IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Imyiyerekano yasubiye kuba

Cibitoke : Imyiyerekano yasubiye kuba

vendredi 12 Ruheshi 2015

Imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza yasubiye kwibonekeza muri amwe mu makomine y’igisagara ca Bujumbura.

Muri komine ya Cibitoke ku Mutakura, amakuru dukesha bagenzi bacu ba SOS Medias Burundi, avuga ko kuva igihe c’isaha icumi na zibiri n’igice z’igitondo, abagira imyiyerekano bari bayitanguye. Amabarabara nayo bakaba bayimba, gutyo bakabuza imiduga y’igiporisi kuhashika.

Ariko rero imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, ikaba itacibonekeza rwose mu makomine ya Kanyosha na Musaga, mu gihe izo komine ziri muzakoze iyo myiyerekano rwose, mu kwezi kwa Rusama.


IGIHE

Messages

  • IMANA YACU IRAHAMBAYE.MUTAKURA NIHAMVYE MUSAGA NA NUAKABIGA IREKE GUHENDWA.BIBUKE KWAYO MABARABARA NONONA ARIBO BAZOYUBAKA .BAREKE KWISAMBURIRAKO NKIMPENE!!

  • Ewe nkuru urahanze abana bigihugu!!!! Nawe amakugu arakubo tu abarundi bazoba bakiriho utishe baze barabe amaherezo yawe

  • Ngobiyimbiyeko amabarabara ngokugira imiduga yigi porisi ndirengare!? Ukwonugutesha agaciro kiryobarabara ryanyu. Abandi twirirwa turasaba kutwegeeeza igi polisi hafi namwe mukacirukana!?.

  • abo babita imburakimaz abandi bazindukir kukazi nabo bagahembwa urumogi kuber kwirigwa muma barabara. barabesha bazovayo bimyiza ibamfu

  • None Ayo Mabarabara Bimba Niyo Bafitaniye Ingorane Za Mbonerakure Ziragishibije Bamwe Batuka Umugambwe Cndd-fdd N.Urwaruka Rwawo Bizoteba Bimenyekane Ako Kagabo Kambay,upira Iyo Si Inkoho Muraraba Neza Twivune Hakiri Kare

  • imyiyerekano yakogwa nabahutu tutaramenya ubwenke abatutsi bahaye badukina non’ubu twayivuyemo turabe izonyenzi kozizoyibandanya. mbe mubonaribangahe rekandabaharure 1,2,3.... .... 15 nabantu 15 gusa noniyo nimyiyerekano muburundi haramahoro cen niduhindurire ikirangamis camatora yabejo twitorere nyenicubahiro peter nkurunziza tuzobatware nkuko twishakiy izombwa zabatuts hahahahaaaaaaa intsinzi niyacu abahutu bincabwenke

  • JE MBONA TWOSENGA IMANA IGATABARA UBURUNDI KUKO INYISHU IBONEKA MUGUSENGA NTIBONEKA MUKUJA MWIBARABARA

  • NGO ntimuri Abaja turamaze kumenya
    ICO muba muvuze sha….imyaka yose
    abatutsi batwara kuva kumtwaro za
    CAMI abahutu bari abaja babo,ivyo
    ntitwobitebako nuwuvutse uyumusi
    arabizi,bisigura ko UMUTUTSI ATARI
    #UMUJA rero iyo muvuga NGO
    SINDUMUJA muba mushatse kuvuga
    neza muti #NDUMUTUTSI hanyuma
    mugaca muhenda abantu NGO
    ntavyamoko birimwo???
    twarabahinyuye murawatse ubu twese
    turi abasoda

  • None abantu icumi nibo muvuga ngo bari mwibarabara.yewowe ibinyoma by’abanyamakuru tura bizi. Izo nkozi z’ikibi se
    Hari uzitayeho. Abo basongareri ibyabo byararangiye. Amakuru avuga ko abafite umugera wa sida aribo basigaye biha ibarabara

  • ni bareke kudukwegera twebwe abatutsi barashobora kuja mw’ibarabara baboneka ko ari bonyene ko abahutu babidutanye tuvyihoze ntibizohave bivamwo inryane z’amoko kubere ikiringo c’imyaka itanu kandi uburundi buzokwamaho.umwumwe wese yaba uwushigikiye peter canke uwutamushigikiye yibaze ati : ibi ndiko ndagira abantu bazobinshimira imyuma ya 10 ans?

  • mubisazwe.jendikondaraba
    pita.niyunve
    arekane.nagapingi.nimba.atarabanindakimukunda.nibibiba.turabona.nabandi.nibunve

  • @ ziggay, wihenze gatoya guharura jewe ngaharuye nsanze bashika 19 ngirantiwariwabonye abarinyumayabandi bashikabane (4) bafise nutuntu tumeze nkudukoho nu tugrenade. Hanyuma hariho akandi wihenzekogatoya sabatutsi bose biyemeje gusuzuguza igihugu cabo (cacu) abeshi nabariko baranegura imyifatire yabobatutsi bintagundwa, eregaburya numubahutu harimwo ibirwarudubi bigendesha umutwe nkuruyuzi bikaza gukata ikona aruko umutwe usekuye kugiti canke kukindikintu.

  • Ntasoni!Imburamurimo Ziri Gwamwbarabara,vyinagiranimwaruha,muzotaha.Hamamubemwararondeye Ivyokuri Hibintuvyabandi Jewntawo Natumye Mbekomurikomwi Ruka Muzoba President Mwese?Muribitazati

  • ko nininahazwe adatanga amabwiriza yejo!!bugdet ye yarakamye ou bien

  • Nibahebe kwisamburirako nkihene ayandi ma quarter bazinduka gukora nano mwibarabara barahenzwe kuko ababatumye bobarikudandaza about nyene nibaje mumatora batore uwobagomba

  • Nibareke,imanayikorere Mbe,kotugiyekumarana Turibamwe.Iherezo Niryahe? Managarukirubundi.

  • Nimurindire babapfunge murabe!ko ivyomwaharaniye bibananiye batama hazobaba!kandi muzoba murambwira?mwaritaye murudubi!

  • ntakund natw twari twItanze kare na kare ark ntabwo twicay.twe tuzokora gushika kukanyuma

  • Rwaruka muhbe mwismburir ko nkintma?birbabaj!amabarbara yo mupfki?haranira amahoro n’iterambre ahuri hose.hesh’agateka ighugu caw.

  • NONE NIYAHERA IMYIREKANO PER YAHEVY 3E MANDAT ABAPHUY BAZOBAZW NDE?

  • NONE NIYAHERA IMYIREKANO PER YAHEVY 3E MANDAT ABAPHUY BAZOBAZW NDE?

  • Burya Mutama Byamushyeshye! Narekure Akiri Muzima! Njye Ndabona Arushe Pe!

  • murizi nkuru harabantu baguma bashaka kuzana ivyamoko ngo abatutsi ngo nibo baja muibarabaraa nabahutu turimwo na batwa turimwo muga bincabwenge bazi amasezerano yiyarusha ico yatumariye ivyubwoko rero ntimubiigumeko ababivuga bishwe nasebuja nkurunziza afise umugambi wihonya bwoko ariko ico ntikigikunze kuko abatutsi bumutima nabahutu bumutima twaramaze kuibanira neza tunahana nabageni iyo migambi ya pita yokugaruka amoko ni zero turi umweee

  • murizi nkuru harabantu baguma bashaka kuzana ivyamoko ngo abatutsi ngo nibo baja muibarabaraa nabahutu turimwo na batwa turimwo muga bincabwenge bazi amasezerano yiyarusha ico yatumariye ivyubwoko rero ntimubiigumeko ababivuga bishwe nasebuja nkurunziza afise umugambi wihonya bwoko ariko ico ntikigikunze kuko abatutsi bumutima nabahutu bumutima twaramaze kuibanira neza tunahana nabageni iyo migambi ya pita yokugaruka amoko ni zero turi umweee

  • nukubandany gushik ahevy mand yagatatu tubarinyuma

  • Umwe Wese Yubah Mugenz We Mushir’imbere Ibibahuza Nayo Ibitanya Mubiter’umugmgo Kand Amahoro Nyakuri Atangwa N’Imana hapfuye umwan1 mubana10 Iwaw Ntabar’amahoro Umuntu N’umuntu Nt’akanyegeri N’inzovu Biriho

  • kanyosha nubwo police yabarashe cane ibasanga nomumazu harbonetse itsinzi barcikazanura kko urgamba rutnguye ruba ruhze komeza gusenga

  • kanyosha nubwo police yabarashe cane ibasanga nomumazu harbonetse itsinzi barcikazanura kko urgamba rutnguye ruba ruhze komeza gusenga

  • jenosaba ko pita yorekura tukaronka amahoro kuko turarushe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.