Accueil > Amakuru > umutekano > Buterere : Umuntu umwe yahitanwe na gerenade
Buterere : Umuntu umwe yahitanwe na gerenade
dimanche 8 Rusama 2016, par
Umuntu umwe niwe amaze kumenyekana ko yahitanwe na gerenade zatewe muri zone ya Buterere mu gisagara ca Bujumbura, mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu.
Izo gerenade zatewe ari zitatu hafi y’isoko ya Buterere, zikaba zatewe iyo soko ihejeje kwugarwa. Umuntu umwe niwe amaze kumenyekana yo yahasize ubuzima, abandi bataramenyekana igitigiri bakaba bakomeretse.
Umutekano warahungabanye kandi muri karitiye ya Kinanira, zone Musaga, mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu, ahumvikanye amasasu menshi.
IGIHE
Messages
8 Rusama 2016, 11:59, par MASHITE Fer
MWOBAMUMAZE KWIBAZA IBIRARIRIYE GUSHIKIRA INKOZI ZIKIBI? NTITWOKEKERANYA, INKOZIZIKIBI ZIZORANDURWA. UWICUWUNDI NTARYE NGWARYAMIRE. NIMUSOME. ZABURI 37:10-11. UMWEWESE MUBAFISE AGATIMA KOGUKORA NABI YISUZUME. NDAVUGA SIMVURA.
8 Rusama 2016, 12:52, par Unifying
None iyo niyo nzira irashe yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu mwagize icitwazo, ko mwica nabo mutazi ! Imana ibabarire kuko mutazi ico mukora, ariko Uburundi hari umwijima cavuyemwo kandi kitazigera gisubiramwo, akarorero - nta gisirikare c,ubwoko bumwe muzongera kubona, - nta ntwaro y,igikenye ivuye muri coup d,etat izongera kuba hano mu BURUNDI. Nyakwubahwa President raba ingene mwotangira bihagije izo ntumva uwo mufashe ntihagire agasho ajamwo mwice, Imana yabwiye ab,isirayeri ngo < umwicanyi ntazobure kwicwa kugira mukure ikibi hagati muri mwebwe> ikibazo si mandat ahubwo ni amacakubiri yabo mudashaka ko babatwara ariko twese turavukana Imana yabwiye NOWA ngo gwira wuzure isi twese tuva k,umuntu umwe
8 Rusama 2016, 13:05, par MUYAHUDI
UWICAMUGENZIW NTAMPERA NIMW AZIGERARONKA IMBER YIMANA ATARUKUZOTABWA MUMURIRO
8 Rusama 2016, 13:20, par IRIBUKA
MBEGA YEMWE IZOMBONERAKURE ZIZUMVIRA IMPUHWE RYARI ABANYAGIHUGU RYARI?KWIRIRWA BICA INZIRAKARENGANE HAMA NGO NINTWARO Y’IMANA.IMANA ITUMA KWICA,GUSAHURA NO KWANGAZA,N’IMANA NYABAKI?ICUKURI CO IMANA ITUMA ABANTU GUKORA IVYO SIMANA YO MW’IJURU
8 Rusama 2016, 13:21, par IRIBUKA
MBEGA YEMWE IZOMBONERAKURE ZIZUMVIRA IMPUHWE RYARI ABANYAGIHUGU RYARI?KWIRIRWA BICA INZIRAKARENGANE HAMA NGO NINTWARO Y’IMANA.IMANA ITUMA KWICA,GUSAHURA NO KWANGAZA,N’IMANA NYABAKI?ICUKURI CO IMANA ITUMA ABANTU GUKORA IVYO SIMANA YO MW’IJURU
8 Rusama 2016, 13:25, par Burundi
Turahojej umuryango wabuze.Abobantu bica abandi kugira bashikire ubutegetsi naho botaha ntabwo bazoronka.ikigeretseko ukobica abandi bakoresheje ikigwanisho nabonyene niko bazicwa.kuko Imana ntibesha.
8 Rusama 2016, 13:49, par Kabango
Nkurunziza ahobukera abarundi arabamara asigare wenyine, ngo niko shatani yamutumye.
8 Rusama 2016, 14:55, par Bisimana
Uwotera ubwicanyi niwe mwicanyi
8 Rusama 2016, 15:05, par Falcon
Izo mpene z’abahotozi zishukwa na ba Niyombare, Munoho, Munywamaraso (sinduhije), vital (munywarumogi) mutibagiwe n’umwami w’abicanyi (kagome). Gusa barabeshya bageze habi. Prisons zaruzuye ubu ni ukubahamba ari bazima niwo muti..
8 Rusama 2016, 15:55, par Niyonzima
Non Karaciyingani Mwica Abantu Atacomupfa?Gezaho Gezah Gusesa Marasoyintungane Imana Izobahana
8 Rusama 2016, 16:28, par Unifying
Abantu bose bakomoka k,umuntu umwe. Mu baroma 5 havuga ngo < nkukwo icaha cazanwe n,umuntu umwe nikwo n,urupfu rushika ku bantu bose, kuko bose bacumuye> umuntu rero apfa wese akomoka kuwo muntu ariko satani yinjiye muri bamwe abereka ko batandukanye n,abandi arico gituma habuze umwumvikano mu gihugu cacu, bamwe bagize mandat icitwazo ariko si kwo biri ahubwo amacakubiri yihishij mu mitima ya beshi, mube maso Yesu niyasanga turi mukurobanura abantu bakomoka k,umuntu umwe impembo ni mumuriro utazima
8 Rusama 2016, 16:36, par Munezero
Birababaje None Abobantubakorivyo , Bibazakobizohereraho? Imana Izobabaza Abantubayo
8 Rusama 2016, 18:42, par Nzobona Philippe
Jew Ico Ndobivugako Nuko Muburundi Bokwikebuka Kuko Twararushe Bagashira Imbere Ibiganiro Kuko Inguvu Ntaco Zikora Atarugusambura.
8 Rusama 2016, 19:55, par CAKIRA
Reka mbabwire hari ibikoropesho vyibikoresho,abazungu bacako mukwica abarundi nibande?abaheruka kuronja agashimwe kubwicanyi,MAGI na MBONIMPA ,ayo magerenade aguma ategwa niyamahera aherukwa gutangwa nababirigi kurizi nkozi zikibi magi na mbonimpa,nagirambabwire ko hari ibitigiri vyibiziga bahawe bategerezwa gusitsa hama bazoce batanga ayandi mahera yagashimwe!kazi yenu
8 Rusama 2016, 21:08, par MISAGO MICHERI
UWICA UYUNDI NAWE NAPFE IYOMIHINBIRI UBU UZOFATWA MWICE EREGA BARICA BAKABOBIBERAHO UWICA AHARIHOSE YUKO EJONAWE AZOBIKOREGWA
8 Rusama 2016, 21:20, par IRATUBONA
MASHITE fer ndakubwira ko inkozi zikibi zitumva reka uburundi tubuherez’imana nayo izo nkozi zikibi zizokwishur’ivyo zakoze
8 Rusama 2016, 22:41, par Nishimwe Innocent
Yooo!Birababaj Kubona Abantu B’inzira Karengane Birirw Barapfa!!
10 Rusama 2016, 22:09, par TUYISABE FERX
IZONKOZI ZIKIBI ZOMENYEKANA ZOHANWA BISUNZDE AMATEGEKO