Accueil > Amakuru > umutekano > Buyenzi : Igisasu catewe gikomeretsa 26, icenda bararemvye
Buyenzi : Igisasu catewe gikomeretsa 26, icenda bararemvye
jeudi 11 Ruhuhuma 2016, par
Umuntu yariko yiyunguruza kw’ipikipiki yateye gerenage hagati y’ibarabara rya 3 n’irya 4 muri komine ya Buyenzi, mu gisagara ca Bujumbura igihe c’isaha zitandatu n’iminota mirongo itatu. Abantu bagera kuri 26 nibo bakamerekejwe n’iyo gerenade, harimwo abana babiri hamwe n’umugore umwe.
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko iyo gerenade yaguye mw’ibarabara, arikwo gukomeretsa abo bantu bari hafi y’ikibanza yatewemwo.
- OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi yamenyesheje abicishije ku muhora wiwe wa Twitter ko muri abo 26 bakomeretse harimwo umwana n’umugore, kandi ko icenda muribo bakomeretse cane.
Bamwe mubari mu kibanza iyo gerenade yatewemwo bamenyesha ko uwayiteye yari yayinyegeje mu kamwanya.
IGIHE
Messages
11 Ruhuhuma 2016, 16:07, par eric
abo bantu ni ba boko harama.
kwica abanyagihugu gusa
11 Ruhuhuma 2016, 16:18, par Mdiku
Reta yarikwiye kwongeza inzego zijejwe umutekano kigirango amahoro abashe gusasagara mugihugu
11 Ruhuhuma 2016, 17:05, par Kegis
Ni ba Sindumuja bonyene bakora ibisa n’ ivyo bafashijwe n’ U RWANDA.
11 Ruhuhuma 2016, 17:09, par Mukunzi
Mana tndagusavye utabare abantu birirwa baricwa bazira ubusa. Kiza abakwiye gukira, uhane abo ukwiye guhana ariko amahoro agaruke, abantu batekane. Amen
11 Ruhuhuma 2016, 17:09, par Mukunzi
Mana tndagusavye utabare abantu birirwa baricwa bazira ubusa. Kiza abakwiye gukira, uhane abo ukwiye guhana ariko amahoro agaruke, abantu batekane. Amen
11 Ruhuhuma 2016, 17:29, par kamaro
ee sinabambwiyeko CNARED izokwegera abarundi akarambaraye? ngiye CNARED mwomvarero!. muricnared bakundagagapfa, bazoguma batera amagerenade mubanyagihugu kugirango bereke amakungu ko muburundi aribicika ...abo batagandaguye abanyagihugu kugirango bagume badandaza ibiziga ntibashirwa...nicogituma dukwiye kuvirahasi rimwe tukabarwanya....gutera gerenade mubanyagihugu hamango nibo baserukira abenegihugu?
11 Ruhuhuma 2016, 18:06, par Tuze
ni abo peter Nkurunziza arungika kugira agire ivyitwazo vyo kwica abatutsi cane cane aba jeunes.
11 Ruhuhuma 2016, 18:51, par MUTUTSIMWIZACYANE
Ba SINDUMUJA barakomeje numugambi wabo wo kwica inzirakarengane wateguwe na RUSUFERO kagame.
11 Ruhuhuma 2016, 19:21, par Mani
nibarekekwicana ntakamaro imana izozakubihanira
11 Ruhuhuma 2016, 20:31, par Nkurunziza Désiré
Mana Ndagusavye Uhane Abakwiye Guhanwa Ukize Abakwiye Gukira Kuko Ubwicanyi Bwabaye Ndase.
11 Ruhuhuma 2016, 20:32, par Nkurunziza Désiré
Mana Ndagusavye Uhane Abakwiye Guhanwa Ukize Abakwiye Gukira Kuko Ubwicanyi Bwabaye Ndase.
11 Ruhuhuma 2016, 20:36, par James Jovin
James Jovin Polen Sana Warundi Ila Kuweni Makini Na Kagame Paul Wa Rwanda Sisi Wa tz tuko teyar
11 Ruhuhuma 2016, 21:54, par Ismël
Ntabo Bazoshikako Bogomba Botekereza. Bakareka Guta Umwanya.
11 Ruhuhuma 2016, 21:58, par oo!ho!! Pu!
namadayimoni aduhkura!vendrdi..dimanch aratunoza!ubw bukoko bwatunaniy isngera,enda ni muz twisonzesh twambr amagunir nukur tuyisng twishshij bugufi ahndiho aratumara.muga akunda capital
11 Ruhuhuma 2016, 22:14, par RUBEMBA
MANA DUTABARE TURAHONA NK,IFU YIMIJIRA@
12 Ruhuhuma 2016, 00:28, par None?
Ndasubiriye kubaza , mbega ibihugu bifisemwo abantu baba terrorists babise aba terrorists kuberabaribakoze ibiki? Jewe hariho uwambwiye ko kugira abantu bitwe aba terrorists baba bakora ubwicanyi nkubwo bwogutera ama grenades mubantu babagabo, abago. Ababantu batera ayama grenades mu Burundi batishwe isima ribakwiye rya terrorists bizoba ari akamaramaza.
12 Ruhuhuma 2016, 00:34, par Ruyenzi
@kamaro. CNAREC yapfuye kera yo na MAPROBU. Umwanzi w’abarundi ni inkoramaraso Kagame (pilato). Gusa iyo nkoramaraso kagome nayo itangiye gucika intege. Ndizera ko mumezi nka 3 abarundi namwe muzayikubita na grenade na za muzinga.
12 Ruhuhuma 2016, 09:33, par yayi
Kagame mumuronnderako iki?Iragi rya basokuru twese Abahutu,Abatutsi,Abatwa n’abandi bose b’Abarundi ni UBURUNDI,buradukwiye kandi buzodukwira.Ni muteke kwicana kuko TWESE TUZOPFA.Abo birigwa barapfa bariyica?Ko twirigwa turaca ku mazi ntibicwa n’abo bacungereye?Ni inde murundi atarumva uwo azi yishwe muri izi ntureka,?Ukwicara hamwe tukaganira niwo muti..
12 Ruhuhuma 2016, 12:25, par Gasabo ANDREW
@yayi. kagame ni umuperezida wintagondwa uteza umutekano muke mukarere. kandi akaba inkoramaraso kuko yishe benshi. ikindi kandi ni umwami wubwoko bwabatutsi. iyo ashatse kuvuga abinyuza mumuzindaro we w.amazirantoki MUSHIKIWABO
15 Ruhuhuma 2016, 18:49, par Barcelona
Mana Garukira Uburundi Na Barundi Kuko Uburundi Bugeze Habi
15 Ruhuhuma 2016, 19:01, par joseph
none reta ntiyohagurukira izonkozi zibibi nkizo
15 Ruhuhuma 2016, 19:02, par joseph
none reta ntiyohagurukira izonkozi zibibi nkizo
15 Ruhuhuma 2016, 22:23, par Cloude
Hawa watu ni madevoshipa wanapenda kuona damu ya laia ikimwagika ,nashangazwa saa kuona wanalinda aman katika incin yawenyewe nakwao kumeharibika zaidi huo niujiga tu huku wana imci wanakufa nahuko wana jeshi wanakufa sasa tumuraum nani?mwenekit .
16 Ruhuhuma 2016, 01:39, par ernest
Izo nizambonerakure mwarazigishije kwica mwongera muziha ibirwanisho bizobagora kuzihagarika kuko umuntu amaze gusesa amaraso abayabaye igikoko ntaba akiri umuntu nibibuke imisi yabasanje chek ababatumye vyarabagoye kubahagarika kuko hagezenaho nabobabahindukirira harya nibarindire nabo bazobereka Ngo umanika agatu wicaye mukukamanura ugahagarara nkurunziza yavuzeko aricayi gihoze none narabe ahubwo niyaraba nabi kizomuturira