Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Buyenzi : Umutama w’imyaka 60 yishwe akerewe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Buyenzi : Umutama w’imyaka 60 yishwe akerewe

Buyenzi : Umutama w’imyaka 60 yishwe akerewe

samedi 19 Ntwarante 2016, par egide

Ikiziga c’umutama w’imyaka 60 catowe muri zone ya Buyenzi, komine Mukaza, mu gisagara ca Bujumbura. Abamwishe baramukereye.

Ico kiziga catowe mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu kw’ibarabara rya 13 nomero 32 muri zone ya Buyenzi.

Abagandaguye uwo mutama ntibamenyekanye, ikiziga ciwe kibaka caciye kijanwa mu buruhukiro.

Uwo muntu agize gatandatu yishwe akerewe mu kiringo c’amezi atatu gusa, mu gisagara ca Bujumbura.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.