Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Inkoho nyinshi nizo zihumvikana
Cibitoke : Inkoho nyinshi nizo zihumvikana
vendredi 29 Rusama 2015
Muri komine ya Cibitoke, amasasu menshi niyo ahumvikana mu gushwiragiza abari mu myiyerekano.
Abariko biyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza nabo, bakaba bavuza amafirimbi, ikimenyetso co guhamagarana, kugira babandanye imyiyerekano, kandi ari benshi. Naho biri uko, ibarabara ryose ryo muri iyo komine gushika ku Mutakura, ricunzwe n’imiburiburi, umuporisi umwe. Abari muri iyo myiyerekano bagize barasohoka, urusasu ruca ruvuga. Abasirikare nabo nyene, bamaze kuhashika, kandi si bake, nabo barasa hejuru, mu gushwiragiza abari mu myiyerekano basa n’abarinze igiporisi.
Muri ico gihe, abari mu myiyerekano bashwiragijwe, imiduga isambura amabariyeri y’abagira imyiyerekano, iri ku kazi muri iyo komine. Amwe mu mabarabara y’iyo komine akaba azibijwe amabuye, amapine yaka umuriro, n’ibindi.
Aristide Nizigire
Messages
29 Rusama 2015, 15:26, par Bucumi
Mana urabe uburundi abantu batarenze bane abaribo bonona igihugu?opposition mukananigwa nukugwanira abene gihugu,bazofute igihugu c’uburundi bacomeke kuri tanzania.abantu barapfa ibintu bikononekara none tumaze iki?ibiriko bibera muburundi ntanumwe yoseruka akarasa ubwo butegetsi? Bintu iyo vyanse kuneza bashira munguvu. I
29 Rusama 2015, 15:39, par kubwimana thierry
Nkurunziza Arakunda Aben Burund??Bayoo Nagir Ico Akoz Kumbur Turab Ko Amarira Yova Imber Y’Imana!!
29 Rusama 2015, 15:40, par kubwimana thierry
Nkurunziza Arakunda Aben Burund??Bayoo Nagir Ico Akoz Kumbur Turab Ko Amarira Yova Imber Y’Imana!!
29 Rusama 2015, 15:52, par Gushima
Mana tabara igihugu cawe
29 Rusama 2015, 15:55, par Gushima
Mana tabara igihugu cawe
29 Rusama 2015, 16:10, par Bucumi
Tuzi ko igiporisi ari ca petero mugabo igisirikare kuberiki catekereje kibona amabi igiporisi kiriko gikora?bazobibazwa barindire inzego zihinduke bibaza ko igihugu batavutse bagisanga ese kuva twikukira kugeza ubu,nibangahe bamaze kugitwara?Uyu rero niwe agomba akigire ikiniro ryiwe abanyagihugu ntitizomwemerera nagato.
29 Rusama 2015, 16:32, par vuganeza
@Bucumi
Nanje ni vyo mvuga bucu,abo bagira imyiyerekano,bagaturira abahut mu ma pines ,bagashira amakaka ku ma barrières,bagaturira ama banki bakica abo muri opposition,ni ukubarasa,ikibi c’aba dd ni abanyamahoro!!
29 Rusama 2015, 17:39, par Mbonimpa
Nkurunzizawe,uzoze Mu Rwanda Umusaza Akumenere Ibanga ry’ivyo Agirira Abanyagwanda Kugirabamukunde
29 Rusama 2015, 19:28, par KING
MBEGA ABATUTSI BARAMENYERWA?USHAKA AZE MUMWICE KUMWE MWICA NTARYAMIRA?TWARABAHINYUYE BASHA.
29 Rusama 2015, 23:47, par Nulu
Nibareke imyirekano.umukuru wigihugu nawe tumureke yitoze ubwanyuma.
30 Rusama 2015, 10:05, par rutumo jean
izo mbwebwe bishe umuntu bamuhamba nk’akayabu none bariko bakoma induru ngo barabarasa. ivyabo bigiy kuja ahabona
30 Rusama 2015, 10:45, par Melchiade
Vuganeza Ndakuramukije Bucumi Ngira Yibajije Ko Ari Bimwe Vyakera Bari Baziko Abahutu Bazobasubira Nka Za 62. 72 Na93 Barawatsa Ubuho Ntanuw,impashi yosigara .Ikibi C,abadd Nuko Bashize Imana Imbere Nayahandi Har,ubwoko Bwokwibagiwe Mu Burundi Naho Vyobaye Guteran,igipfunsi Gusa Ariko Kubwo Guseng,imana Nibigire Ivyo Bashaka Mugabo Bakure Mumutwe Ko Nkurunziza Atarota Asokora
30 Rusama 2015, 21:09, par Jean-claude Yibuukabayo
Mbenone,kuzibiranya,umwenegihugu,niwo muti?Nibabareke,berekane,akababaro,kabo.
30 Rusama 2015, 21:47, par MH
INYISHU YUBURUNDI IRAGOYE GUTORA KAND ABO BAJA MUMYIYEREKANO BAGENDE NEZA KUKO IVYO MU BURUND NI DANG BOS BAPFA GUTWARA NONE TWE BADUHORA IKI??
31 Rusama 2015, 22:22, par SHARBON NYUKIRIYA
none niguki abaporisi barasa hejuru birirwa baronona ayoma soro nibabamene imitwe abobantu murabeko babandanya gushira izarinda mwibarabara canke mubaduhe twebwe nivyo bikoresho tubereke icabujije inkoko gusoba!!!!!!!
1er Ruheshi 2015, 07:50, par Ngendakumana cloude
sha ndazi neza komucamanza wukuri ari Imana yaba nkurunziza canke abatamwemera hazotwara uwo ishaka nayo uwo idasha mugombe mukoreshe inguvu zinga gute muce kubiti nokumabuye ntabwo muzokwigera mushika kuvo mushaka Imana irabaraba ivyo mukorara vyose abica abandi bazovyishura Imana ikora kumunota wanyu mwari mukwiye kwicara mwese mugatekereza mukabaza Imana uwo ishaka ko yotwara igihugu cacu murakoze
1er Ruheshi 2015, 11:08, par UMUNYARWANDA
nimusenge IMANA IBATABARE .NKURUNZIZA NAREKURE UBUTEGETSI IGIHE CYE KIRARANGIYE.
1er Ruheshi 2015, 11:08, par UMUNYARWANDA
nimusenge IMANA IBATABARE .NKURUNZIZA NAREKURE UBUTEGETSI IGIHE CYE KIRARANGIYE.
1er Ruheshi 2015, 11:36, par JeandeDieux
Gewe Icyonumvanukonkurunzizayagumaho Akayobora.
1er Ruheshi 2015, 17:27, par GILBERT
IBRIKO BIBA HIYO BITERWA NUKO ABAKURU BATAJA HAMWE NGO BIGE UKUNGENE VYOTORERWA UMUTI KUBWIVYO NUGUSENGA AMATORA AKAZOHERA NEZA C