Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke: Umuntu umwe yarapfuye uwundi arakomereka bahitanywe n’amasase (...)
Cibitoke: Umuntu umwe yarapfuye uwundi arakomereka bahitanywe n’amasase y’igipolisi
jeudi 6 Myandagaro 2015
Umusore azwi kw’izina rya Paul Ramazani batazira Rachid yari asanzwe akora akazi ko gukora imiduga yaritavye Imana ahitanywe n’amasasu yarashwe n’igipolisi.
Vyose vyatanguye ku mugoroba wo kuwa gatatu igenekerezo rya 5 Myandagaro 2015 aho abapolisi biyegeraniriza muri komine ya Cibitoki ku mabarabara ya 10,11,12 na 13.
Bashitse kw’ibarabara rya 13 baciye batangura kurasa,abanyagihugu barashwiragira,ayo masase nyene yaciye akomeretsa uwundi musore Mechack Ramazani w’imyaka 15,wo mu muryango wiwe .
Paul Ramazani azwi cane kuko yakoze imyiyerekano yo gukingira ibwirizwa nshingiro n’amasezerano ya Arusha biciye mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu.
Van Naris Mugisha
Messages
6 Myandagaro 2015, 11:16, par juma
Iyo mutanga inkuru muzohore mubanza mutohoze neza kandi mumenye ko inkuru mutanga zisomwa nabantu bafise ubwenge mwotwumvisha gute ngo polisi yiyegeranije itangura kurasa abanyagihugu suko vyagengenze kuko niho twari
6 Myandagaro 2015, 12:20, par KIRIMWABAGABO MODESTE
Nibaza komwatanze amakuru mwabonye nivyo vyiza,kandi murijisho ryacu
6 Myandagaro 2015, 12:48, par habonimana vincent
IVYO MU BURUNDI TUBIRINDIR KUKO BAZOSANGA BARIKO BATWARA IMVA ABANTU BARAHEZE
6 Myandagaro 2015, 13:12, par Kanyiaha
Sukwovyagenze yemwe! Hanyuma ninabwonumvise ijamborivugango hariho abiyerekanye muntumbero yogukingira immbwirizwashingiro namasezeranto yi Arusha!
6 Myandagaro 2015, 13:20, par eric
mbekomuvuga igiporisi nicikimenyesha makurucanyukirahe gamye abarasa abaporisitwarababo namucibitoke bajanye ibarabara gya 12na13mbakamunyabageraba rasimbabacainyumaya hop mbakamu ngagara turigahoturabibo na ntimunzemurabeshera igiporisimu cambikibara
6 Myandagaro 2015, 14:29, par ntibirahera
Ntakindi bri bashaka atari uwo nyen yapfuy mgbo ababigira bibukeko na adolphe yaray apfuy kd. Bibukeko amazu yabo nabo araba hasi
6 Myandagaro 2015, 14:33, par jerome
Umunyango niwingane bazobamara nabasazi gusa uwukoye urumogi rubagwaramwishe
6 Myandagaro 2015, 14:33, par jerome
Umunyango niwingane bazobamara nabasazi gusa uwukoye urumogi rubagwaramwishe
6 Myandagaro 2015, 14:33, par jerome
Umunyango niwingane bazobamara nabasazi gusa uwukoye urumogi rubagwaramwishe
6 Myandagaro 2015, 14:33, par jerome
Umunyango niwingane bazobamara nabasazi gusa uwukoye urumogi rubagwaramwishe
6 Myandagaro 2015, 14:33, par jerome
Umunyango niwingane bazobamara nabasazi gusa uwukoye urumogi rubagwaramwishe
6 Myandagaro 2015, 14:33, par jerome
Umunyango niwingane bazobamara nabasazi gusa uwukoye urumogi rubagwaramwishe
6 Myandagaro 2015, 14:33, par jerome
Umunyango niwingane bazobamara nabasazi gusa uwukoye urumogi rubagwaramwishe
6 Myandagaro 2015, 17:47, par Kirakuvumbika
Yemwe Ivyo Mu Burundi Biragoye Pe! Mbega Abantu Basigaye Bicwa Nk,impene Ziri Kumacuniro? Yaba Baribazi Ko Kw,iyi Si Tuhamara Akanya Gato! Ariko Ntamvura Idahita Intahe Hasigaye Akanya Gatoya Igafata Ijambo! Abakora Ivyaha Bibonereko Na Cane Cane Abo Bigira Intakogwako Bagiye Kwibonerako.
6 Myandagaro 2015, 19:17, par theophile
mana tabara uburundi nabarundi.nabawe.bahoraniki?politique nainza niyinwanisha.
6 Myandagaro 2015, 22:05, par Seremani Amani
None ga yemw biraciy ingani nyen igiporis kib arico gisigara ciharij genocide?cnk niza mbonerakre baha zankoho?nn bashaka k ubujumbur buba ubwa ba dd gusa?barabesha sh,mpaka ukuri kuzotsind ikinyoma!
8 Myandagaro 2015, 05:02, par Mzehe
Uwuzokwitega isegenya izomuhitana
10 Myandagaro 2015, 21:08, par THarcisse
Ndahojeje Imiryango Yabuze