Accueil > Amakuru > umutekano > Batanu bafatiwe mu Ngagara bapfungiwe mw’igendereza
Batanu bafatiwe mu Ngagara bapfungiwe mw’igendereza
samedi 14 Rusama 2016, par
Abantu batanu bafatiwe mu Ngagara muri karitiye ya gatanu inyuma y’amasasu yahumvikaniye, ku munsi wa kane, bapfungiwe bose mw’igendereza ry’Uburundi.
Abo banyagihugu batatu bafashwe n’abaporisi, bari kumwe n’abakozi b’igendereza, amasasu menshi akaba yarunmvikanye igihe abo bantu bafatwa aribo Jean-Claude Shingiro, Mathilde Hatungimana, Robin Ngingo, Janvier Niyonkuru, hamwe n’uwundi mugabo umwe yari kumwe nabo bafashwe mu nzu bafatiwemwo muri karitiye ya gatanu mu Ngagara.
Umuryango w’abo bafashwe nturamenyeshwa ico bafatiwe.
IGIHE
Messages
14 Rusama 2016, 09:21, par MUYAHUDI
NIBABAKOREREKO AMATOHOZA NTIBABARENNIBABAKOREREKO AMATOHOZA NTIBABARENGANY
14 Rusama 2016, 09:56, par Budehe Peter
Ndasaba leta kujya yica iyi mihirimbiri. Kuko iyo mubafashe mukabafunga bene wabo bakomeza gutera grenade kuko baba bazi ko nibafatwa bafungwa . Gusa nimubahingamo ubudehe bazareka kuba ibyihebe.
14 Rusama 2016, 10:18, par nyanzira
murahumba ukurikuzojahabona izombonerakunyazanyuzomoke
14 Rusama 2016, 20:54, par mwumba inkona
nabonyene mukarekura muzoba muhushije grenade zitegwa kinama harimwo uwuzitera kuko ahazi namwe ntimurabana
14 Rusama 2016, 20:55, par mwumba inkona
nabonyene mukarekura muzoba muhushije grenade zitegwa kinama harimwo uwuzitera kuko ahazi namwe ntimurabana
15 Rusama 2016, 08:55, par Unifier
Okkkkkkkk, Leta yitorewe n,abanyagihugu, irongowe n,IMFURA y,uburundi nyenicubahiro PETERO NKURUNZIZA. mube maso mukore amatohoza gahoro gahoro, burya ngo n,uwasanze nyina mukuzimu yaramenyekanye, abo batera amagrenade bica abantu ntibigoye kubamenya. Baba mu burundi bavuga ikirundi muce kubatwara ama quartier bagende bamenya uwo batwara wese ico akora kandi mushireho n,ababafasha kumenya muri quartier iri yose abagarariji babayo, mutibagiteko hari n,abandi mukorana ngaho mubuzi babihishijeko bimba babahisha ivu, gutyo uwo mufashe bikagaragara vy,ukuri ko ari mubwicanyi , musabe kugarukana abo yishi bidakunda abasange iyo bari yumve iraha barimwo, sinzigera nibagira umuryango w a nyakwigendera GENERAL ATHANASE , bagandaguye wose bamuhoyeko azi gutandukanya icatsi n,ururo, ko amacakubiri yari yarabonyeko ataho ashikana kanatsinda turi bene mugabo umwe, banyakwubahwa mubijewe si possible, ce mubikorerako
16 Rusama 2016, 08:04, par emanwer nduwiman
ugwanda bafatanij nikih gihugu mugutera uburundi