Accueil > Amakuru > umutekano > Buyenzi : Ikiziga c’umuntu agira gatanu yishwe akerewe catowe
Buyenzi : Ikiziga c’umuntu agira gatanu yishwe akerewe catowe
dimanche 28 Ruhuhuma 2016, par
Kw’ibarabara rya 14 muri zone ya Buyenzi hatowe ikiziga c’umuntu yishwe akerewe, akaba agize umuntu agira gatanu yishwe muri ubwo buryo mu kiringo c’amezi abiri gusa mu gisagara ca Bujumbura.
Abanyagihugu bo ngaho mu Buyenzi bamenye uwo yaraye agandaguwe, bakavuga ko yari umunyezamu yahora ararira kimwe mu bibanza bikorerwamwo imiduga aho mu Buyenzi (Garage).
Uwo munyagihugu yagandaguwe akerewe mu gihe mu giporisi c’Uburundi baheruka kwerekana umuntu yafashwe, bakamwagiriza ko ariwe yahora agandagura abantu abakereye.
IGIHE
Messages
28 Ruhuhuma 2016, 15:14, par NYABA
NONEHO UBWICANYI BWI BURUNDI BURAFASHE IYINDI NTUMBERO TURAGOWE
28 Ruhuhuma 2016, 16:38, par BILI
NN ABOBAKERERA ABANTU NIBANDE?KOBAVUGA KO BAMUFASHE UWAHORA AKERERA ABANTU ABONABO NIBANDE?IMANA NIMWAKIRE TURAGOW!
28 Ruhuhuma 2016, 16:43, par BILI
NN ABOBAKERERA ABANTU NIBANDE?KOBAVUGA KO BAMUFASHE UWAHORA AKERERA ABANTU ABONABO NIBANDE?IMANA NIMWAKIRE TURAGOW!
28 Ruhuhuma 2016, 17:16, par turaje
ko mutavuga muzi kuvuga Ku Rwanda gusa
bazakomeza babakerere mugisakuriza u Rwanda paka babamaze.
28 Ruhuhuma 2016, 17:30, par Jonathan
Muratweza ni Bande ni benewanyu Nkurunziza yarugikaga imbonerakure muri congo kuja gutozwa n’interahamwe kumenya gukerera nu kwicisha agafuni mu tabiraba hama ngo abatutsi ahubwo murindira araza kubamara yica umwe umwe icabwenge za bahuntu nazo azigize impunzi ndagukeje Nkurunziza
28 Ruhuhuma 2016, 18:21, par ERIC
ntaba dd bogira ivyo ngo basige umuntu ahabona!!
NARABAWIYE NDABASUBIRIRA AYO NAMASHETANI ATERA IGIHUGU CVANE CANE IYO UMUKURU WIGIHUGU ASENGA CANE.
Kandi iyo igihugu kigiye gutera imbere .amashetani yahora yugarije igihugu arashavura ,ibimenyetse ubibonera kubantu bapha muburyo butunvikana,cane mubibazo vyoroshe guterara inyishu.
ABARUNDI BOKWIHANGANA BAGASENGA BOSE IMANA IZOKWISHURA IKIBAZO KUBIFUZA PETER NABATIFUZA PETER.
HARIHO IBINTU BIBA ABANTU BABA BATABIZI
IMANA MUSHOBORA VYOSE DUFAHE KWIZINA RYAYESU AMEN AMEN
28 Ruhuhuma 2016, 19:47, par LILI
NABABWIZA UKULI MU BURUNDI UBWICANYI BURAKOMEJE MWIBANGA. NUBUNDI NUKO URWANDA RWABAKANZE NAHUBUNDI BABA BARABARANGIJE
28 Ruhuhuma 2016, 19:51, par YVETTE
BATINYE GUKORA IHONYABWOKO KUKO BALI BAZI KO NIBAPIMA URWANDA RUBINJIRANA BAHITAMO KUBIKORA BUHORO BUHORO. SHS MUTINYA URWANDA NAREMEYE.
28 Ruhuhuma 2016, 20:35
Ibintu Bifis Itanguriro Niherezo Harigihe Amaraso Yiyo Nzirakarengan Azobahumira
28 Ruhuhuma 2016, 20:43, par KOKO
Emwendabwe,abarundi,twaragowe,manamwakire,tweseturinyuma,yaba,uwabikoze,yaba,uwamutumyetwesenuko
28 Ruhuhuma 2016, 21:40, par Falcon
Uko niko i nkotanyi zakataga abantu murwanda hanyuma zikanyanyagiza amara. Iyo niyo systeme ba Sindumuja bigiye mu Rda.Barundi mube maso kuko Inkoramaraso kagame na Sinduhije biteguye kunywa amaraso yanyu.
28 Ruhuhuma 2016, 22:04, par ndiho
igisumba vyose ababikora binyegeza abantu nayo ntibashobora kwinyegeza ijisho ryimana nagato
28 Ruhuhuma 2016, 22:15, par N damiani
Murinikibi mwabatutsi baho ibuyenzi
29 Ruhuhuma 2016, 08:00, par ernest
Ingunguru zamaraso yabarundi nkurunziza yasinyiye muri Iran zidakwiye ntazopfa yunamuye icumu ndabarahiye ikibabaje ningene abarundi bemera umuntu abagura amaraso yabo mukuguma bareze amaboko aza araza gusobanura abo akererera wogirango nimpene canke inka ajanye kumacuniro nimutavahasi ngomwirwanire azobamara ndakurahiye
29 Ruhuhuma 2016, 08:42, par Mugenzi
Bagandagugwa abandi bavuka sinon nta Burundi bwoba bukibonekamwo abantu.
29 Ruhuhuma 2016, 08:46, par jean
mwikwegeyeko interahamwe none reka zibereke
29 Ruhuhuma 2016, 09:41, par turaje
uhishira umurozi akakumaraho Abana, izo nterahamwe mwahaye indaro zizabereka paka mubaye nka Congo, gusa mujye musakuza cyane ngo nurwanda, hahahahaha.
29 Ruhuhuma 2016, 09:53, par che
Sinzi nimba hari uwuryoherwa no kubona amaraso aseseska! ariko ababikora bose bamenye ko nabo bava amaraso kandi bikorwa nkivyo ntawe vyereye!
29 Ruhuhuma 2016, 10:06, par Falcon
Aka kagabo kiyita izina ryanje ngo falcon,wewe uri falcon fake jewe ndi Falcon orginal nkurumbi nakarwi kiwe bamaze inzirakarengane tugiye kubahagurukira,izo nterahamwe ziratumara,barundi bumutima twikureko nkurumbi nakarwi kiwe.
29 Ruhuhuma 2016, 11:30, par freedom
mana tabaru burundi
29 Ruhuhuma 2016, 11:50, par Musaga
Muratwenza ukerera abazamu agatera AMA grenade Muri bashiki na barumuna na banyoko banyu niwe mushigikiye ?nkurunziza ahibwo namese abo bamenjA basindumuja bafise imitima y ibikoko. Barahinyutse urugamba rwarabananiye none barikwica abanyiguhugu NGO amakungu aboneko hari ubwicanyi mwarahinyutse
29 Ruhuhuma 2016, 12:23, par Falcon (utarimbwa
Uwo mugambi ba Sindumuja bariko barakora bawita (bagamuhutu). Ubugome bwobwo babukomora kuri Buyoya na Kagame (intagondwa z’ibinywamaraso)
29 Ruhuhuma 2016, 15:22, par nina
Kandi ico bakoresheje mukumwica cavuye murwanda
29 Ruhuhuma 2016, 19:30, par turaje
mwarasaze kabisa, ngo cavuye he?
interahamwe reka zibereke
29 Ruhuhuma 2016, 21:11, par Sindingegera nka Turaje
@Turaje. Ntubeshye kuko izo ni inyenzi nkotanyi zamubaze. Nkuko zishe karegeya. Runyenzi afite amayeri menshi kuko ashaka gucanishamo abarundi.
29 Ruhuhuma 2016, 22:18, par joel
uwomuntu akwiwe kwicwa kuko alohava abamala!!
1er Ntwarante 2016, 22:49, par AUDACE NIYOMUREZI
ABOSE BAPFA N,UKUBERA NKURUNZIZA ATUMVA
IMANA NITABARE UBURUNDI
3 Ntwarante 2016, 14:04, par alidi Hicuburundi
EMWEEE CNDD FDD IMANA NIBISHURE IVYO MURIKO MURAKORA.NUBWENGE BWANYU BWINSHI,MWICHE NUMUZAMU KUBERA NTASOHORE AMASIRI ABONA MWIJORO.NUKURI NKURU WUZUYE AMARASO,IMANA NITANGURE KUKWISHURA HAMWE NIVYO BIKORESHO VYAWE.
29 Munyonyo 2016, 08:04, par Zilfa
Umuzamu yoba yitwande