Accueil > Amakuru > umutekano > Buringa : Abapfuye bavuye gushigura uwitavye Imana ntibahurizwako
Buringa : Abapfuye bavuye gushigura uwitavye Imana ntibahurizwako
samedi 31 Gitugutu 2015, par
Abantu baharurwa hagati ya 10 na 16 nibo bavugwa ko bagandaguwe n’abaporisi mu gihe bari bavuye gushingura uwitavye Imana, kuri uwu wa gatandatu. Mu giporisi barabeshuza ayo makuru, bakavuga ko bivunye uwagira abatere gerenade.
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko batigeze barasa imodoka yunguruza abantu yari ivuye gupfuba uwitavye Imana, mw’itongo ry’abapfuye ku Mpanda. Amakuru atangwa n’igiporisi c’Uburundi avuga ko umuntu umwe ariwe yishwe kuri uwu wa gatandatu, mu masasu hagati y’abaporisi hamwe n’abantu bitwaje ibirwanisho bari muri iyo miduga ivuye ku Mpanda, uwo nawe yarashwe akaba yagirijwe ko yagira atere gerenade abaporisi bashaka gusaka iyo modoka.
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko mu giporisi baronse amakuru ko uwo muntu yari agiye guhambwa ari umunyarwanda azwi kw’izina rya Théoneste, ari mubari barongoye igitero cabereye ku kirindiro c’abaporisi cegereye ahari ikigo ca Centre Jeunes Kamenge. Nk’uko Petero NKURIKIYE abishikiriza, igiporisi carindiriye abo bantu i Buringa hafi y’ahari itongo ry’abapfuye, kugira inzego z’umutekano zisake iyo modoka mu giporisi bavuga ko yarimwo ibirwanisho. Abantu bari muri iyo modoka baciye batangura kurasa, nk’uko bivugwa na OP1 Pierre NKURIKIYE umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.
- OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi
Ayo makuru yatanzwe n’igiporisi c’Uburundi arabeshuzwa n’umwe mu bari muri uwo muduga, aho amenyesha ko bategerewe n’igiporisi bavuye guhamba uwabo, abari hagati ya 10 na 16 mubari muri uwo muduga baricwa, abashoboye gukiza amagara nabo bakurikirwa n’igiporisi, abari batwawe kwa muganga nabo kubera bakomeretse barahohoshwa.
Umunyagihugu avuga ko yacitse kw’icumu muri ico gitero cagiriwe abari bavuye gushigura uwitavye Imana amenyesha ko uwo bari bavuye gupfuba ari umusore azwi kw’izina rya Djibril, yahitanywe n’urusasu rwigenza (balle perdue) kuri uwu wa kane.
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko hafashwe abantu 12 mubari bavuye ku maziko, inkoho zibiri n’igerenade imwe nyene birafatwa.
OP1 Pierre NKURIKIYE avuga kandi ko abo bantu bafashwe bivugiye ko bari bafise nomero za terefone z’abaganga batagira imbibe (Médecins Sans Frontières). Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi agashikiriza ko abo bafashwe biyemerera ko abaganga bo muri Médecins Sans Frontières aribo bahora baza kubatabara n’ukubavura, mu ngwano bagira n’igiporisi c’Uburundi.
IGIHE
Messages
31 Gitugutu 2015, 22:57, par Frodebu
None ibindi bintu mukibaziriza nibiki burundi turimugwano itegwa nabo ba senared nabacangero babo ba banyarwabda igiporisi numva cavyifashenwo neza mukugwanya uwomwansi aho hosi yozava ntibihende turimaso nehemuburundi umuntu apfiriye mumuryango afobwa nabantu 16 kandibitwaje ibigwanisho? ICO ndosaba abajejwe umutekano Bachu bakoze igikorwa nkico bazebarahamagara abamenyesha mNakuru babimenye kugirango abobaza barandika inkuru zibinyoma vabeshuzwe na maradiyo Ku KO nkizo nomero za terefone zabo baganga nisura rukomeye. Nimukomere kumuheto mugwanire igihugu catwibarutse naho bo bazohere nkifuyimijira.
31 Gitugutu 2015, 23:01, par viyane
None koyagomba abatere grenade barikuca bamureka ahubwo barakabona bamwivunye
31 Gitugutu 2015, 23:24, par Isaï
Abapolisi b,uburundi ndabateye intege nimurikanure gusumba izonyanka burundi ntizibaterane intambwe.
31 Gitugutu 2015, 23:30, par eric james
Mbega Nkurikiye ubu tasoni amfise vrma iyo leta ya bicanyi niyavaho bazajahe mbega ntibabonako umugabwe uzaca umfatirwa ibihano binteye isoni erega kuyobora vyarabagoye nibaveho baho guhonya abenegihungu sinyishu ya politique amakugu yarabingize ariko nyuma bazicunza
31 Gitugutu 2015, 23:46, par ana
muragira ngo polici ikore ite,niba yatewe igomba kuitabara,abapfuye ?,,,ahubwo murebe icyatumye bapfa!!!!ntimugashyigikire inkozi z.ibibi!!!!!!
31 Gitugutu 2015, 23:48, par Mutima
Uko gisa👹👹👹👹👹
31 Gitugutu 2015, 23:50, par Mutima
Uko rurekuza ibitama nkikibubusi nivyinyo nkivampile
1er Munyonyo 2015, 00:08, par Ibukimana
Huumm Imana niyo mucamanza mukuru ni mwice abo mwica hari umunsi muzobabazwa.
1er Munyonyo 2015, 00:14, par Ngendakuriyo
Aho ntanisoni ugira zokuvuga? wama uvuga ubusa imisiyose. Mumenye ko namwe mufise imibiri izoja mwivu muriko murya abandi ariko namwe ntirubibagiye harasamye habarindiriye. Mumenye ko Urubanza rubarindiriye imbere yi Mana!!
1er Munyonyo 2015, 00:15, par NGIR_Lazare
Abarundi n’abanyamahanga bari mu vy’uburundi-umwe wese niyiyumvir’ukw’IMANA Imubona.Ashime cank Yihane yicuze asoner’amaraso y’abantu nkawe
1er Munyonyo 2015, 00:24, par RUZOBAVAKO
MURITONDA MWABAGABOMWE UBUNAHO MUVUYE KUBABIRIGI MUGAMBA MWAMBIKE IBARA ABO BAGIRANEZA
1er Munyonyo 2015, 00:52, par manzi
Ewe sha nkurikiye na Adolf yntawarazi sha koyopfuye mwe na Desire murabantu bato cane imisi yanyu iri kurushi
1er Munyonyo 2015, 00:52, par manzi
Ewe sha nkurikiye na Adolf yntawarazi sha koyopfuye mwe na Desire murabantu bato cane imisi yanyu iri kurushi
1er Munyonyo 2015, 01:58, par Vianney Nsanzamahoro
Igipolisi Nigishishikare Igikorwa Caco Haraho Twotora Ka Mitende,abanyagihugu Nabo Nibadome Urutoke Uwo Wese Atunze Ikigwanisho Ataburenganzira Abifitiye Kuko Nivyo Bihungabanya Umutekano, Bapolisi Banyagihugu Mwirinde Kurenganya Kuko Uwiteka Arengeye Vyose Umuntu Wese Ico Abiba Nico Azimbura!!
1er Munyonyo 2015, 01:59, par Vianney Nsanzamahoro
Igipolisi Nigishishikare Igikorwa Caco Haraho Twotora Ka Mitende,abanyagihugu Nabo Nibadome Urutoke Uwo Wese Atunze Ikigwanisho Ataburenganzira Abifitiye Kuko Nivyo Bihungabanya Umutekano, Bapolisi Banyagihugu Mwirinde Kurenganya Kuko Uwiteka Arengeye Vyose Umuntu Wese Ico Abiba Nico Azimbura!!
1er Munyonyo 2015, 04:01, par yaya
Ukubesha kwanyu mutamba kumivyimba karashizingani ntihagire nuzoza araja gushinguraniteka uwiwe canke mushaka muzozemurabarya vyiza nukowokwisibirako nahahandiho ibintu bigeze habi caaaane ariko mumenye yuko muvamaraso nkayo nkayabandi muriko murica kandi ng ruriyabandi rutakwibagiye kuvugishuri ntavyokugira canke akokazo ari jewe nopfuma ndagaheba
1er Munyonyo 2015, 04:14, par aruna
abobanyagwanda.nimubirukane.muburundibwacu.barikobatudurumbanya
1er Munyonyo 2015, 04:14, par PATRICE
SHISHIKARA MUZEMURARASA IZO NTOVYI KUKO NINTUMVA UWANSE KUMVA NTIYANSE KUBONA
1er Munyonyo 2015, 04:16, par PATRICE
SHISHIKARA MUZEMURARASA IZO NTOVYI KUKO NINTUMVA UWANSE KUMVA NTIYANSE KUBONA
1er Munyonyo 2015, 04:27, par zuma
PNB korakazi mudatinya natwe turinyuma yanyu bikenewe tuzobafasha urugamba turaruzi naho twabaye dmb ntitwibagiye amagorwa twabonye nicayadute PNB komera.
1er Munyonyo 2015, 04:41, par isa
Ntawutaziko baribavuye guhamba umunyarwanda yahora ari mubabarongoye ariko barihenda kuko dufise aba PNB babona kure nibaca mukuzimu tuzobatuma ifuku bacehejuru tubatume inkuba na 1993 twarabakoreyeko ndetse ubu twese twamaze kumenya karache PNB guguna
1er Munyonyo 2015, 04:45, par felicien
Ahubwo babarashe nabi iyo baturira nimodoka barimwo baragaswera banyina
1er Munyonyo 2015, 05:33, par ABYMD
bakubite iyomihi mbiri ntacob. azochi kako bamva mugwanda ngo baje gutera uburundi murahumba nti citaha inyamaz yavuze cane yiha magarira agaca namwe nuKO
1er Munyonyo 2015, 05:40, par MAHORO
UWOMUNTU BARI BAVUYE GUHAMBA NDAMUZI YARUMWICANYI YARI YARAGIY IRWANDA AVUKA MUKIRUNDO ,COMMUNE:GITOBE,COLLINE:BIGOMBO AHITWA MUMBIZI
1er Munyonyo 2015, 05:42, par CJK
MWAREREWE HE GA MWABAPOLICE MWE! NTANDERO MUFISE UKO MURIKO MURICA ABANDI NAMWE NIKO MUZOPHA.NTAMVURA IDAHITA
1er Munyonyo 2015, 05:56, par CJK
MWAREREWE HE GAPOLICE MWE? NTANDERO MUFISE UKO MWICA ABANDI NIKO NAMWE MUZOPHA,MWABINWAMARASO SHOBUJA WANYU AZOBATWARA MWIJURU,
1er Munyonyo 2015, 05:59, par Mumpe
Mubona ari abahutu canke abatutsi muduhe umuco
1er Munyonyo 2015, 06:03, par thomas
Police nireke kurementanya mbega ko desire uwamahoro atajejwe intara ya bubanza arugusaka ahomwiktse vyari gukorwa nabahariya icomwomenya nuko abantu 289 bamaze kwicwa na police arinzirakarengane naho pnb yoyo ivuga k baba arabarwanyi imana niyo yogutabara abarundi
1er Munyonyo 2015, 06:07, par Mpanda
Kunkumura iyo mihimbili bahambe hamwe bose bakorweko urwibutso rwimboneza mukajagari baragahona
1er Munyonyo 2015, 06:22, par Bizohinyuka
Biragoye kwemera ko ivyo ipolice kivuga ko arivyo.
1er Munyonyo 2015, 06:42, par nduwimana
dusenge imana igifise intango kigira iherezo
1er Munyonyo 2015, 07:00, par GéorgesDjaména
Barundi iki nikinyoma ca pierre Nkurikiye atumw numugamb Cndd-fdd ivyo vyunvikana gute ko aba polisi bari kuja iburinga gutegera abantu bavuy kumaziko atari Mission batumwe na Nkurunziza na Bunyoni? ubu bwicany basasiy indava nabo buzobageraho.
1er Munyonyo 2015, 07:01, par GéorgesDjaména
Barundi iki nikinyoma ca pierre Nkurikiye atumw numugamb Cndd-fdd ivyo vyunvikana gute ko aba polisi bari kuja iburinga gutegera abantu bavuy kumaziko atari Mission batumwe na Nkurunziza na Bunyoni? ubu bwicany basasiy indava nabo buzobageraho.
1er Munyonyo 2015, 07:17, par JOSEPH BITATI.
EWE MANA TABARA TWEBWE ABARUNDI HAMWE NINDONGOZI ZACU TURAGUSAVYE UTWIBUKE NKUKO WIBUTSE AB ISRAEL BARI MURI EGUPUTA KWA FARAWO!!!!!!!!UREMEYE IMIVYIMBA Y ABARUNDI YUZURE IGIHUGU?
1er Munyonyo 2015, 07:25, par Claude Bakunduwukomeye
Ico Giporisi kiraryoherwa Nokwica,ivyo Navyo Bitwaza Ngo Bivunye Uwagomba Kubatera Grenade Iryo Nirementanya Ariko Nabonyene Bamenye Ko Bari Musi Yivu Kuko Ntamuntu Yica Uwundi Ngo Ace Yidegemvya.Porisi Burya Namwe ntimuriho,ubwo Bubeshi Bwuwo Muvugizi Wanyu Turabumenyereye.
1er Munyonyo 2015, 07:38, par richo
mbega wa mwanditsi kuhengama cane! erega abarundi ubu inyanka burundi ninkunda burundi turabazi.hengama canke ureke inkorera bazungu turazizi ninkorera barundi turazizi
1er Munyonyo 2015, 07:51, par bushom
ivyobiywamarasovyabadd ntibirahimbamaraso nibar
indi tubucadushika
1er Munyonyo 2015, 07:52, par bushom
ivyobiywamarasovyabadd ntibirahimbamaraso nibar
indi tubucadushika
1er Munyonyo 2015, 08:34, par guguna
Hongorinjavyi amatwiyimpene yumvayokeje
1er Munyonyo 2015, 08:49, par kamaro
nivyo porisi yarifise amakuru yukuri avuye kubanyag
ihugu, kuko baramaze kumenye KO cenared ataho izobashikana atarukubakwegera gusa. e nabandi bazoberekana aho bari.abenegihugu bihagurukiye....
1er Munyonyo 2015, 08:54, par NIYIMBONA
AHUBWO IZO NKOHO NIBAZITANGE BATARIBONERAKO.
1er Munyonyo 2015, 08:56, par NIYIMBONA
AHUBWO IZO NKOHO NIBAZITANGE BATARIBONERAKO.
1er Munyonyo 2015, 09:35, par kamaro
nivyo porisi yarifise amakuru yukuri avuye kubanyag
ihugu, kuko baramaze kumenye KO cenared ataho izobashikana atarukubakwegera gusa. e nabandi bazoberekana aho bari.abenegihugu bihagurukiye....
1er Munyonyo 2015, 10:02, par Vincent
Mbega Désire Uwamahoro Na Anti-emeute Yiwe Nibo Bajejwe Ivyo Mw Ibarabara?Il Est Temps Qu Ils Dégagent Gusa N Uko Bagira Bagende Bakwegeye N Imiryango Yabo!.Mbabazwa N Uruvyaro,n Aba Dame Babo Bagiye Kuba Impfuvyi N Abapfakazi Ata Ruhara Babigizemwo!.Burira Ntibuteba Kumpeshi.Nta 5 Mois Ba6gaje Ndakurahiye!!!
1er Munyonyo 2015, 11:39, par housen
uwo yiyita mpanda harigihe.ivyo yibaza atariko bizoguma hazogera igihe urukwavu gwiruka kumbwa ndumva araryohewe kubera amaraso ariko araseseka ariko uzi ubwenge ntiworyohegwa kukonawe ntuba uzi ibirimbere kandi ntugacire urubanza mugenzi wawe.ugwifuriza mukaso rugatwara nyoko uyumusi nitwebwe ejo nimwebwe kurubworero funga akanwa kawe!!
1er Munyonyo 2015, 11:54, par NDAYISENGASammuel
MANA,RUGIRAVYOSE%TABARA ABARUNDI BAMENYEKO IBIRIKO BIRABA ARI IVYAHANUWE !!! SOMA MATAYO24:6-51MUZOKWUMVA INTAMBARA N’IMPUHA Z’INTAMBARA MWIRINDE NTIMUHAGARIKE IMITIMA KUKO BITAZOBURA KUBAHO ARIKO UMUHERO UZOBA UTARAZA....... _ _ EVYEREKAKANA KO YESU ARI KURUGI IMBURI YANYUMA IRIKO IRATAGWA KW’ISI YOSE TWITUNGANYEGUSA%
1er Munyonyo 2015, 12:22, par sara
Bravo Police Burundaise!!! bandanya muhashe izo nkozi c’ikibi za banyarwanda
urabona iyo mihimbiri bariko barajaba igihugu cacu. Police gira fouille ya banyarwanda bari ku butaka bw’uburundi.
1er Munyonyo 2015, 12:51, par Iman irabona
Mugeze kugwego gohejur ahomugeze mukurya imitwe yabantu abo muriko murarya nibahera muzorya abana nabagore banyu muriko murawatsa haraho mwowota shetanii abajana habi mbega inka impene intama inkoko nibindii nibindi vyarabuze komusigaye murya imitwe yabantu muragowe mwaba polisi nimbonera kunya mwishinga desile uwamaraso
1er Munyonyo 2015, 13:03, par Muragowe kabisa
Ewe mwaba polisi mwe umusi iyo mwijuru yabakubise urushi harico muzobona kabisa abo bantu muguma mukerera muzobaruka muragowe kabisa amaraso yabantu arahuma urabaza Gahini canke Yuda
1er Munyonyo 2015, 13:08, par Muragowe kabisa
Ewe mwaba polisi mwe umusi iyo mwijuru yabakubise urushi harico muzobona kabisa abo bantu muguma mukerera muzobaruka muragowe kabisa amaraso yabantu arahuma urabaza Gahini canke Yuda
1er Munyonyo 2015, 13:16, par Gezaho
Ntamvura idahita bihumwanya ntabuhizi buri mukwica muriko mwiyanduriza ubusa kuko naho mwokwica nti muzomara abo imana yaremye mwi shusho yayo
1er Munyonyo 2015, 13:35, par Fulgence
Uwo munyarwanda yaguye mu bibazo vy’uburundi yazize iki?Ubwo si umucangero w’icaduka CNARD?Ibibazo vy’uburundi bizotorerwa inyishu nabarundi ubwabo.
1er Munyonyo 2015, 14:32, par Ndugwe
Mbega Mwaba Polis Ntasoni Rindira Turabeka Mwijor.Mwica Abanyagihugu Ngo Nagwanyi.Nkurumbi Arabahenda.Twabahwikira Ntimwumva.
1er Munyonyo 2015, 14:32, par liLi
Uwicisha inkota azicishwa indi. Iyo mihirimbiri yirwa itera grenades munzirakarengane. Umuti si ukubafata ahubwo ni kubarasa mugahanga.
1er Munyonyo 2015, 14:53, par Karabaye
Inkotanyi(jenocidere) zabinjiranye kuva kera aho mwishinga inkinamico ngo ni ibisabisho, Nkurunziza n’umugore batera mwitabira. Mwagira ngo abandi barasinziriye.Reka babanyukure; ambaza ya mashetani yanyu azobatabara. Bwire Nkurunziza n’umugore mugire crosades.
Igihugu coreka gutembagarira mu manga y’ubukene butagira izina mumara amazi n’amezi ubuzi bwahagaze muri mu biteramo? Abandi batwara ibihugu barara badasinziriye biyumvira ingene boteza imbere ibihugu barongoye namwe mukamara amezi musaba ibigigwamana. Uburundi na none bwaramba.
1er Munyonyo 2015, 15:01, par JEF
IMANA NITABARE UBURUNDI
1er Munyonyo 2015, 15:24, par Theodate
Jewe Ikintu Natangura Gushimira Igiporisi C’ Uburundi Ukuntu Citanga Mukurwanira Umutekeno Wabanyagihugu Imana Ibafashe .Nayo Abo Banyarwanda Badushaka Kwiki? None Ubu Ntibihaye Bija Ahabona Aho Urwanda Rwaharira Ko Rutivanga Muvyuburundi None Hamaze Gufatwa Abangana Gute Bariko Barica Abanyagihugu Nigipolice Cacu. Ico Bomenya Co Nuko Bohagarika Vuba Navuba Ibikorwa Bibi Bariko Bakorana Nabo Bihevyi Babarundi .Burya Umusi Natwe Ukwihanga Kwaheze Tuzobavugutira Umuti
1er Munyonyo 2015, 15:53, par None?
Ndasubiyemwo igihecose uzobona umuntu winkozi yikibi afise ikirwanisho ntubibwire abajejwe umutekano uzomenyeko harihabandi babibonye bamaze kubibwira abajejwe umutekano, mugihewewerero uzoba wiyiziko atabirwanisho kugira ariko uwugifise ariruhandeyawe agashaka kukwikingiriza ngwarase abajejwe umutekano ushobora kuzosanga wikwegeye amakara mumishambara noneho akaguturira. Mwebwemwese mwumvako abitwaje ibirwanisho birirwabaracenganacengana abajejwe umutekano ariboncutizanyu, ejomurababahisi/banyakwigendera nkukonabandi bimaze kubagendera. Ahamubona nkukonabivuze turacari kuntambwe yambere muzirenga 40 Tuzohangana nizonjavyi mpaka Yezu agarutse nayo ivyovyamakungu ntacobidutwaye kukonubundi sibwobwambere uburundi butereranwa ahokubufasha nhobuve muvyago ahubwobagasongera isibemurindi kuvakera ayomakungu yamyeyemera ivyuruhanderumwe ruvuze nunomusi barikobaremera ivyuruhanderumwe ruvuze! Rekadutegereze kumbe ejobazobona kobihenze canke babahenze, ariko turakomeza gututumura ijavyi.
1er Munyonyo 2015, 17:06, par Niyombabazi
Data wa twese girira imbabazi abarundi uheze utubohore ntakikunanira
1er Munyonyo 2015, 17:24, par Vanahumwanda.com
Ibyiza ni ukujya babarasa rimwe mumutwe naho kubafata bagafungwa bituma nabandi batera amagrenade mubanyagihugu kuko baba bazi ko batazicwa.
1er Munyonyo 2015, 17:42, par Fatu Bensuda
Babikore bibuka ko intumwa za UA z’abahinga muvyiperereza kuvyaha nkivyo zahawe imisi 45 kandi ntiziratanga rapport.ivyo kuvuga ngo hapfuy umwe nabireke kuko birafise abazobikurikirana. Nta muntu yemerewe kurasa abasivile ngo nuko bavuye gufuba umunyarwanda canke ngo nuko abasanganye numero za tel za MSF,abo bantu ni abansi ba nkurunziza kuko ivyo bakoze ntaco bimufasha uretse kumushikanayo
1er Munyonyo 2015, 18:54, par Nyota
Barundi barundikazi reka amacakubiri mureke gusesa amaraso ya benewanyu mwibuke ugwoHerodi yapfuye Imana irababona basha
1er Munyonyo 2015, 19:02, par MFITIYE PIERRE
Ahaa!!mana fasha igihugu c’uburundi gisigaye ki nuka icuya n’amaraso yabatishoboy,mana wavuko uwugusaba kumuha dukurirho 3man
1er Munyonyo 2015, 19:38, par Trésphore
Nibampfumbatire amahorde kuko bonse rimwe
1er Munyonyo 2015, 20:28, par gakima
EREGA SINARINZI KO NKURIKIYE PIERRE YASONGOJE AMENYOOOO
OJOJOJ
1er Munyonyo 2015, 20:29, par Anthony’o
TURASHIGIKIYE IGIPOLISI TUZOGWANYA ABASI BIGIHUGU GUSHIKA KUWANYUMA!!ABANYAGIHUGU TURASHIGIKIYE LETA TWITOREYE.
1er Munyonyo 2015, 20:39, par vianney
ntamvura irwa idahita imana irabona icabarund barik barazir.
1er Munyonyo 2015, 21:28, par Chanter
Wewe Wiyita Bushom Nimba Warize Uri Kijuju ! Nico Gituma Muburundi Hazokwama Hari Akaguma Hari Bamwe Bamwe Bigira Ngo Barize Ariko Aribidebire .Mushaka Intambara Ariko Ntayo Muzoronka Guko Uwuzoyirondera Ntazoduterana Intambwe Dufise Igiporisi Ni Gisirikare Cinkerebutsi
1er Munyonyo 2015, 22:13, par MAISHA
Mana!dufashe nimba ubu gufuba umuntu gisigaye ari icaha gihanishwa igihano co gupfa!
1er Munyonyo 2015, 22:25, par Joël
AHUBWO SINUMVA UMUNTU AGOMBA GUHUNGABANYA UMUTEKANO ICAGOMBA AHUBWO BARABAKOMESHA KUMBURE IGIHUGU COTEBA KIKARONKA AMAHORO
1er Munyonyo 2015, 22:52, par Nyota
Mbe aho mwitwaza abanyarwanda nibo bateye ikibzô ca 3e mand?nimwipfane n amacakubiri yanyu mwaravumwe muri bene gahini muragakizwa nka Saouli
1er Munyonyo 2015, 23:03, par ndayegamiye ferdinand
imana itabare abarundi tugiye.
1er Munyonyo 2015, 23:13, par Mizero
Hhhhhh ngo aba polîces bakomere mukwica?erega bazoba bazibiye ivyobo vyabonamwe ivyanyu birasamye birabarindiriye
2 Munyonyo 2015, 01:16, par Nono
Wewe wiyita Sara, uravuga buhoro kuko burya ubonye inkuba irabije ntukavuge ngo mara abansi kuko numukunzi birajana. Uyumunsi nibarya ejo azoba arimwebwe!
2 Munyonyo 2015, 07:33, par General Hutu Nyakuri Atari nkizombwa ba nkurumbi
UH EWE PASCAL NYABENDA URI IKIJUJU BASI MBE AHO UDEBAGURA AMAHOPA NGO UBUBILIGI BUGOMBA KUBASUBIZA MUBUJA MBE UBUNDI HOHO TWIGEZE TUBUVAMWO? MBE KO UTARIMBWA YUMUJA WABO HAMWE WOMANGANA UJA KUBIWABO UHUNAHUNA IBIKOROTSE KUMASAHANI YABO MURI CANADA KO UTAGUMA IWANYU MBE KO WAMA UDEBAGURA INDIMI ZIWABO KO WIZE MUNDIMI ZABO NARI KUKWEMERA KO UTARI INTOZO YABO IYO UBA UTARIZE MUNDIMI ZIWABO! URUMVA UMUBILIGI YIGA MU KIRUNDI WAKIGWARUDUBIWE? UMENGO NTANAYAGA MUKAMA WIZE MUGA NDAGUTAHURA MWASAZE KUBERA AMARASO Y’ABARUNDI MUGUMA MUSESA!
2 Munyonyo 2015, 08:06, par Pady
Ok
2 Munyonyo 2015, 09:41, par Vianney
igih imana yashavuy ivyomugira mwibaz ko mwebwe mutazobibazwa ? abo mwica baremwe nande ? imana izobamaramaz mumas yabarundi bose. munywe amaz amaras muyahebe.
2 Munyonyo 2015, 10:44, par me
How is that possible to say that someone was going to release grenade to the police men ?
And police men shot him ?yes ?
So that grenade was already activated to launch ...so if u shot this man who has grenade ,it means that grenade has fired all around ?enh ?don’t lie people
2 Munyonyo 2015, 10:45, par ntore
Burundi we wari igihugu ciza ntangere turagusabira kumuna ngo ugihe ubuyobozi bukunda abanyagihugu ubakize inyamaswa zirirwa zirabarya
2 Munyonyo 2015, 11:01, par Mizero
Ewe Pierre Nkurikiye urambabaza ingene ukoreshwa nkuwutagira ubwenge hari umunsi abo bagokoresha bazokwihakana nkuko Petero yihakanye Yezu yooo uzoca wiyahura usange abandi aho muriko murabashira.
2 Munyonyo 2015, 12:03, par Rwandais
mukomeze myiyenze ku banyarwanda....sibyiza gukangura intare yiryamiye oups nta ntare ziba mu Burundi ntago nabarenganya
2 Munyonyo 2015, 12:43, par Jéhovanis Ntirampeba
Komeza mudutohoreza kuko birimwo amahinyu!
2 Munyonyo 2015, 14:38, par Meddy
TUGIRIRE IKIGONGWE MANA UDUHE AMAHORO MUGIHUGU CACU!
2 Munyonyo 2015, 17:24, par Rumonge
@generalhutu w’umusega ukaba n’igipfapfa. Ureke gusebya abahutu kuko uri umwe muri babagome (Sindumuja).
2 Munyonyo 2015, 18:55, par FABRIC
UBUHO BABIKOZ KUMUGARAGARO
2 Munyonyo 2015, 22:30, par LOVE
mwese nimunume kuko uwoyahambw ndamuzi neza dusangiy colline ava"komine:GITOBE,Province:KIRUNDO ,COlline:bigombo(mumbizi) kand yariyinjiy mumirwi yabicanyi
3 Munyonyo 2015, 21:38, par EMMANUEL
TUSAKONABOKOMBOREKURWA,BAKABAGIRAIKIGWE.PRO.MUYINGA.COLLINE.NKOYOYO
4 Munyonyo 2015, 11:50, par kagabo Marcel
Murabivuga nkabari bahari! Abashakira amabi abarundi Imana yo hejuru yonsa izobaha ikibanza kibabereye kandi ikingire abarundi!
5 Munyonyo 2015, 09:27, par Dodo
je ndabasabira kuramba! ivyo vyose muvuga, mukora ngo namwe muzobihemberwe. mbega iyaba Imana ihaniraho ivyaha, ugira ni mwe mwosigay?
6 Munyonyo 2015, 20:15, par Paul
Iyab Umuntu Akora Ivyo Yarazi Ko Igihe Yorwara Yoba Asumbwa Nakanyegeri Gakomey! Yobireka Akihana! P6
7 Munyonyo 2015, 09:16, par deo
Birababaje