.Uwurerekera Umusuma niwe musuma. Nimukure Interahamwe ni Imbonerakure Mugipolisi nomu Gisoda. hanyuma uheze uvuge twumvirize!!