Accueil > Amakuru > umutekano > Bwiza : Abantu batatu bishwe, bane barakomereka
Bwiza : Abantu batatu bishwe, bane barakomereka
lundi 16 Munyonyo 2015, par
Amasasu menshi yarumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana muri zone ya Bwiza, abantu batatu akaba aribo baguye muri ivyo bitero vy’abantu bataramenyekana, abandi bane barakomereka.
Muri ivyo bitero vyabaye muri bice bitandukanye muri zone Bwiza mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana rishira uwa mbere, kw’ibarabara rya gatanu, umunyagihugu umwe niwe yitavye Imana, akaba yahora akora akazi ko kwunguruza abantu ku makinga. Kuri iryo barabara nyene rya gatanu, uwundi muntu umwe yarakomeretse.
Mu bunywero bita Escotis buri mu Bwiza kw’ibarabara rya kane, harabaye naho nyene igitero cahitanye abantu babiri, abagera kuri batatu nabo barakomereka.
IGIHE
Messages
16 Munyonyo 2015, 13:09, par KAJISHO BUNZA
Ayo ma mandat mwihaye kunguvu ndabarahiye atazotumara twese arikoi nimushitse ivyahanuwe kuko niko vyanditse ngo isi yose izokwiramwo intambara n’impuhwa z’intambara
16 Munyonyo 2015, 13:59, par Kegis
Abo bakoze ivyo ni ba Sindumuja ntabandi. Mwibuke ko barongowe na NYANGOMA
ariwe yigisha ngo I NIVEAU N’ UGUTWI afatanije na NTIBANTUNGANYA.
16 Munyonyo 2015, 14:07, par NTAHOMBYE DOMINIque
manatabaruburundi ahandiho turaherape nonehabuze iki aboyvegabajemu biganironaTwetwiro nke amahoro
16 Munyonyo 2015, 14:27, par Ruboro Pacifique (CNAREC)
Abo bantu babiri bitabye Imana aho ntibari bitwaje ibigwanisho
16 Munyonyo 2015, 14:27, par Ruboro Pacifique (CNAREC)
Abo bantu babiri bitabye Imana aho ntibari bitwaje ibigwanisho
16 Munyonyo 2015, 14:59, par baratuzwa
baracapfa kuko ntamutekano uzoboneka mu burundi hatabaye ibiganiro
16 Munyonyo 2015, 17:46, par Iranzi Djuma
Jewe Mbona AUburundi Mbona Bugezekure Kubijanye N’ubwicanyi.Nosa Ko Imana Yotugarukirko.
16 Munyonyo 2015, 19:09, par nsabiyumva
Is only Jesus Christ,wil save us
16 Munyonyo 2015, 19:14, par charity
none kw’abaporisi bamaz’imisi basak’ibigwanisho,kandi bakemeza ko babimaze! none ntiwumva ko ivyo bikogwa n’abapolisi n’imbonerakure? kuko nibo basigarany’ibigwanisho.
16 Munyonyo 2015, 20:13, par Kibiriti
Ko Abantu barikobarapfa Tubibazende? Kotuzibigwanisho Bifise Ababifitiye Uruhusha??Murarabeneza
16 Munyonyo 2015, 20:27, par kizigenza
CNREC imeze nabi kubona umwe mubayobora yitwa Ruboro (Pacifique)
16 Munyonyo 2015, 21:14, par kubwima fer
ajd
16 Munyonyo 2015, 21:27, par Firmin
None Ga Mana Uzogarukira Uburundi Ryari ?
17 Munyonyo 2015, 05:35, par Munirwahore.
Vyabuze Mu Burundi. Nn Intango Wubwicanyi Uva Kuki? Nabarabe Neza Ahandih Turahonye Twese. Nakare Ngo Aho Ipfyizi Zirwaniye Ubatsi Nibwo Buhagwa.
17 Munyonyo 2015, 14:05, par NTILA
NONE ABOGA SABASE NDEDE
17 Munyonyo 2015, 14:45, par nduwimana.Richard
kibiriti.Rekakuvuga.Ukokuberakohari.Uwutipfuriza.Amahoro.Uwundi
umenyenezakohanzehari.Inkozizikibi
17 Munyonyo 2015, 17:52, par Leonidas
AHO MURAGABA TUBIRAVYE IVYO BITERO NINKABIMWE VYO 2010
17 Munyonyo 2015, 19:51, par Ernest ruyigi
Ariko ababikor kamba bibaz ko aribobabaremy?kuk ntivyumvikan .
17 Munyonyo 2015, 22:17, par Kabura Désiré
Mana Garukira Uburundi Kurya Ariwe Uganza Ugasabwa Nanone Abantu Twagwira Gute Barakenyeye Basombe Umwumwe Bazoshika Ryari Ariko Bibuke? Ko Ukora Iciza Ukagisanga Imbere Wakora Ikibi Kikaguhitana reka Igihugu Uwukiriko Agitware Sumwana Aragishoboye Atarekuye Ntaho Bazoshika
17 Munyonyo 2015, 22:19, par Kabura Désiré
Mana Garukira Uburundi Kurya Ariwe Uganza Ugasabwa Nanone Abantu Twagwira Gute Barakenyeye Basombe Umwumwe Bazoshika Ryari Ariko Bibuke? Ko Ukora Iciza Ukagisanga Imbere Wakora Ikibi Kikaguhitana reka Igihugu Uwukiriko Agitware Sumwana Aragishoboye Atarekuye Ntaho Bazoshika
18 Munyonyo 2015, 05:49, par Jerdin
Mana Ndakwinginze Wiheshe Icubahiro Ugarukire Igihugu C,uburundi .
21 Munyonyo 2015, 13:45, par placide ntirampeba
Je,lini burundi itapat amani ya ukweli?muung utusaidiy.
19 Ruhuhuma 2016, 22:53, par ALUFAJIRI
UBWICANYI BUBA GUTE KANDI UMUBURUNDI BURONGOWE NABAMA MURUSENGERO BAME BAVUGA IVYO BAZI AHANDIHO IMANA IZOBATURIRA.