Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura Rural: Musitanteri wa Komine Isale yarishwe n’abantu (...)
Bujumbura Rural: Musitanteri wa Komine Isale yarishwe n’abantu bataramenyekana
dimanche 23 Myandagaro 2015
Musitanteri wa Komine Isale iri mu ntara ya Bujumbura Rural Pontien Nderagakura,yarishwe arashwe n’abantu bataramenyekana mw’ijoro ryo kuwa gatandatu igenekerezo rya 22 Myandagaro 2015.
Amakuru ava aho muri komine Isale amenyesha ko hari nk’igihe c’isaha zine z’ijoro aho musitanteri yari mu bunywero bwitwa Carrefour des Amis abantu bataramenyekana baca bararasa,musitanteri yaciye yitaba Imana muri uwo mwanya nyene.
Mu bandi bari kumwe muri ubwo bunywero,abantu batatu barakomeretse harimwo umwe ababaye cane,bakaba bamaze kujanwa mu bitaro.
Mu ntumbero yo guhumuriza,imvukira za komine Isale zikorera mu gisagara ca Bujumbura,zazindukiye muri iyo komine kubonana n’abanyagihugu baho.
Van Naris Mugisha
Messages
23 Myandagaro 2015, 15:21, par INTAGOHEKA
IZO NIZANYANKA BURUNDI ARIKO TUZOZIGWANYA KANDI TUZITSINDE NTANARIMWE IKIBICATSINZ INEZA MPOJEJE UMURYANGO WABUZE NIMWIHANGANE
23 Myandagaro 2015, 16:05, par anicet
abafa nibenshi p!!!!!!!
23 Myandagaro 2015, 16:41, par Van giftshine
Abo naba cndd bahonyene bishe musitanteri wacu,ariko nabo abamwishe bamenye ko barinyuma,nijambo ryimana rirabivugati twese tuzopfa,,,,,,,
23 Myandagaro 2015, 16:56, par Dodia
Ingero Yicaha Nurufu!
23 Myandagaro 2015, 17:57, par tuveko
Bariko baradusotora natwe tweho mama baraza bitonse
23 Myandagaro 2015, 18:24, par NKURIKIYE GILBERT
IGIPORISI COGIRA INGUVU ZOGUHIGA ABO BAMENJA
23 Myandagaro 2015, 18:27, par Gihahe
Ndahojeje Umupfasoni Wa Musitanteri Potien Uwomupfakaz Niyihangane Kuk Umugabo Wiw Ndaz Ko Batamuhoyubusa Uzopfumuronka Umugabo Wumunyumbakumi Nimbukiri Muto Ark Aba DD Aho Mur Hosi Muzoshira Nkifu Yimijir Nkuko Shobuja Agizimisabivuga
23 Myandagaro 2015, 20:59, par Kaneza Eliane
MBEGA RWASA YAGIYE KURONDERA IKI MURI LETA Y,ABO BA DD KO MBONA ABANTU BIWE BAGUMA BABACISHA KU BUHOMBA ? BAZOGUMA BABICA ARORERA HANYUMA NA WE BAMUHEREZEKO !
23 Myandagaro 2015, 20:59, par Kaneza Eliane
MBEGA RWASA YAGIYE KURONDERA IKI MURI LETA Y,ABO BA DD KO MBONA ABANTU BIWE BAGUMA BABACISHA KU BUHOMBA ? BAZOGUMA BABICA ARORERA HANYUMA NA WE BAMUHEREZEKO !
23 Myandagaro 2015, 20:59, par Kaneza Eliane
MBEGA RWASA YAGIYE KURONDERA IKI MURI LETA Y,ABO BA DD KO MBONA ABANTU BIWE BAGUMA BABACISHA KU BUHOMBA ? BAZOGUMA BABICA ARORERA HANYUMA NA WE BAMUHEREZEKO !
23 Myandagaro 2015, 22:43, par None?
Nyangoma reta yiwe Irakomeje gutezimbere u Burundi , ngayo amajambere Nyangoma yababwiye ashakira u Burundi, nagerageze niyica akamara million 9 zabarundi arazoca twara uburundi.
24 Myandagaro 2015, 00:01, par koriciza
yoooohh nimbonera kure kwica ibiremwa vyimana bigezaho kuko twese twaremwe n lmana imw!!!! kandi lmana yo izoca urubanza rubereye nyuma yubugingo bwisi tuzobandanya lmber y lmana!!!
24 Myandagaro 2015, 05:43, par emma
emma
amatohoza nakore kugira abishe uwo mutware bamenyekane.
24 Myandagaro 2015, 09:01, par Js.M.Gatoro
Mbega abarundi twaremwe abo kwicwa no kwicana gusa? mbega mutama rwasa agathon yiyumviye iki kuja muntwaro yabo ba dd yabicanyi gusa.! none nkuyo mutegetsi musitanteri yazize iki? twibuke ko bavuze ngo nukubacamwo, tuje turibuka ibintu rero. IMANA DUHARIRE KU BARUNDI BOSE.
24 Myandagaro 2015, 18:05, par Kariyo
Wewe Wiyita None, Umusi Bakwiciye Uwawe Canke Nawe Bakakwica. Uzoca Umenya Ackwiciye Canke Abawe Bamenye Uwabiciye. Ngira Ntiwumvise Ijambo Umuhungu Wa Gn Adolphe Yashikirije Kumaziko Yase, Uwamutelefonye Amubwira Ngo Areme Se Amusigiye Ibintu Vyinshi, Si Nyangoma. Urazomubaza Azomukubwira.