Accueil > Amakuru > umutekano > Babiri bafashwe mu matohoza y’ubwicanyi bwabereye ku Mpanda
Babiri bafashwe mu matohoza y’ubwicanyi bwabereye ku Mpanda
lundi 5 Nyakanga 2016, par
Igiporisi cafashe abantu babiri bariko bakorwako amatohoza ku rupfu rw’abantu babiri nyene bishwe barashwe kuri uwu w’Imana, muri komine Mpanda, intara ya Bubanza.
Abo bantu babiri bishwe ni umukozi wo mu gisata kijejwe ubutunzi ku bitaro vyo ku Mpanda, yari kumwe na mugenzi wiwe w’umudandaza. Bompi bariko biyunguruza bakoresheje ipikipiki.
Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko barashwe n’abantu bitwaje inkoho yo mu bwoko bwa Pistolet bariko biyunguruza mu muduga wo mu bwoko bwa TI. Abajejwe umutekano bahashitse abo bantu bitwaje inkoho bamaze guhunga.
- OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi
Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko abantu babiri aribo bamaze gufatwa n’igiporisi, ku mvo z’amatohoza.
IGIHE
Messages
5 Nyakanga 2016, 14:49, par turaje
Mufate izo ntagondwa mujeri.
5 Nyakanga 2016, 15:38, par Nzoyihera B..
Zemurafatira ahonyene habereye icaha bishobose mukazifyondera ahonyene . izo ntagondwa ahandi hose niko bazituza nizindi zikaboneraho kohatagendwa.
5 Nyakanga 2016, 20:12, par Oscar
Turabuzeintwari,imananibakiremubwamibwayo,abobafashwemubakorereko
5 Nyakanga 2016, 20:45, par NYISHU Orginal
Birababaje Ku Bantu Baciyumvira Kwica Umuntu Kandi N’Imana Itimeze Yemera Ibintu Benivyo.
5 Nyakanga 2016, 21:03, par 69726096
Mbeko Mwemeza Abo Bazugu Murakaribo Murafis Ivyemezo Mukwiye Kwitondo Nda Kuko Murasho Bora Kubarenganya haha Mana Tabara Uburundi
5 Nyakanga 2016, 21:04, par 69726096
Mbeko Mwemeza Abo Bazugu Murakaribo Murafis Ivyemezo Mukwiye Kwitondo Nda Kuko Murasho Bora Kubarenganya haha Mana Tabara Uburundi
5 Nyakanga 2016, 21:21, par Amissi
Izo n’imbonerakure zacanyemwo
5 Nyakanga 2016, 21:41, par Runyenzi Mob Nkotanyi
Ehhh bene wacu bafashwe. Ntibyoroshye mugabo ingabo za Nkurunziza zirakaze.
6 Nyakanga 2016, 08:44, par Musaga
@Runyenzi Mob Nkotanyi,yoo pole sana kumbe hafashwe benewanyu bo mu Nterahamwe na FDLR?erega nimutahe iwanyu mu Rwanda
6 Nyakanga 2016, 09:27, par musaga
Ayiwe.... bene wacu mujeri sindumuja bagiye gushirira mugihome. Njye reka nihekenyere impengeri i Mahama.
9 Nyakanga 2016, 20:14, par osuald
nibyiz kabisa abapolisi babishiremwo ingumv nyish kugir nkuk bisanzwa kandi bizwi amahor yibonekez kwariho