Accueil > Amakuru > umutekano > Buyenzi nayo yatanguye imyiyerekano
Buyenzi nayo yatanguye imyiyerekano
mardi 26 Rusama 2015
Inyuma y’aho hari akarwi k’abasirikare n’abaporisi bashakiye guhirika ubutegetsi bikanka, komine ya Buyenzi ntiyari bwagire imyiyerekano.
Iyo komine yazindutse igira imyiyerekano kuri uyu wa 26 Rusama uwu mwaka. Abanyagihugu bo muri iyo komine isanzwe izwi nk’imwe mu zirangwamwo urudandaza cane, ibintu bikaba vyahagaze. Abari mu myiyerekano, bitije bimwe mu biduga vyapfuye bisanzwe vyuzuye muri iyo komine, bimwe baraturira, ibindi bazibiza amabarabara. Igiporisi kikaba cagerageje gushwiragiza abari muri iyo myiyerekano, kibanje gutera ivyuka vyokera.
Kuva kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 25 Rusama, abagira imyiyerekano, bagumye bashaka kwinjira muri iyo komine,bavuye mu makomine ya Nyakabiga na Bwiza ariko igiporisi kirabatangira. Nk’igihe c’isaha zitandatu. bashatse guhura n’umurwi wari hafi y’ahakorera ikigo INSP biranka, amasasu menshi akaba yaravuze, mbere umwe arakomereka rwose.
Aristide Nizigire
Messages
26 Rusama 2015, 12:10, par murundi
Ewe yemwe none tugiye kuba abande? Nyabuna nubwo bavuga ngo ababantu nutugwi mgb ndabona bahagaritse umutima wigihugu. Buke buke ndabona Leta itihutiye ikibazo c’abari mubarabara. Uburundi bwohava bufatwa. leta ninyarutse. Irabe ibikwiye twironkere amahoro.
26 Rusama 2015, 12:28, par HATUNGIMANA ISIDORE
Ariko Mana Tabaranya Ugire Ico Ukoze Murubu Burundi Bwacu,urabona Ko Abo Twita Incabwenge Iki Kibazo Cabananiye,tabara Utuyobore Nkuko Wayoboye Abisijayeli Ukabakiza Ingabo Za Falaon Gushika Mugihugu Cisezerano,ishaka Ryawe Niriranguke Mu Burundi,amen
26 Rusama 2015, 13:09, par muhizi
ari gouvernemebt y’uburundi,ari opposition na societé civile,qui vaincra?mbabazwa n’abariko bapfa
26 Rusama 2015, 13:27, par Mirenguko. Arfled.
NONE ABOBANTU BAGOMBA KUDUSUBIZA MWIHUMBI? TURASAVYE BADUHE AMAHORO TURARUSHE.
26 Rusama 2015, 14:20, par enisiri
ndababaze. mbega pita yitoje tukanka kumutora tugatora uwotwishakira tukareka kwihereza amabarabara ntitwoba tugize neza?
26 Rusama 2015, 14:33, par ndiho
nibasare nobaruha bazoreka nakare iyo komine yarangwamwo ibiduga vyishi vuapfuye nobabiturire bagabanye umwanda utema urwiwe bamutizumuhoro
26 Rusama 2015, 16:08, par Bakari
@HATUNGIMANA ISIDORE
"Nkuko Wayoboye Abisijayeli Ukabakiza Ingabo Za Falaon Gushika Mugihugu Cisezerano"
Icambere ntibavuga Falaon ni pharaon. Hanyuma ico nokubwira n’uko abo uvuga bashitse muri ico gihugu uvuga, amabwa bakorera abarabu basanzayo n’amananiza! Biraboneka ko uvuga ivyo udatahura ni bakubabarire!
26 Rusama 2015, 16:12, par Mutabazi Josué
Yoo!Imanan,itabareuburundi Icombona abanyeporitikebaribakwiyekuja Hamwe Bakunvikana kandi N amakungu Akanyarukirahagufi Kuri ico Kiringo ca3 Ca President Ndangiza Nvuga ati Burundi Busha Burangwa(amahoro , Ubutungane Bwiza, Nibindi Vyïza).
26 Rusama 2015, 16:50, par Christopher
Babiciye umukuru wabo Zedee Feluuzi.
26 Rusama 2015, 17:04, par Franck
jesintangajwe nabanyabuyenzi nabandibarinyuma erega nuwutazokwa mandat 3 izomikorako abavugangobavemwibarabara ngobajemumatora na cndd nukobamazekuyiba kuko cni niya pita
26 Rusama 2015, 17:15, par vuganeza
Abarundi nta kamaro ko kwirigwa tuboroga ngo mana,ni ugukora gusa ,none mwari muzi ko abatutsi bishe Feruzi pourqoui?Kwari ukugira abaswahiri bo mu buyenzi nabo bagumuke kugira ama quartiers contestataires abe menshi.Vuba bazokwica uwundi nka musenyeri par ex,ntimuzotangare bientot mubonye ibikanzu n’ibikofero ku ma barricades!
26 Rusama 2015, 18:26, par OKAY
@Vuganeza
Hahah Haratanguye kubaba. Mwaragiye muja kwica ZEDI mwibagira ko ari nko gusesa igitoro mumuriro? Abahutu twese turiyamiriza Nkurunziza ndibaza ivyo urabizi. Ako kagera kamacakubiri nako gushaka guhumya abantu. Iyo abo mwishe bose baba bishwe nabatutsi nari kugutahura. Ariko muri Ibinywamaraso vya shetani pe! Murajaniranya Abahutu, Abatutsi, Abatwa, eka n’utwana twose mwarishe. Ubu rero murabonye ko Igihugu cose Gifatanye Munda kwikurako Uyu mutwaro w’aba dd, none nawe uriko ura fwangagura ivy’abatutsi n’abahutu? Hahahaha Iryo nigere ryanyuma. Rindira Uzoraba imperuka yibi vyose. Ko natwaduhera igisoda cari cabitse ya ratio agiye kuyabaka ngo baterere umugambi wiwe nako amatora, Nibo nyene bazomuhitana hahahaha Aracari inyuma wamwana we
26 Rusama 2015, 19:47, par bujanju
kwel abarundi turahanzwe
26 Rusama 2015, 21:14, par ninja
yemwe reka gutabagura igihugu camyu muturira ivyobafashije ejo haziza muzobirondera mutabibona
26 Rusama 2015, 22:51, par VENANT KAMBIKIYE
NUKURI BENE WACU KOMERA KUMUHETO NAHO MURHKO MWICWA BUNYAMASWA IKINEZERA NUKO MWEREKANA UMUTIMA WOGUKUNDA IGHUGU IVYISI BIRARYOSHE ARKO NTAWOPFA ABMAZE
27 Rusama 2015, 05:59, par vuganeza
@OKAY
Uri umusazi,weho uje utazambaye ,abahutu bose biyamiriza Nkurunziza ?j’aimerai bien voir ça,wabimenyeye he ko nimba uri umuhutu uri muri twa tudumbidumbi dutinya amatora nk’iyiraswhe,genda kuri terrain aho abandi bariko bagira imyiyamamazo wirabire akayazwe idiot,urya ni agati gateretswe n’imana ntimukorako muri imbwa ,nayo ishavu ry’imbwa riherera mu murizo.
Oh pauvre Feruzi ari parmi ces hutus baja ngaho ngo nta moko ahari kumwe kwa ba mayugi na rochereau le pauvre,nta kundi mwene abo umuntu araheba,mbega umuhutu aba mu ngagara quartier 4 impande ya barricades au milieu y’abo ba sans echecs buba bwanyoye urumogi bwirigwa buturira abantu mu ma pine yari yizeye iki,n’abandi bahutu bose babonereho uwubagize abagenzi akabizera impembo barayibonye,moi sans te mentir mvuga nti reka abo bahutu bafise imitima myiza muze murabampera indero,yayerera mw’ijoro ajahe au milieu de ces al chebab enragés ,attend!Abo baswahiri ni bo mwaronsemwo des alliés laisse moi en rire !!Ntaco mvuze!!
Abahutu bishwe ni mwebwe abatutsi mwabishe,ni mwebwe mwakereye barya babikira,ni mwe mwaturiye amasoko inganda murasasika kugira muteranye abahutu,ahubwo ni mwe mwamaramaye ntimwashoboye kuba divisa,abakibakurikira nabo turabazi turababona ku ma foto jewe ndaziko abatutsi muriko murabavugutira umuti ndakurahiye ntibazoteba gusubira mu ruhongore si kazima mutanguye kubaha ishano mu ndya no kubita imbonerakure abumva barumva abatumva ni bake tuzobaheba!
On est des pacifistes nous les dd mudushakako iki?Arretes de m’énumerer les scenarios qui peuvent arriver,umugabo arinda akaje ndakurahiye ntawugikangwa nizo bla bla zanyu,turamutora kandi turanseko mutumadika ku bazungu musangiye amanyanga mwebwe muzinanyimwo natwe tuzi,genda mube i wabo ,ico gisoda ni ikihe?Ehhh,kumwe hapfa ndadaye ntihapfe ba ndadaye bihende bamukoreko ico mwirabira muzokubitwa nk’imbwa yaneye mu nzu nije ndabikubwiye!!!
27 Rusama 2015, 07:07, par emma
emma
yemwe bantu bo mubuyenzi reka guhendwa niyo mihimbiri yihaye konona amabarabara eheraba namwe barabateyemwo ikibi cokonona aho mubaye ntimumere nkabuterere bazibiza amazira ntoke mwibarabara, buyenzi ndabahanuye ni mufatane nkabavukana murakoze
27 Rusama 2015, 07:20, par j.pierre ndayishimiye
uyo avuga ngo abahutu benshi uyo we biramunaniye nimba aribenshi ingo tuvyerekanire mu kazu kamatora.kuko mutari benshi muja mwibarabara ngo amakungu abatahure ihibambewe ubu barabahinyuye mwumvise ko bose bavuga tuje mumatora,muragowe erega harageze ni le05/06/2015.
27 Rusama 2015, 07:22, par j.pierre ndayishimiye
uyo avuga ngo abahutu benshi uyo we biramunaniye nimba aribenshi ingo tuvyerekanire mu kazu kamatora.kuko mutari benshi muja mwibarabara ngo amakungu abatahure ihibambewe ubu barabahinyuye mwumvise ko bose bavuga tuje mumatora,muragowe erega harageze ni le05/06/2015.
27 Rusama 2015, 16:45, par Ntahomvukiye jean baptiste
benegihu mushakamwovamumyiyerekano kuko uwusiwomutikubibazobihanze uburundi
28 Rusama 2015, 05:39, par Nigaba Diogène
Iyo Myiyerekano Nibayire Sinyishu Yivyiyumviro Vyabanyagihugu Kandi Bameko Inyishu Nziza Izova Mumatora.